{"id":24263,"date":"2021-01-16T18:14:30","date_gmt":"2021-01-16T18:14:30","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=24263"},"modified":"2021-01-16T18:14:30","modified_gmt":"2021-01-16T18:14:30","slug":"romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/","title":{"rendered":"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga"},"content":{"rendered":"<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Indirimbo za Olegue ngo ikibazo zifise s\u2019ubutumwa burimwo, kuko ivyo uwo muririmvyi aririmba canke afise ku mutima n\u2019abandi bose barabiririmba. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa n\u2019umuririmvyi Romeo akaba kandi n\u2019umuyobozi wa Amical des Musiciens. Ivyo akaba yabivugiye mu vyigwa vyari vyatunganijwe na Bantu Bwoy Ent.<\/p>\n<p>Ubwo butumwa bw\u2019uwo muyobozi bukaba bwakurikiye ubw\u2019uwo muririmvyi [olegue] amenyeshereje ko ata mugambi afise wo guheba umuziki, naho abatari ake bamwipfuriza gusubira mw\u2019ibuye, ikibanza avuga ko atazosubiramwo akiri muzima.<\/p>\n<p>Muri ivyo vyigwa, Romeo ntiyagarukiye ngaho kuko yavuze ko ikibazo izo ndirimbo za Olegue zifise ari uburyo zanditse, uburyo ubutumwa butangwa. \u00a0Akaba yahavuye anamusaba ko yoza araraba\u00a0 uwo yizeye arimwo n\u2019umushingwamanza wiwe, ma\u00eetre Muvayo kugira aze amurabira ko ivyo agira aririmbe bitomutera ikibazo.<\/p>\n<p>Olegue yanavuniwe akagohe ko abamubesha, abasukanyi, batari bake aho hanze, kuko ngo igihe bizogira ico bimukozeko ata numwe muri abo bamushigikira bamubwira ko vyose ari sawa azobona.<\/p>\n<p>Ubwo butumwa bushikirijwe mu gihe abatari bake barimwo abantu basanzwe, n\u2019abandi batandukanye begereye ivy\u2019umuziki hano iwacu bavuga ko uwo muririmvyi arenganwa kuko indirimbo z\u2019abanyamahanga zirimwo ibisa n\u2019ivyiwe, canke iziteye isoni bikomeye ngo zirahari kandi ziravuzwa cane hano iwacu.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#Indundicomedy : Alice aravuze uwamuteye\ud83d\udd25\ud83d\udd25\ud83d\udd25| zamiriyoni mirongwitatu barazihomvye abiwabo na Alice\ud83d\ude02\ud83d\ude02\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/2yr-F8bwZ2I?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>&nbsp; Indirimbo za Olegue ngo ikibazo zifise s\u2019ubutumwa burimwo, kuko ivyo uwo muririmvyi aririmba canke afise ku mutima n\u2019abandi bose barabiririmba. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa n\u2019umuririmvyi Romeo akaba kandi n\u2019umuyobozi wa Amical des Musiciens. Ivyo akaba yabivugiye mu vyigwa vyari vyatunganijwe na Bantu Bwoy Ent. Ubwo butumwa bw\u2019uwo muyobozi bukaba bwakurikiye ubw\u2019uwo muririmvyi [olegue] amenyeshereje ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":24276,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-24263","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"&nbsp; Indirimbo za Olegue ngo ikibazo zifise s\u2019ubutumwa burimwo, kuko ivyo uwo muririmvyi aririmba canke afise ku mutima n\u2019abandi bose barabiririmba. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa n\u2019umuririmvyi Romeo akaba kandi n\u2019umuyobozi wa Amical des Musiciens. Ivyo akaba yabivugiye mu vyigwa vyari vyatunganijwe na Bantu Bwoy Ent. Ubwo butumwa bw\u2019uwo muyobozi bukaba bwakurikiye ubw\u2019uwo muririmvyi [olegue] amenyeshereje ko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-01-16T18:14:30+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/01\/PhotoGrid_Plus_1610820678410.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/\",\"name\":\"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-01-16T18:14:30+00:00\",\"dateModified\":\"2021-01-16T18:14:30+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga - Indundi Culture | Magazine","og_description":"&nbsp; Indirimbo za Olegue ngo ikibazo zifise s\u2019ubutumwa burimwo, kuko ivyo uwo muririmvyi aririmba canke afise ku mutima n\u2019abandi bose barabiririmba. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa n\u2019umuririmvyi Romeo akaba kandi n\u2019umuyobozi wa Amical des Musiciens. Ivyo akaba yabivugiye mu vyigwa vyari vyatunganijwe na Bantu Bwoy Ent. Ubwo butumwa bw\u2019uwo muyobozi bukaba bwakurikiye ubw\u2019uwo muririmvyi [olegue] amenyeshereje ko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-01-16T18:14:30+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/01\/PhotoGrid_Plus_1610820678410.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/","name":"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-01-16T18:14:30+00:00","dateModified":"2021-01-16T18:14:30+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/romeo-ngo-ivyo-olegue-ashikiriza-mu-ndirimbo-ziwe-nabandi-barabivuga\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Romeo ngo ivyo Olegue ashikiriza mu ndirimbo ziwe n\u2019abandi barabivuga"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24263","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=24263"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24263\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":24277,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24263\/revisions\/24277"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/24276"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=24263"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=24263"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=24263"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}