{"id":23285,"date":"2020-12-08T08:32:29","date_gmt":"2020-12-08T08:32:29","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=23285"},"modified":"2020-12-08T08:32:29","modified_gmt":"2020-12-08T08:32:29","slug":"big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/","title":{"rendered":"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki"},"content":{"rendered":"<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo na Sat-B ivyo bakoze bitamenyerewe\ud83d\ude33|Agashimwe muri Tanzania n&#039;ako muri Russie|Amafaranga\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/TP4vdfPhEyU?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p><strong><em>Mu kiganiro Big Fariouz aheruka guha kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, yavuze vyinshi ku bijanye n\u2019ubuzima bwiwe, aho yanavuze izina ryiwe ry\u2019ukuri abantu benshi batari bazi, avuga igitigiri c\u2019abana afise, eka n\u2019imyaka yiwe y\u2019amavuko, mbere n\u2019igihe azohagarikira umuziki.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Big Fizzo amazina yiwe yukuri ngo ni Nduwimana Mugani Desire, yavukiye mu bwiza kuri Avenue de l\u2019universite mu mwak wa 1978, nukuvuga ko afise imyaka 42.<\/p>\n<p>Mugani ngo s\u2019inkandagirabitabo, kuko yize amashure y\u2019intango n\u2019ay\u2019isumbuye mu gisagara ca Bujumbura. Amashure y\u2019intango yayize mu nyakabiga kuri EPA, no mu Buyenzi kuri Jumuia, amashure yisumbuye yayize kuri ICB no kuri Centre Scolaire Congolais. Abajijwe ico yize uwo muririmvyi yavuze ko atazi ico yize, ngo bishoboka ko yize HISTOIRE.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-23287\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1607416054709.jpg\" alt=\"\" width=\"1921\" height=\"1080\" \/><\/p>\n<p>Mugani Desire uko yagiye akura ngo yarahuye n\u2019abakobwa bagiriranira ubucuti, naho ata mw\u2019igeme numwo muri kahise yigeze aja kurondera [ic\u2019abubu bita ku Draga]. Nduwimana avuga ko uko vyagenda, ngo uko ari babiri bisanga bamaze kwinjira mu rukundo batabizi.<\/p>\n<p>Nduwimana Mugani Desire yabwiye ikinyamakuru Jimbere ko afise abana 6. Aba bana bose bakaba batabarizwa I Bujumbura, kuko hari ababarizwa ku mugabane wa buraya nk\u2019uwo yavyaranye n\u2019umuzungukazi, abo bavyaranye n\u2019abanyarwandakazi, eka hakaba hari n\u2019abo yavyaranye n\u2019abarundikazi.<\/p>\n<p>Nk\u2019abandi bose Nduwimana Mugani Desire asanzwe aruhuka mw\u2019ijoro akikangura mu gitondo kugira abandanya ibikorwa bitandukanye. Mugani akiryama ngo ico atibagira n\u2019ugukura agahuzu, ariko akivyuka ngo ntiyigera yibagira kubanza gushimira umukama.<\/p>\n<p>Naho kunywa bimaze kubonaka ko bitamugwa nabi, ariko no gufungura ngo navyo arahehera. Big Fizzo indya akunda gusumba izindi ngo n\u2019ubugari kuko adashobora kumara igihe ataburiye, naho avuga ko bivana n\u2019imboga biba vyagendanye.<\/p>\n<p>Muri uno mwuga yahawe wo kuririmba, Big Fizzo avuga ko hano iwacu abamuRESPIRA ari abatabari bake barimwo abakera nka Nik Davy, Canco Hamissi, Kidum n\u2019abandi. Ariko ngo n\u2019abanyamahanga barimwo naho harimwo abamaze kwitaba Imana, 2 Pac Omar Shakur ngo niwe yatanguye kumubera icitegererezo, hakurikira abandi nka R Kelly.<\/p>\n<p>Mugani yanavuze ku mpamvu adakunda kuririmbana n\u2019ibihangange aho avuga ko imvo nyezina ar\u2019uko aba ashaka gushigikira abakiri bato kugira aho we atashitse bo bikunze baze bahashika. Aha mukamenya ko ata muririmvyi w\u2019igihangange amurusha izina barabasha kuririmbana muri kano karere.<\/p>\n<p>Nduwimana Mugani Desire bamusavye kwibaza ikibazo akiyishura, yibajije igihe azohebera umuziki, yiyishura ko atazopfa ahevye, kuko n\u2019igihe azoba yamaze gusezera isi azoheza akaja kuririmbana n\u2019aba Malayika.<\/p>\n<p>Ayandi makuru dufise kuri uno muririmvyi wacu nuko Nduwimana Mugani Desire asanzwe afise ubundi bwenegihugu bundi Atari ubw\u2019Uburundi gusa. Ku makuru ya nyuma nuko uwo muririmvyi afise n\u2019ubwenegihugu bw\u2019ubufaransa, ubwo yaronse aho yarikumwe n\u2019umuzungukazi bahuriye hano iwacu noneho baza kuronka umwana, banakunze cane gusangira Noheli n\u2019ubunane kuko uwo mwana avuka yavutse mu mpera z\u2019umwaka.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Drama T ibikorwa ni vyinshi Vuba|Muri BantuBwoy niho ndi ariko|Big Fizzo ni Inspiration|Tizzo Welsey\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/o2bgU7vSE1I?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu kiganiro Big Fariouz aheruka guha kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, yavuze vyinshi ku bijanye n\u2019ubuzima bwiwe, aho yanavuze izina ryiwe ry\u2019ukuri abantu benshi batari bazi, avuga igitigiri c\u2019abana afise, eka n\u2019imyaka yiwe y\u2019amavuko, mbere n\u2019igihe azohagarikira umuziki. Big Fizzo amazina yiwe yukuri ngo ni Nduwimana Mugani Desire, yavukiye mu bwiza kuri Avenue de [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,1113,526,1115,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-23285","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-energie","category-news-burundi","category-groups-membership-request-accepted-by-admin","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu kiganiro Big Fariouz aheruka guha kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, yavuze vyinshi ku bijanye n\u2019ubuzima bwiwe, aho yanavuze izina ryiwe ry\u2019ukuri abantu benshi batari bazi, avuga igitigiri c\u2019abana afise, eka n\u2019imyaka yiwe y\u2019amavuko, mbere n\u2019igihe azohagarikira umuziki. Big Fizzo amazina yiwe yukuri ngo ni Nduwimana Mugani Desire, yavukiye mu bwiza kuri Avenue de [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-12-08T08:32:29+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1607416054709.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/\",\"name\":\"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-12-08T08:32:29+00:00\",\"dateModified\":\"2020-12-08T08:32:29+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu kiganiro Big Fariouz aheruka guha kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, yavuze vyinshi ku bijanye n\u2019ubuzima bwiwe, aho yanavuze izina ryiwe ry\u2019ukuri abantu benshi batari bazi, avuga igitigiri c\u2019abana afise, eka n\u2019imyaka yiwe y\u2019amavuko, mbere n\u2019igihe azohagarikira umuziki. Big Fizzo amazina yiwe yukuri ngo ni Nduwimana Mugani Desire, yavukiye mu bwiza kuri Avenue de [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-12-08T08:32:29+00:00","og_image":[{"url":"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1607416054709.jpg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/","name":"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-12-08T08:32:29+00:00","dateModified":"2020-12-08T08:32:29+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-aravuze-abana-afise-nigihe-azohebera-umuziki\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Big Fizzo aravuze abana afise, n\u2019igihe azohebera umuziki"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23285","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=23285"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23285\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":23288,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23285\/revisions\/23288"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=23285"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=23285"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=23285"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}