{"id":23072,"date":"2020-12-01T19:51:29","date_gmt":"2020-12-01T19:51:29","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=23072"},"modified":"2020-12-01T19:51:29","modified_gmt":"2020-12-01T19:51:29","slug":"kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/","title":{"rendered":"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0"},"content":{"rendered":"<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Kirikou Itongo yasigiwe na Mama wiwe ararigavye kubatishoboye|n&#039;marira menshi asavye baryubakemwo\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/WQtmaXoJaK0?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p><strong><em>Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvugaira kuri Micro ya Indundi Tv.<\/em><\/strong><\/p>\n<p><em>\u201cJe sinabayeho kugirango Mbeho, nabayeho kugira hagire abazobaho kuko nabayeho. Nta Modoka je nkeneye, nta kintu ndiko ndarondera ngaha kw\u2019isi ico nkeneye nukurondera ko hari abantu babaho kubera ko je nabayeho. Numva ko ariryo deni Mfitiye Imana.\u201d<\/em><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-23073\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/128360922_843731029751795_6888692064775618476_n.jpg\" alt=\"\" width=\"1080\" height=\"1349\" \/><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, Kirikou yavuze ko afise umugambi wo kwubaka ikigo c\u2019impfuvyi ku gatumba mw\u2019itongo umuvyeyi wiwe yamusigiye. Ico akabona ko atazocishoboza, ahubwo ngo ababishoboye bazmufate mu mugongo, kuko kuri we igihe n\u2019iki.<\/p>\n<p><em>\u201cNaratanguje umugambi, ndiko ndondera abantu bazonterera ndagashiremwo ikigo c\u2019impfuvyi uko kazoba kameze kose. Ico vyonyungura ntavyo twobona, ni ku Mana. Nsaba abarundi ko umusi nzogishira hanze,bazonshigikire bamfate ukuboko, nubwo nogiheza nkabona abantu 2 barabayeho kubera je nabayeho, numva umengo icatumye mbaho kwisi noba ndabikangije.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Kirikou ngo ntiyiteze kurindira umusi azoronkera amahera, kuko ata musi mwiza uhari. Ico cigwa ngo yakironse aho yabura umuvyeyi kuko yibaza ko umusi wa 5 ariwo mwiza wo kubonana nawe, noneho umusi wa 2 aba aritavye Imana.<\/p>\n<p>Aha mwomenya koi co kiganiro cakozwe aho yari mu giteramo c\u2019umuririmvyi Mista Champagne, nayo amafranga bari bamuhaye, yaciye ayagabira abana bo mw\u2019ibarabara bahuriye muri ico kibanza.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Muyomba wa Mohamed Amissi : Nijewe namureze  ndamutwara muri Anderletch akiri muto\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/GYj5-mmTRXY?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvugaira kuri Micro ya Indundi Tv. \u201cJe sinabayeho kugirango Mbeho, nabayeho kugira hagire abazobaho kuko nabayeho. Nta Modoka je nkeneye, nta kintu ndiko ndarondera ngaha kw\u2019isi ico nkeneye nukurondera ko hari abantu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":23073,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-23072","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvugaira kuri Micro ya Indundi Tv. \u201cJe sinabayeho kugirango Mbeho, nabayeho kugira hagire abazobaho kuko nabayeho. Nta Modoka je nkeneye, nta kintu ndiko ndarondera ngaha kw\u2019isi ico nkeneye nukurondera ko hari abantu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-12-01T19:51:29+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/\",\"name\":\"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-12-01T19:51:29+00:00\",\"dateModified\":\"2020-12-01T19:51:29+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n\u2019ivyo aheruka kuvugaira kuri Micro ya Indundi Tv. \u201cJe sinabayeho kugirango Mbeho, nabayeho kugira hagire abazobaho kuko nabayeho. Nta Modoka je nkeneye, nta kintu ndiko ndarondera ngaha kw\u2019isi ico nkeneye nukurondera ko hari abantu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-12-01T19:51:29+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/","name":"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-12-01T19:51:29+00:00","dateModified":"2020-12-01T19:51:29+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yavuze-ku-kigo-cimpfuvyi-ciwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kirikou yavuze ku kigo c\u2019impfuvyi ciwe \u00a0\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23072","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=23072"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23072\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":23075,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23072\/revisions\/23075"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/23073"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=23072"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=23072"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=23072"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}