{"id":23563,"date":"2020-12-18T06:08:08","date_gmt":"2020-12-18T06:08:08","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=23563"},"modified":"2020-12-18T00:20:15","modified_gmt":"2020-12-18T00:20:15","slug":"big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/","title":{"rendered":"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito"},"content":{"rendered":"<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Inyuma yo Kuvanga Big Fizzo; Sat-B Ubu ni Meddy na Otil Brown\ud83d\ude33|Ngibi ibitangaje akoze|Joell Houghton\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/zmdsw_5lVlU?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p><strong><em>Big Fizzo ngo kwemera gushira umupfasoni mu nzu ngo biva ku bintu 3, ishaka ukwizera n\u2019ubushake kandi n\u2019ingingo buri muntu ategerezwa kwifatira wenyene ubwiwe. Kandi ngo s\u2019umuririmvyi gusa naho bo bahura n\u2019ibigeragezo vyinshi.<\/em><\/strong><\/p>\n<p><em>\u201cN\u2019ingingo wifatura, ntihagire uwuzokubesha. S\u2019umuririmvyi gusa, nuko gusa umuririmvyi ahura n\u2019ibigeragezo bitari bike, mugabo n\u2019ingingo y\u2019umuntu. Iyo ufashe ingingo uravga uti ibi ngira ndabireke, nje ku murongo.\u201d<\/em> Yabishikirije mu kiyago yagiriye muri Colombe Fm.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-23562\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1608247891187.jpg\" alt=\"\" width=\"2064\" height=\"1080\" \/><\/p>\n<p>Ayo majambo y\u2019inkoramutima, uwo muririmvyi yayashikirije mu kiganiro\u00a0 aheruka kugirana na mugenzi wacu Juste Gael. Murico uwo muririmvyi yamenyesheje ko yaramaze kugira ubugeni, ngo ubugeni bwiwe bwamaze imyaka 10. Urwo rugo rukaba rushobora kuba ari urwo yubakanye n\u2019umuzungu w\u2019umufaransakazi, banaronka umwana w\u2019umukobwa yakunda gushira ku mbuga ngurukanabumenyi mu myaka ya 2015, 2016 na 2017, ariko bikaba bidaherutse.<\/p>\n<p><em>Yongeyeko ati : \u201cIntambwe ni 3 mu buzima, hariho kuvuka, kurongora canke kurongorwa no gupfa.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Mwokwibuka ko mu kiyago yagiranye na Jimbere Magazine, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko atigeze arsha umugore n\u2019umwe, uretse uwo barikumwe, ahubwo ngo bose bama bisanga bari mu rukundo. S\u2019ico gusa kuko uwo muririmvyi yanamenyesheje muri ico kiganiro nyene ko afise abana 6, ariko abajijwe abagore, ntiyashima kuvuga igitigiri.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#diaspora News Styves Derrick yoba agiye kugaruka mu burundi?\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/oG2SsahJRLQ?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Big Fizzo ngo kwemera gushira umupfasoni mu nzu ngo biva ku bintu 3, ishaka ukwizera n\u2019ubushake kandi n\u2019ingingo buri muntu ategerezwa kwifatira wenyene ubwiwe. Kandi ngo s\u2019umuririmvyi gusa naho bo bahura n\u2019ibigeragezo vyinshi. \u201cN\u2019ingingo wifatura, ntihagire uwuzokubesha. S\u2019umuririmvyi gusa, nuko gusa umuririmvyi ahura n\u2019ibigeragezo bitari bike, mugabo n\u2019ingingo y\u2019umuntu. Iyo ufashe ingingo uravga uti ibi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":0,"comment_status":"closed","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,1113,526,1115,1116,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-23563","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-burundi","category-energie","category-news-burundi","category-groups-membership-request-accepted-by-admin","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Big Fizzo ngo kwemera gushira umupfasoni mu nzu ngo biva ku bintu 3, ishaka ukwizera n\u2019ubushake kandi n\u2019ingingo buri muntu ategerezwa kwifatira wenyene ubwiwe. Kandi ngo s\u2019umuririmvyi gusa naho bo bahura n\u2019ibigeragezo vyinshi. \u201cN\u2019ingingo wifatura, ntihagire uwuzokubesha. S\u2019umuririmvyi gusa, nuko gusa umuririmvyi ahura n\u2019ibigeragezo bitari bike, mugabo n\u2019ingingo y\u2019umuntu. Iyo ufashe ingingo uravga uti ibi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2020-12-18T06:08:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2020-12-18T00:20:15+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1608247891187.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/\",\"name\":\"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2020-12-18T06:08:08+00:00\",\"dateModified\":\"2020-12-18T00:20:15+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Big Fizzo ngo kwemera gushira umupfasoni mu nzu ngo biva ku bintu 3, ishaka ukwizera n\u2019ubushake kandi n\u2019ingingo buri muntu ategerezwa kwifatira wenyene ubwiwe. Kandi ngo s\u2019umuririmvyi gusa naho bo bahura n\u2019ibigeragezo vyinshi. \u201cN\u2019ingingo wifatura, ntihagire uwuzokubesha. S\u2019umuririmvyi gusa, nuko gusa umuririmvyi ahura n\u2019ibigeragezo bitari bike, mugabo n\u2019ingingo y\u2019umuntu. Iyo ufashe ingingo uravga uti ibi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2020-12-18T06:08:08+00:00","article_modified_time":"2020-12-18T00:20:15+00:00","og_image":[{"url":"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2020\/12\/PhotoGrid_Plus_1608247891187.jpg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/","name":"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2020-12-18T06:08:08+00:00","dateModified":"2020-12-18T00:20:15+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-imbere-yurwo-rubatse-ngo-yarigeze-kwubaka-urundi-rwamaze-igihe-kitari-gito\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Big Fizzo ngo imbere y\u2019urwo rubatse ngo yarigeze kwubaka urundi rwamaze igihe kitari gito"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23563","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=23563"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23563\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":23565,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/23563\/revisions\/23565"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=23563"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=23563"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=23563"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}