{"id":23400,"date":"2020-12-10T19:30:05","date_gmt":"2020-12-10T19:30:05","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=23400"},"modified":"2020-12-10T19:30:05","modified_gmt":"2020-12-10T19:30:05","slug":"amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/","title":{"rendered":"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe"},"content":{"rendered":"<p><em>Amafaranga ibihumbi 30 vyemerewe abafana bakurikirana cane urubuga rwa Facebook rwa Mt Number one arashobora kuzomuteranya na bamwe mu bafarana biwe.<\/em><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-23401 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/FB_IMG_16076253072840997.jpg\" alt=\"\" width=\"720\" height=\"720\" \/><\/p>\n<p>Ivyo n\u2019ibiboneka muma Commentaire ariko akorwa ku mashusho yashizwe ahabona n\u2019uwo muririmvyi nyene kuri urwo rubuga aho yerekana arikumwe n\u2019abafana yashimiye.<\/p>\n<p>Bamwe mu babashije kugira ico bashikiriza, barimwo n\u2019ababonekako akamenyetso ka \u201cSuper Fan\u201d bavuga ko batabashije gushikirwa ngo bahabwe ako gashimwe, abandi nabo bakaba bavuga ko uwo muririmvyi yoba yabarenganije cane yacaguye incuti ziwe akaba arizo aha ako gashimwe.<\/p>\n<p>\u201cBro wisunze iki ko harabo tugukurikiranye igihe kinini kandi turi n\u2019aba Superfan bawe. Rero reba uregere kuri twese, nturabe abo mwakuranye mw\u2019i site gusa bro.\u201d Ivyashikirijwe n\u2019umwe mu bafana bafise akamenyetso ka super fan.<\/p>\n<p>Hampande y\u2019abavuga ko barenganijwe, hari n\u2019abatari bari hafi, aho nabo babaza uko bizoheza bikagenda kuribo.<\/p>\n<p>Naho biruko, hari abandi bo babona ko ico gikorwa yakoze ari ngirakamaro, kandi ari ciza cane. Hakaba hari n\u2019abahashitse bateba batabashije kuronka ako gashimwe, ariko bamushimiye ko ari igikorwa ciza cane, Na rirya ata wundi yari bwabikore mu basanzwe bafise imbuga ngurukanabumenyi zikurikiranwa cane.<\/p>\n<p>\u201cNacerewe ariko ikosa ni ryanje abahashitse \u00e0 l\u2019heure bampaye amakuru kw\u2019ibintu vyagenze neza naho hari bamwe vyagoranye kuhashika. Nk\u2019umufana wukuri niboneye agaciro uha abafana batobato utanabazi, si uko ufise menshi ufise umutima wisangije\u2026 God Protecct u this love\u201d<\/p>\n<p>Mwomenya ko yari yamenyesheje mu gatondo ko kuri uyu wa kane ikibanza yatangiyemwo ayo mafaranga, aho naho hakaba hari mu kamenge kuri Studio indonyi. Ivy\u2019ayo mafaranga akaba yari yavyemeye kuva agishika mu gisagara ca Bujumbura, aho yari mw\u2019I hotel NIWAKALI arindiriye ko imisi 3 bari bamuhaye ibanza kurangira kugira abashe kwidegemvya.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Ukuri kuvyabaye kuri Big Fizzo na Mt Number One muri America imbere yuko Bakorana na Sat-B|Kirikou\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/tAf_JWB_t0Q?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Amafaranga ibihumbi 30 vyemerewe abafana bakurikirana cane urubuga rwa Facebook rwa Mt Number one arashobora kuzomuteranya na bamwe mu bafarana biwe. Ivyo n\u2019ibiboneka muma Commentaire ariko akorwa ku mashusho yashizwe ahabona n\u2019uwo muririmvyi nyene kuri urwo rubuga aho yerekana arikumwe n\u2019abafana yashimiye. Bamwe mu babashije kugira ico bashikiriza, barimwo n\u2019ababonekako akamenyetso ka \u201cSuper Fan\u201d bavuga [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":23401,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,527,601,1113,526,519],"tags":[],"class_list":["post-23400","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-diaspora","category-diaspora-promoted","category-energie","category-news-burundi","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Amafaranga ibihumbi 30 vyemerewe abafana bakurikirana cane urubuga rwa Facebook rwa Mt Number one arashobora kuzomuteranya na bamwe mu bafarana biwe. Ivyo n\u2019ibiboneka muma Commentaire ariko akorwa ku mashusho yashizwe ahabona n\u2019uwo muririmvyi nyene kuri urwo rubuga aho yerekana arikumwe n\u2019abafana yashimiye. Bamwe mu babashije kugira ico bashikiriza, barimwo n\u2019ababonekako akamenyetso ka \u201cSuper Fan\u201d bavuga [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-12-10T19:30:05+00:00\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/\",\"name\":\"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-12-10T19:30:05+00:00\",\"dateModified\":\"2020-12-10T19:30:05+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Amafaranga ibihumbi 30 vyemerewe abafana bakurikirana cane urubuga rwa Facebook rwa Mt Number one arashobora kuzomuteranya na bamwe mu bafarana biwe. Ivyo n\u2019ibiboneka muma Commentaire ariko akorwa ku mashusho yashizwe ahabona n\u2019uwo muririmvyi nyene kuri urwo rubuga aho yerekana arikumwe n\u2019abafana yashimiye. Bamwe mu babashije kugira ico bashikiriza, barimwo n\u2019ababonekako akamenyetso ka \u201cSuper Fan\u201d bavuga [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-12-10T19:30:05+00:00","author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/","name":"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-12-10T19:30:05+00:00","dateModified":"2020-12-10T19:30:05+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amafaranga-30000-mt-number-one-yatanze-aratsa-umuriro-mu-bafana-biwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amafaranga 30,000 MT Number One yatanze aratsa umuriro mu bafana biwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23400","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=23400"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23400\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":23402,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23400\/revisions\/23402"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/23401"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=23400"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=23400"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=23400"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}