{"id":24714,"date":"2021-02-03T12:06:31","date_gmt":"2021-02-03T12:06:31","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=24714"},"modified":"2021-02-03T12:06:31","modified_gmt":"2021-02-03T12:06:31","slug":"dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/","title":{"rendered":"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba"},"content":{"rendered":"<p><strong>Umusi umuziki uzoba winjiza amafaranga meza, kuvuza umuziki azoca ashira hasi aje kurya amafaranga y\u2019umuziki. Ariko ubu aho bigeze ngo umuziki ntiwinjiza nk\u2019ubu Dj, kubwa Dj Philbyte kuvuza umuziki vyopfuma. Ivyo n\u2019ivyo uwo muririmvyi akaba n\u2019uwuvuza umuziki mu birori bitandukanye, yaganirije mugenzi wacu.<\/strong><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, uwo musore yavuze ko yasanze abaririmvyi bamaze imyaka itari mike mu muziki ngo aribo baronka amafaranga bonyene, ngo ni nabo batanakenera ubundi buzi ku ruhande. Nayo bashasha bo ngo ntaco bahanoba.<\/p>\n<p>Yagize ati : <em>\u201c Nabonye umengo abaronka amafranga mu muziki, n\u2019abaririmvyi babimazemwo igihe kirekire. Babandi nyene nibo baronka amafaranga, nibo usanga ata n\u2019akandi kazi bakenera mu buzima, muga twebwe urakenera akandi kazi ko ku ruhande.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro yagiranye na Siren Vibe, Philbert yanavuze ko ico abantu benshi batazi nuko yatanguye gukora umuziki imbere yuko aja gukora ubu Dj, ariko ngo yisanze ivy\u2019umuziki abanje kubishira hasi kuko yumva ko ijwi ritameze neza, ariko biza guhinduka ku ndirimbo Oroha, kubera bamugobereye ngo ashiremwo ijwi ryiwe.<\/p>\n<p><em>\u201cJe natanguye kuririmba imbere, kandi umuntu yadufashe amajwi ubwa mbere ni Yves Kolly, muga ico gihe ntivyari Serieux, twabigize nk\u2019ugukina, kandi ico gihe narumvise ijwi ryanje sinarikunze. Nico gituma n\u2019indirimbo nakoze mu nyuma sinashatse gushiramwo amajwi.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Mwomenya ko aheruka gushira ahabona Mixtape y\u2019indirimbo z\u2019abarundi gusa, iyo ikaba iboneka ku rubuga rwiwe rwa Youtube, akaba kandi yashikirije ko ubwo buryo bwa Mixtape ariwe yatanguye kubukora hano iwacu mu runganwe rushasha rw\u2019aba Dj.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umusi umuziki uzoba winjiza amafaranga meza, kuvuza umuziki azoca ashira hasi aje kurya amafaranga y\u2019umuziki. Ariko ubu aho bigeze ngo umuziki ntiwinjiza nk\u2019ubu Dj, kubwa Dj Philbyte kuvuza umuziki vyopfuma. Ivyo n\u2019ivyo uwo muririmvyi akaba n\u2019uwuvuza umuziki mu birori bitandukanye, yaganirije mugenzi wacu. Muri ico kiganiro, uwo musore yavuze ko yasanze abaririmvyi bamaze imyaka itari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":24718,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-24714","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umusi umuziki uzoba winjiza amafaranga meza, kuvuza umuziki azoca ashira hasi aje kurya amafaranga y\u2019umuziki. Ariko ubu aho bigeze ngo umuziki ntiwinjiza nk\u2019ubu Dj, kubwa Dj Philbyte kuvuza umuziki vyopfuma. Ivyo n\u2019ivyo uwo muririmvyi akaba n\u2019uwuvuza umuziki mu birori bitandukanye, yaganirije mugenzi wacu. Muri ico kiganiro, uwo musore yavuze ko yasanze abaririmvyi bamaze imyaka itari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-03T12:06:31+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1612353633862.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/\",\"name\":\"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-03T12:06:31+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-03T12:06:31+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umusi umuziki uzoba winjiza amafaranga meza, kuvuza umuziki azoca ashira hasi aje kurya amafaranga y\u2019umuziki. Ariko ubu aho bigeze ngo umuziki ntiwinjiza nk\u2019ubu Dj, kubwa Dj Philbyte kuvuza umuziki vyopfuma. Ivyo n\u2019ivyo uwo muririmvyi akaba n\u2019uwuvuza umuziki mu birori bitandukanye, yaganirije mugenzi wacu. Muri ico kiganiro, uwo musore yavuze ko yasanze abaririmvyi bamaze imyaka itari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-03T12:06:31+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1612353633862.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/","name":"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-03T12:06:31+00:00","dateModified":"2021-02-03T12:06:31+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-philbyte-ngo-abaririmvyi-ba-kera-nibo-bonyene-binjiza-amafaranga-nayabandi-ntaco-bahanoba\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Dj Philbyte ngo abaririmvyi ba kera nibo bonyene binjiza amafaranga, nay\u2019abandi ntaco bahanoba"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24714","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=24714"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24714\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":24719,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24714\/revisions\/24719"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/24718"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=24714"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=24714"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=24714"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}