{"id":23422,"date":"2020-12-11T15:32:26","date_gmt":"2020-12-11T15:32:26","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=23422"},"modified":"2020-12-11T15:32:26","modified_gmt":"2020-12-11T15:32:26","slug":"stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/","title":{"rendered":"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko"},"content":{"rendered":"<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Vichou Love Ivyo bakoze kuri Stage na Blina|Vichou asarishije abantu I birakomera|Numve Video Launch\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/k2FKEGxodV0?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p><strong><em>Stikk n\u2019agashavu kenshi ngo Abanyamahanga \u00a0barabona ingabire n\u2019ubuhinga bw\u2019abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n\u2019urukoroka baba barabona, ariko hano iwacu bo baba birabira kwaba Yoya akavuze Mkombozi.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu gihe ata wahaye nirwere akaririmbo Sensual Connection ya Stikk na Miss Erica yasohotse \u00a0mu mwaka wa 2015, iyo ndirimbo ngo hari abayibonyemwo ikintu noneho bahitamwo kuyicisha amafaranga. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Stikk ubwiwe ku rubuga rwiwe rwa Facebook.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-23419\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1607695690445.jpg\" alt=\"\" width=\"1921\" height=\"1080\" \/><\/p>\n<p>Mu butumwa yashikirije, uwo muririmvyi yerekanye imbuga gurukanabumenyi zimwe zimwe zirimwo izirihisha amfaranga imbere yuko uzinjiramwo. Aho akavugana akababaro kenshi, nn\u2019inyifato nk\u2019uwataye ivyizigiro ko abafise umwanya wo kwumva ingabire n\u2019ubuhinga biyungukire, nay\u2019aha iwacu ngo nta kintu.<\/p>\n<p><em>\u201cSome People are making money on my song, nanje atan\u2019ibihumbi ijana ndayiryako. Ikibabaje nuko igihe nayisohora nta gaciro bayihaye ngaha ngo imenyekane. Ariko abanyamahanga bobo barumvise ako harimwo imapno derriere cette chanson batayishira kuma site yabo.<br \/>\nNta kundi reka abazi kwumva ingabire n\u2019ubuhinga biyungukire puisque aha iwacu ivyo batabiha umwanya!! Maybe bazoduha Valeurs twaragiye.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Uwo mwidogo w\u2019ukudaga agaciro abaririmvyi n\u2019ibikorwa vyabo hano iwacu bikaba vyamaze kwimonogoza, kuko abatari bake babona ko ibinyamakuru n\u2019aba Dj batabaha umwanya ukwiye. Ivyo abo bamenyeshamakuru co kiwe n\u2019aba Deejay bahakana.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Ukuri kuvyabaye kuri Big Fizzo na Mt Number One muri America imbere yuko Bakorana na Sat-B|Kirikou\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/tAf_JWB_t0Q?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Stikk n\u2019agashavu kenshi ngo Abanyamahanga \u00a0barabona ingabire n\u2019ubuhinga bw\u2019abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n\u2019urukoroka baba barabona, ariko hano iwacu bo baba birabira kwaba Yoya akavuze Mkombozi. Mu gihe ata wahaye nirwere akaririmbo Sensual Connection ya Stikk na Miss Erica yasohotse \u00a0mu mwaka wa 2015, iyo ndirimbo ngo hari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,1113,526,1115,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-23422","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-energie","category-news-burundi","category-groups-membership-request-accepted-by-admin","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Stikk n\u2019agashavu kenshi ngo Abanyamahanga \u00a0barabona ingabire n\u2019ubuhinga bw\u2019abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n\u2019urukoroka baba barabona, ariko hano iwacu bo baba birabira kwaba Yoya akavuze Mkombozi. Mu gihe ata wahaye nirwere akaririmbo Sensual Connection ya Stikk na Miss Erica yasohotse \u00a0mu mwaka wa 2015, iyo ndirimbo ngo hari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-12-11T15:32:26+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1607695690445.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/\",\"name\":\"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-12-11T15:32:26+00:00\",\"dateModified\":\"2020-12-11T15:32:26+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Stikk n\u2019agashavu kenshi ngo Abanyamahanga \u00a0barabona ingabire n\u2019ubuhinga bw\u2019abaririmvyi ndundi, bagakoresha indirimbo zabo mu kwicira amafaranga mu gihe bo ata n\u2019urukoroka baba barabona, ariko hano iwacu bo baba birabira kwaba Yoya akavuze Mkombozi. Mu gihe ata wahaye nirwere akaririmbo Sensual Connection ya Stikk na Miss Erica yasohotse \u00a0mu mwaka wa 2015, iyo ndirimbo ngo hari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-12-11T15:32:26+00:00","og_image":[{"url":"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1607695690445.jpg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/","name":"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-12-11T15:32:26+00:00","dateModified":"2020-12-11T15:32:26+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/stikk-afise-agashavu-kavanze-nuguta-ivyizigiro-kubera-ubusuma-bwamubayeko\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Stikk afise agashavu kavanze n\u2019uguta ivyizigiro kubera ubusuma bwamubayeko"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23422","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=23422"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23422\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":23425,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23422\/revisions\/23425"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=23422"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=23422"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=23422"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}