{"id":24605,"date":"2021-01-30T19:24:06","date_gmt":"2021-01-30T19:24:06","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=24605"},"modified":"2021-01-30T19:24:06","modified_gmt":"2021-01-30T19:24:06","slug":"mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/","title":{"rendered":"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0"},"content":{"rendered":"<p><em>Igihugu c\u2019Ubushinwa catoye uburyo bushasha kandi bivurwa ko aribwo bwiza bwo gupima ikiza ca Corona Virus kigeramiye isi. Ubwo buryo butariko buvurwako rumwe n\u2019ugupima bacishije mu gisusu.<\/em><\/p>\n<p>Ubwo buryo nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mpuzamakungu abishikiriza ngo bwaratanguye gukoresha muri ico gihugu kuri ba mukerarugendo baba bashaka kwinjira muri ico gihugu, ariko kandi no ku benegihugu bari mu bisagara\u00a0 vyasubiriye kubonekamwo uwo mugera.<\/p>\n<p>Ubwo buryo ngo bwatowe n\u2019abahinga mu bijanye n\u2019ubuvuzi aho bavuga ko basanze uwo mugera umara umwanya munini mu gice c\u2019epfo gusumba mu bihimba vya ruguru bari basanzwe bakoresha mu gupima.<\/p>\n<p>Abantu batari bake babashije kugira ico bashikiriza kuri ubwo buryo bushasha bwo gupima bakaba babona ko bwambura icubahiro uwuba ariko arapimwa ico kiza, bamwe bakaba basenga basaba ko ubwo buryo butashika mu bihugu basanzwe babamwo.<\/p>\n<p>Ubwo buryo bukaba butanguye gukoreshwa mu gihe ibisagara bimwe bimwe vyo mu bushinwa vyasubiye kubonekamwo abantu batari bake batewe n\u2019ico kiza, ivyaciye bituma abantu batari bake basubira kandi gushirwa muri guma mu rugo.<\/p>\n<p>Ubwo buryo kandi butowe mu gihe isi ibandanya kurondera urucanco rw\u2019ico kiza ca Corona Virus, ariko hakaba hari ibihugu bimaze gutora incanco kandi zimaze gutwerwa abanyagihugu batari bake b\u2019ivyo bihugu.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Ng&#039;Ibi ibidasanzwe Lolilo akoreye Big Fizzo Mu Rwanda Inyuma yo guterana amajambo|Chriss Mb na Berry\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/61_FcANyApg?start=239&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Igihugu c\u2019Ubushinwa catoye uburyo bushasha kandi bivurwa ko aribwo bwiza bwo gupima ikiza ca Corona Virus kigeramiye isi. Ubwo buryo butariko buvurwako rumwe n\u2019ugupima bacishije mu gisusu. Ubwo buryo nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mpuzamakungu abishikiriza ngo bwaratanguye gukoresha muri ico gihugu kuri ba mukerarugendo baba bashaka kwinjira muri ico gihugu, ariko kandi no ku benegihugu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":24606,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[612,515,519,928,530],"tags":[],"class_list":["post-24605","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-health","category-homepage","category-kirundi","category-news","category-world-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Igihugu c\u2019Ubushinwa catoye uburyo bushasha kandi bivurwa ko aribwo bwiza bwo gupima ikiza ca Corona Virus kigeramiye isi. Ubwo buryo butariko buvurwako rumwe n\u2019ugupima bacishije mu gisusu. Ubwo buryo nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mpuzamakungu abishikiriza ngo bwaratanguye gukoresha muri ico gihugu kuri ba mukerarugendo baba bashaka kwinjira muri ico gihugu, ariko kandi no ku benegihugu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-01-30T19:24:06+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/01\/juge-plus-fiable-la-chine-utilise-le-test-anal-pour-detecter-le-covid-19-1200x667-1.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1200\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"667\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/\",\"name\":\"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-01-30T19:24:06+00:00\",\"dateModified\":\"2021-01-30T19:24:06+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Igihugu c\u2019Ubushinwa catoye uburyo bushasha kandi bivurwa ko aribwo bwiza bwo gupima ikiza ca Corona Virus kigeramiye isi. Ubwo buryo butariko buvurwako rumwe n\u2019ugupima bacishije mu gisusu. Ubwo buryo nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru mpuzamakungu abishikiriza ngo bwaratanguye gukoresha muri ico gihugu kuri ba mukerarugendo baba bashaka kwinjira muri ico gihugu, ariko kandi no ku benegihugu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-01-30T19:24:06+00:00","og_image":[{"width":1200,"height":667,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/01\/juge-plus-fiable-la-chine-utilise-le-test-anal-pour-detecter-le-covid-19-1200x667-1.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/","name":"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-01-30T19:24:06+00:00","dateModified":"2021-01-30T19:24:06+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mu-bushinwa-umwanda-mukuru-niwo-ugiye-kuza-urabwamwo-ikiza-ca-corona-virus\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo ikiza ca Corona Virus\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24605","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=24605"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24605\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":24608,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24605\/revisions\/24608"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/24606"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=24605"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=24605"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=24605"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}