{"id":21091,"date":"2020-09-23T10:39:00","date_gmt":"2020-09-23T10:39:00","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=21091"},"modified":"2020-09-23T10:39:00","modified_gmt":"2020-09-23T10:39:00","slug":"mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/","title":{"rendered":"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane"},"content":{"rendered":"<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-21105\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/09\/PhotoGrid_1600856755668.jpg\" alt=\"\" width=\"1365\" height=\"1024\" \/><\/p>\n<p>Inyuma y&#8217;ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y&#8217;ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi.<\/p>\n<p>Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse, eka n&#8217;ukwitaba Imana navyo bishirwa ku meza akatari gake. Uwo muririmvyi ntiyigeze agira ico abishikirijeko haba ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe canke mu binyamakuru.<\/p>\n<p>Aha muri kino gihe muri Tanzania, yagiriraniye ikiganiro na Isaac Tv bamubaza ku bijanye n&#8217;ubuzima bubi bivugwa ko abayemwo, n&#8217;ico we bimukorako, aho we avuga ko iyo ataremvye,ngo ubuzima buba bumeze neza. Igituma ngo nuko yabayeho mu buzima bubi kuva kera, none yamaze kubumenyera.<\/p>\n<p><strong><em>&#8220;Ubuzima bubi ndabubamwo kuva kera, umengo nabukuriyemwo. Hari igihe usanga ndaburimwo, ariko sindabimenye, uwundi muntu akabona umengo ni bubi. Hari n&#8217;ubuzima nigeze gucamwo kera, bw&#8217;i Mutabira, abantu bakambwira ngo burya buzima bwari bubi, ariko nabona umengo ni bwiza. Kuri jewe ngira vyarangoye kumenya ubuzima bubi na bwiza, jewe ubuzima ndabubona bubi amagara ameze nabi, nimereye neza, ni sawa tu.&#8221;<\/em><\/strong><\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Kaka Boney yafashije abari i Kigali | Steven Sogo nawe yarashimye ivyashitsweko n&#039;Umuduri Band\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/T-WpzmE4qls?start=145&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p>Mkombozi uno musi akaba avuga ko ariko akora urukurikirane rw&#8217;indirimbo, naho atavuga izarizo. Urwo rukurikirane rukaba ruriko rukorerwa muri Tanzania.<\/p>\n<p>Nayo mu miyaka 5 iheze, Mkombozi yarabonetse kandi mu bihugu vy&#8217;Ubugande n&#8217;Urwanda aho yakoreye ibiteramo bitari bike.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y&#8217;ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y&#8217;ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse, eka n&#8217;ukwitaba Imana navyo bishirwa ku meza akatari gake. Uwo muririmvyi ntiyigeze agira ico abishikirijeko haba ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe canke mu binyamakuru. Aha muri kino gihe muri Tanzania, yagiriraniye [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":21105,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516,1],"tags":[],"class_list":["post-21091","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news","category-uncategorized"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma y&#8217;ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y&#8217;ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse, eka n&#8217;ukwitaba Imana navyo bishirwa ku meza akatari gake. Uwo muririmvyi ntiyigeze agira ico abishikirijeko haba ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe canke mu binyamakuru. Aha muri kino gihe muri Tanzania, yagiriraniye [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-09-23T10:39:00+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/\",\"name\":\"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-09-23T10:39:00+00:00\",\"dateModified\":\"2020-09-23T10:39:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma y&#8217;ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y&#8217;ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse, eka n&#8217;ukwitaba Imana navyo bishirwa ku meza akatari gake. Uwo muririmvyi ntiyigeze agira ico abishikirijeko haba ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe canke mu binyamakuru. Aha muri kino gihe muri Tanzania, yagiriraniye [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-09-23T10:39:00+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/","name":"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-09-23T10:39:00+00:00","dateModified":"2020-09-23T10:39:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mkombozi-ngo-ntagitandukanya-ubuzima-bubi-na-bwiza-kubera-kubaho-nabi-cane\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Mkombozi ngo ntagitandukanya ubuzima bubi na bwiza kubera kubaho nabi cane"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/21091","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=21091"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/21091\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":21108,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/21091\/revisions\/21108"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/21105"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=21091"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=21091"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=21091"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}