{"id":24903,"date":"2021-02-12T17:29:57","date_gmt":"2021-02-12T17:29:57","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=24903"},"modified":"2021-02-12T17:33:17","modified_gmt":"2021-02-12T17:33:17","slug":"yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/","title":{"rendered":"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose"},"content":{"rendered":"<p><em>Inkuru yanditse n\u2019urubuga Yaga Burundi, igaruka ku kanovera k\u2019umuziki ugize imyaka hafi 10 uriko urakorwa n\u2019abarundi ntiriko ivugwako rumwe n\u2019abaririmvyi batandukanye, aho bamwe basa n\u2019abashizemwo agashavu katari gato.<\/em><\/p>\n<p>Bakoresheje imbuga ngurukanabumenyi basanzwe bakoresha, \u00a0abaririmvyi bamwe bamwe bagize ico bashikiriza kuri iyo nkuru yavuga ku kanovera k\u2019umuziki ndundi aho bavuga ko gasa n\u2019akatumutse nk\u2019ifu y\u2019imijira. Izo ndirimbo ziriko zirasohoka muri iyi myaka 11 iheze ngo zose zisa nkaho ari zimwe, kuko n\u2019ubutumwa burabishwa hamwe gusa.<\/p>\n<p>Mu Bagize ico bashikiriza, Big Fizzo yafatiye mu Rwara ico kinyamakuru cashizeko iyo nkuru aho yabasavye kubanza kureka gukoresha ibikoresho mvamahanga, bagasubira kuba mu mashamba nk\u2019ibikoko ngo aho niho bazoheza bakigisha abantu uko bakwiye kugendera umuco n\u2019akaranga muri kino kinjana ca 21.<\/p>\n<p>Big Fizzo yagize ati : <em>\u201c(&#8230;) Abo mwigira les Promoteurs de la Culture Burundaise nimubanze musubire mwambare impuzu z\u2019ibiti, muve mu mazu yaba Colonies musubire kuba mu biti n\u2019ibikoko, mureke gukoresha ama machine z\u2019abazungu, n\u2019indimi z\u2019abanyamahanga. Hama mubone gutangura \u00a0kugira ama Critique y\u2019ukuntu abarundi bakwiye kugendera akaranga muri 21 eme Siecle.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Big Fizzo ntiyatamvye yirorera kuko hari abatari bake mu bagize ico bashikiriza ku rubuga rwiwe rwa Facebook basa n\u2019abateretswe ivyo ico kinyamakuru canditse kuko babona ko ikinyamakuru cashizemwo akagaye kenshi, nk\u2019aho umengo abaririmvyi ngo ntibazi ico bakora.<\/p>\n<p>Uwitwa Lapaz yagize ati : <em>\u201c(\u2026) none wewe wasomye agasuzuguro Yaga yakoresheje nkah\u2019umengo abaririmvyi ntibazi ivyo bakora,(\u2026) har\u2019abantu babayeho kubera music bakora bakaja hanze bagakorera amafranga atunga umuryango. Ikintu utakirimwo si vyiza gucritiqua.\u201d<\/em><\/p>\n<p>S\u2019uyo gusa yagize ico ashikiriza kuko hari n\u2019abandi batari bake batashimye uko uwo muririmvyi yashikirije ico yarafise ku mutima. Mubo twabashije kubona harimwo ababona ko iciyumviro buri gihe ngo gishikirizwa mu rupfasoni, nayo abandi nabo bakaba bamubwiye ko yarakwiye kwiga kwubaha.<\/p>\n<p>Umwe mu batavuze rumwe nawe akaba yagize ati :<em>\u201cBanza ugabanye agashavu d\u2019abord kuko nivyo wanditse biraboneka ko harimwo amakosa menshi. Hama mu Kirundi bati : \u201cUbwiriza uwurya ngo uransaba\u201d. Hama kandi burya ngo:\u201c Iyo uteye ibuye mu mbwa nyinshi iyimotse niyo uba ugemye\u201d. <\/em><em>Ku ruhande iwanje il n\u2019y a pas de Creativite dans la musique burundaise. Raba mwikebuke. (\u2026)\u201d<\/em><\/p>\n<p>Big fizzo siwe wenyene yagarutse kuri iyo nkuru kuko hari n\u2019abandi nka BOBONA abarizwa ku mugabane wa buraya yamenyesheje ari irya mbera asomye inkuru yanditse kuri ico kinyamakuru ku bijanye n\u2019umuziki akayisubiramwo incuro 10 zose. Yagize ati\u00a0: <em>\u201c Nirya mbere binshikiye nkasoma incuro zirenga 10, inkuru yerekeye umuziki iciye ku rubuga rwa YAGA. Bon sinzi wanditse iyo nkuru muga kimwe gusa iyi ni intererano akoze, ntitwirengagize ivyo tubona, kuvuga ukuri vyofasha cane, Yaga bien sana kweli. \u201d <\/em><\/p>\n<p>Si abo gusa kuko n\u2019abandi batandukanye barimwo umuririmvyi Francis Muhire nabo babashije kugira ico bashikiriza, aho babona neza ivy\u2019iyo nkuru.<\/p>\n<p>Muri iyo nkuru bakaba banagarutse ku muririmvyi Kirikou aho muri imwe mu ndirimbo ziheruka gushirwa ahabona asa n\u2019uwavuze mu mvugo zifobetse ibibera ahihishije. Uwo mwanditsi w\u2019iyo nkuru akaba yasa n\u2019uwudoma urutoke kuri Big Fizzo ko atarakwiye kurera uwo mwana uko.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo na Sat-B ivyo bakoze bitamenyerewe\ud83d\ude33|Agashimwe muri Tanzania n&#039;ako muri Russie|Amafaranga\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/TP4vdfPhEyU?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inkuru yanditse n\u2019urubuga Yaga Burundi, igaruka ku kanovera k\u2019umuziki ugize imyaka hafi 10 uriko urakorwa n\u2019abarundi ntiriko ivugwako rumwe n\u2019abaririmvyi batandukanye, aho bamwe basa n\u2019abashizemwo agashavu katari gato. Bakoresheje imbuga ngurukanabumenyi basanzwe bakoresha, \u00a0abaririmvyi bamwe bamwe bagize ico bashikiriza kuri iyo nkuru yavuga ku kanovera k\u2019umuziki ndundi aho bavuga ko gasa n\u2019akatumutse nk\u2019ifu y\u2019imijira. Izo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":24904,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-24903","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inkuru yanditse n\u2019urubuga Yaga Burundi, igaruka ku kanovera k\u2019umuziki ugize imyaka hafi 10 uriko urakorwa n\u2019abarundi ntiriko ivugwako rumwe n\u2019abaririmvyi batandukanye, aho bamwe basa n\u2019abashizemwo agashavu katari gato. Bakoresheje imbuga ngurukanabumenyi basanzwe bakoresha, \u00a0abaririmvyi bamwe bamwe bagize ico bashikiriza kuri iyo nkuru yavuga ku kanovera k\u2019umuziki ndundi aho bavuga ko gasa n\u2019akatumutse nk\u2019ifu y\u2019imijira. Izo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-12T17:29:57+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-02-12T17:33:17+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613149863489.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/\",\"name\":\"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-12T17:29:57+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-12T17:33:17+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inkuru yanditse n\u2019urubuga Yaga Burundi, igaruka ku kanovera k\u2019umuziki ugize imyaka hafi 10 uriko urakorwa n\u2019abarundi ntiriko ivugwako rumwe n\u2019abaririmvyi batandukanye, aho bamwe basa n\u2019abashizemwo agashavu katari gato. Bakoresheje imbuga ngurukanabumenyi basanzwe bakoresha, \u00a0abaririmvyi bamwe bamwe bagize ico bashikiriza kuri iyo nkuru yavuga ku kanovera k\u2019umuziki ndundi aho bavuga ko gasa n\u2019akatumutse nk\u2019ifu y\u2019imijira. Izo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-12T17:29:57+00:00","article_modified_time":"2021-02-12T17:33:17+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613149863489.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/","name":"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-12T17:29:57+00:00","dateModified":"2021-02-12T17:33:17+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaga-yateye-ibuye-mu-mwijima-big-fizzo-akoma-induru-none-uruhagarara-ni-rwose\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Yaga yateye ibuye mu mwijima Big Fizzo akoma induru, none uruhagarara ni rwose"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24903","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=24903"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24903\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":24906,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24903\/revisions\/24906"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/24904"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=24903"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=24903"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=24903"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}