{"id":2148,"date":"2019-02-12T20:40:42","date_gmt":"2019-02-13T03:40:42","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=2148"},"modified":"2019-02-12T20:40:42","modified_gmt":"2019-02-13T03:40:42","slug":"koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/","title":{"rendered":"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe"},"content":{"rendered":"\n<figure class=\"wp-block-image\"><img decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/02\/49472610_231468464399707_5033325455548907608_n.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-2149\"\/><\/figure>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Inyuma y\u2019imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha\numuririmvyi w\u2019umunyacongo Koffi olomide ku caha c\u2019ugushurashuza bamwe mu bari\nabatamvyi b\u2019umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka\nguhanwa kikaba cabaye mu mwaka wa 2002 nkuko amakuru dukesha BBC abishikiriza. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ico kinyamakuru kivuga ko kuri uyu wa 1 ariho sentare y\u2019agace\nkitwa Nanterre kari mu burengero bwa Paris ariho yatangura kuburanisha urwo\nrubanza, naho bitashikirijwe ko uwo muririmvyi yarahari, kuko ngo mu ndwi iheze\numushingwamanza w\u2019uyo muririmvyi yabwiye itororokanirizo ry\u2019amakuru AFP ko\natazokwemeza ko uwo muririmvyi azoba ahari. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Abo bakobwa bane bamwagiriza bakaba bavuga ko bugaraniwe mu\nnzu iri inyuma y\u2019igisagara ca Paris, &nbsp;aho\nbugananywe n\u2019abagabo batatu. Abo bakaba bavuga ko bahatiwe kurangura ibanga ry\u2019abubatse\nn\u2019uwo muririmvyi muri iyo nzu, eka ngo baranakubitwa iyo bagerageje kwanka ivyo\nyaba ariko arabategeka. Abo bakavuga ko aho hari hagati y\u2019umwaka wa 2002 n\u2019umwaka\nwa 2006 aho babasha kumutoroka bari muri ico gihugu c\u2019Ubufaransa. Ivyo kandi\nbakongerako ko vyanabereye ku butaka bw\u2019igihugu ca Congo. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Baba abo bakobwa co kimwe n n\u2019abo bagabo ngo ntibabashije\ngusubira mu gihugu ca Congo kuko batinya ko uwo muririmvyi yohaba abagirira\nnabi.<\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Iryo rikaba Atari irya mbere ubutungane bw\u2019ubufaransa ngo\nbuburanisha uwo muririmvyi, kuko mu mwaka wa 2006 yarahanishijwe igihano c\u2019igifungo\nc\u2019umwaka wose kubera ukutariha amakori. Nayo ubu vuba akaba aronderwa n\u2019igipolisi\nca Zambia kubera ugukubita umu Photograph w\u2019umunyarwanda. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mukibuka ko uwo muririmvyi yirukanywe mu gihugu ca Kenya\nkubera ugukubita umugere umwe mu batamvyi biwe, akaba yafashwe avuye gukora\nikiganiro ku mboneshakure noneho asabwa gusohoka igihugu bidatevye. &nbsp;&nbsp;&nbsp;&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y\u2019imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w\u2019umunyacongo Koffi olomide ku caha c\u2019ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b\u2019umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka guhanwa kikaba cabaye mu mwaka wa 2002 nkuko amakuru dukesha BBC abishikiriza. Ico kinyamakuru kivuga ko kuri uyu wa 1 ariho sentare y\u2019agace kitwa Nanterre kari mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[513,713,526,515,703,519,516,705],"tags":[],"class_list":["post-2148","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-africa-news","category-akes-don","category-news-burundi","category-homepage","category-indundi-hits-shows","category-kirundi","category-music-news","category-passport"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma y\u2019imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w\u2019umunyacongo Koffi olomide ku caha c\u2019ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b\u2019umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka guhanwa kikaba cabaye mu mwaka wa 2002 nkuko amakuru dukesha BBC abishikiriza. Ico kinyamakuru kivuga ko kuri uyu wa 1 ariho sentare y\u2019agace kitwa Nanterre kari mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-02-13T03:40:42+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/02\/49472610_231468464399707_5033325455548907608_n.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/\",\"name\":\"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-02-13T03:40:42+00:00\",\"dateModified\":\"2019-02-13T03:40:42+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma y\u2019imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w\u2019umunyacongo Koffi olomide ku caha c\u2019ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b\u2019umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka guhanwa kikaba cabaye mu mwaka wa 2002 nkuko amakuru dukesha BBC abishikiriza. Ico kinyamakuru kivuga ko kuri uyu wa 1 ariho sentare y\u2019agace kitwa Nanterre kari mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-02-13T03:40:42+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/02\/49472610_231468464399707_5033325455548907608_n.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/","name":"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-02-13T03:40:42+00:00","dateModified":"2019-02-13T03:40:42+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/koffi-ari-imbere-yubutungane-kubera-ugushurashuza-4-mu-batamvyi-biwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Koffi ari imbere y\u2019ubutungane kubera ugushurashuza 4 mu batamvyi biwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2148","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=2148"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/2148\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=2148"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=2148"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=2148"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}