{"id":22087,"date":"2020-10-23T17:39:22","date_gmt":"2020-10-23T17:39:22","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=22087"},"modified":"2020-10-23T17:40:42","modified_gmt":"2020-10-23T17:40:42","slug":"tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/","title":{"rendered":"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b&#8217;abarundi bagiye kuharonkera  akunguko"},"content":{"rendered":"<p><strong>Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w&#8217;Igihu c&#8217;Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe\u00a0 John Pombe Magufuli mu\u00a0 gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye\u00a0 gushirwa mu ngiro.<\/strong><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-22090 size-large\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/10\/IMG_0047-1-1024x841.jpg\" alt=\"\" width=\"696\" height=\"572\" \/><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Kuri ruyu wa gatanu igenekerezo rya 23 gitugutu niho hari haramutswe hatanguzwa icese ibikorwa vy&#8217;ikivuko ca Dar-Es-Salama mu Burundi (TPA) ,Tanzania Ports Authority mu mpfunya mpfunyo.<\/p>\n<p>Ibirori bikaba vyari vyatewe iteka n&#8217;abashikiranganji b&#8217;ubudandaji b&#8217;igihugu vy&#8217;Uburundi na Tanzania hamwe n&#8217;abagwizatunga batandukanye.<br \/>\nIkigo TPA cuguruwe cese kikaba kibarizwa\u00a0 kw&#8217;ibarabara ryitiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore\u00a0 inomero 54 hamapande y&#8217;ibanki CRDB .<\/p>\n<p>Ibirori nyezina bikaba vyabandanirije kw&#8217;ihoteri Royal Palace aho abo banyacubahiro batandukanye bafashe amajambo.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-22089 size-large\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/10\/IMG_0046-1024x683.jpg\" alt=\"\" width=\"696\" height=\"464\" \/><br \/>\nMw&#8217;ijambo ryiwe umuyobozi wa TPA yashimiye abari bitavye ivyo birori na cane cane abashikiranganji b&#8217;ibihugu vyompi.<\/p>\n<p>Nayo mw&#8217;ijambo ry&#8217;uwari yaserukiye abagwizatunga , Eric Ntangaro arongoye ishirahamwe ATIB( Association des Transporteurs International Burundais) rihuza abadandaza bacisha ibidandazwa mw&#8217;ibarabara , mu mazi no mu kirere, yashimye utwigoro twa Leta ya Tanzania mu kworohereza abadandaza, yongera asaba ko borushirizaho mu kubaremururira umuzigo w&#8217;amafaranga barihishwa iyo bagiye gukorera muri ico gihugu(<strong> Work Permit)<\/strong>, n&#8217;ibindi vyotuma biyumva ko ari ababanyi beza koko.<\/p>\n<p>Mw&#8217;ijambo ryiwe Umushikiranganji w&#8217;Ubundandaji Umupfasoni Immacul\u00e9e Ndabaneze yashimiye mugenziwe w&#8217;igihugu ca Tanzania yaje gushitsa ivyo abakuru b&#8217;ibihigu bemeranije ,yongera yibutsa ko ibikorwa nkivyo bigiye gukomezwa , akaba yatanze akarorero k&#8217;ibarabara ry&#8217;indarayi rizohuza ibihugu vyompi rigaca i Kigoma &#8211; Musongati -Gitega &#8211; Bujumbura rigana mu gihugu kibanyi ca Congo.<\/p>\n<p>Umushikiranganji w&#8217;ubudandaji mu gihugu ca Tanzania, yashimye umubano ivyo bihugu bifitaniye ,akaba yasezeraniye abagwizatunga ko Leta ya Tanzania igiye gukora ibishoboka vyose mu gukemura ivyo bibazo bikihari\u00a0 nk&#8217;abavukanyi.<br \/>\nIvyo birori bikaba vyasozewe no gushira\u00a0 umukono ku masezerano yemejwe ku mpande\u00a0 z&#8217;ivyo bihugu vyompi.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Burundi Legend : Msaba Seleman yavuze Ingene yatorotse iburaya agiye gukinayo\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/pZItvk0hCFQ?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w&#8217;Igihu c&#8217;Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe\u00a0 John Pombe Magufuli mu\u00a0 gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye\u00a0 gushirwa mu ngiro. &nbsp; Kuri ruyu wa gatanu igenekerezo rya 23 gitugutu niho hari haramutswe hatanguzwa icese ibikorwa vy&#8217;ikivuko ca Dar-Es-Salama mu Burundi (TPA) ,Tanzania Ports Authority mu mpfunya mpfunyo. Ibirori bikaba vyari vyatewe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":22089,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,899,1086,519],"tags":[],"class_list":["post-22087","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-business","category-cute","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b&#039;abarundi bagiye kuharonkera akunguko - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b&#039;abarundi bagiye kuharonkera akunguko - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w&#8217;Igihu c&#8217;Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe\u00a0 John Pombe Magufuli mu\u00a0 gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye\u00a0 gushirwa mu ngiro. &nbsp; Kuri ruyu wa gatanu igenekerezo rya 23 gitugutu niho hari haramutswe hatanguzwa icese ibikorwa vy&#8217;ikivuko ca Dar-Es-Salama mu Burundi (TPA) ,Tanzania Ports Authority mu mpfunya mpfunyo. Ibirori bikaba vyari vyatewe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-10-23T17:39:22+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-10-23T17:40:42+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/\",\"name\":\"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b'abarundi bagiye kuharonkera akunguko - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-10-23T17:39:22+00:00\",\"dateModified\":\"2020-10-23T17:40:42+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b&#8217;abarundi bagiye kuharonkera akunguko\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b'abarundi bagiye kuharonkera akunguko - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b'abarundi bagiye kuharonkera akunguko - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w&#8217;Igihu c&#8217;Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe\u00a0 John Pombe Magufuli mu\u00a0 gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye\u00a0 gushirwa mu ngiro. &nbsp; Kuri ruyu wa gatanu igenekerezo rya 23 gitugutu niho hari haramutswe hatanguzwa icese ibikorwa vy&#8217;ikivuko ca Dar-Es-Salama mu Burundi (TPA) ,Tanzania Ports Authority mu mpfunya mpfunyo. Ibirori bikaba vyari vyatewe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-10-23T17:39:22+00:00","article_modified_time":"2020-10-23T17:40:42+00:00","author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/","name":"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b'abarundi bagiye kuharonkera akunguko - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-10-23T17:39:22+00:00","dateModified":"2020-10-23T17:40:42+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/tanzania-ports-authority-abagwizatunga-babarundi-bagiye-kuharonkera-akunguko\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b&#8217;abarundi bagiye kuharonkera akunguko"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/22087","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=22087"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/22087\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":22105,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/22087\/revisions\/22105"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/22089"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=22087"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=22087"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=22087"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}