{"id":24481,"date":"2021-01-26T10:56:48","date_gmt":"2021-01-26T10:56:48","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=24481"},"modified":"2021-01-26T11:39:05","modified_gmt":"2021-01-26T11:39:05","slug":"umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/","title":{"rendered":"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi"},"content":{"rendered":"<p class=\"p1\" style=\"text-align: justify;\"><span class=\"s1\">Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y\u2019abwo n\u2019igihugu c\u2019Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi yabishikirije mw\u2019ikoraniro kaminuza ry\u2019umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i Gitega.<\/span><\/p>\n<p class=\"p1\" style=\"text-align: justify;\"><span class=\"s1\">Evariste Ndayishimiye avuga ati : \u00ab je ndafise icizere gikomeye cane ko igihugu c\u2019Urwanda, ejo tuzoba dukundana, kuko ubu twaramaze kubona ico dupfa, turakizi. Ni ukuvuga hirya y\u2019ejo uzosanga tubazanya ngo none burya twapfa iki ? Karya gusa niko kaduteranije ? \u00bb <\/span><\/p>\n<p class=\"p1\" style=\"text-align: justify;\"><span class=\"s1\">Umukuru w\u2019igihugu Evariste Ndayishimiye abona ko igisigaye ari uko igihugu c\u2019Urwanda cokura mu nzira ico ivyo bihugu bipfa, ngo kubera ko gisanzwe caragiye ku mugaragaro. Yasiguye ko bitabereye ko bama bararyana kuko ngo basangiye vyinshi haba ururimi hamwe n\u2019imico n\u2019imigenzo.<\/span><\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Tumeongea na C.E.O wa Ashally tv Mr Ally ametueleza upendo wake na Isaac Tv na Ihuriro Tv,na\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/ib8rio0cB_c?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y\u2019abwo n\u2019igihugu c\u2019Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi yabishikirije mw\u2019ikoraniro kaminuza ry\u2019umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i Gitega. Evariste Ndayishimiye avuga ati : \u00ab je ndafise icizere gikomeye cane ko igihugu c\u2019Urwanda, ejo tuzoba dukundana, kuko ubu twaramaze kubona ico dupfa, turakizi. Ni ukuvuga hirya y\u2019ejo uzosanga tubazanya [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":24482,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,574,515,519,644,517],"tags":[],"class_list":["post-24481","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-cooperation","category-homepage","category-kirundi","category-rwanda","category-societe"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y\u2019abwo n\u2019igihugu c\u2019Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi yabishikirije mw\u2019ikoraniro kaminuza ry\u2019umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i Gitega. Evariste Ndayishimiye avuga ati : \u00ab je ndafise icizere gikomeye cane ko igihugu c\u2019Urwanda, ejo tuzoba dukundana, kuko ubu twaramaze kubona ico dupfa, turakizi. Ni ukuvuga hirya y\u2019ejo uzosanga tubazanya [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-01-26T10:56:48+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-01-26T11:39:05+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/01\/FC2923FE-296E-4220-9183-D2E4A9F1ED72.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1024\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"682\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/\",\"name\":\"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-01-26T10:56:48+00:00\",\"dateModified\":\"2021-01-26T11:39:05+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y\u2019abwo n\u2019igihugu c\u2019Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi yabishikirije mw\u2019ikoraniro kaminuza ry\u2019umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i Gitega. Evariste Ndayishimiye avuga ati : \u00ab je ndafise icizere gikomeye cane ko igihugu c\u2019Urwanda, ejo tuzoba dukundana, kuko ubu twaramaze kubona ico dupfa, turakizi. Ni ukuvuga hirya y\u2019ejo uzosanga tubazanya [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-01-26T10:56:48+00:00","article_modified_time":"2021-01-26T11:39:05+00:00","og_image":[{"width":1024,"height":682,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/01\/FC2923FE-296E-4220-9183-D2E4A9F1ED72.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/","name":"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-01-26T10:56:48+00:00","dateModified":"2021-01-26T11:39:05+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-ngo-afise-icizere-gikomeye-ko-urwanda-ejo-ruzoba-rukundana-nuburundi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi ngo afise icizere gikomeye ko Urwanda ejo ruzoba rukundana n\u2019Uburundi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24481","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=24481"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24481\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":24486,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24481\/revisions\/24486"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/24482"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=24481"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=24481"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=24481"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}