{"id":24965,"date":"2021-02-15T16:32:38","date_gmt":"2021-02-15T16:32:38","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=24965"},"modified":"2021-02-15T16:32:38","modified_gmt":"2021-02-15T16:32:38","slug":"ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/","title":{"rendered":"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore?"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Ubwo ibiheruka kuba ku muhisi Karim Babel vyoba arivyo bitumye akagozi gacika noneho hagakenerwa ko igikorwa kijanye n\u2019ugufasha abagwaye gifata umurongo mwiza? Ico n\u2019ikibazo wokwibaza inyuma y\u2019ukuraba ikiyago Boris Mucowintore aheruka kugirana na mugenziwe Joelle ku rubuga rwa Instagram.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Ibikorwa bijanye n\u2019ugufasha abantu bagwaye ngo baje kwivuza mu mahanga ngo birimwo akajagari kenshi cane, ivyo ni ibibonwa n\u2019abatari bake, bikaba binabagora vyukuri kumenya uko bigenda mu kwivuza, nimba uburyo bwasabwe aribwo bwakoreshejwe, nimba yagiye, nimba yarakize, nimba hari ikindi bomufasha, n\u2019ibindi vyinshi.<\/p>\n<p>Hari n\u2019abafasha baheza bakadebukirwa ntibasubire kugira ico bafasha kuko badaheza ngo bamenye ivyakurikiye inyuma y\u2019ugutanga amafaranga. Ico nico umwe mu basore b\u2019abarundi baba mu gihugu Canada yashimye gutorera umuti mu kuzoshinga Fondation izoba ije kugira ibere ikiraro abafasha n\u2019abafashwa.<\/p>\n<p>Muri ico kiyago Boris yagiranye n\u2019ico ncuti yiwe Joelle kuri Instagram Live, yamenyesheje ko bipfuza ko abazotanga amafaranga yo gufasha bazoheza nabo bagahabwa icegeranyo c\u2019uko amafaranga batanze yakoreshejwe, banamenye n\u2019abo bafashije uburyo bariko baragenda bamera neza.<\/p>\n<p>Boris yavuze ko iyo Fondation bashaka gushing itazotanga amafaranga yose uwo muntu yoba akeneye, ahubwo ngo bazoraba ibisata bimwe bimwe bazoza bafashamwo kugira bikunde bafashe benshi bashoboka. Ikindi yashikirije nuko bipfuza kudatanga amafaranga mu ntoke, ahubwo ngo bashima kuzokwirihira bo nyene, kugira bamenye neza ko ubwo buryo bwakoreshejwe na cane cane\u00a0 baze baronke ivyo bazereka ababahaye ubwo buryo.<\/p>\n<p>Iyo Fondation kandi nkuko Boris yabandanije abishikiriza ngo ntibazogira kuvyo umuvyeyi canke uwasavye ubufasha ashaka, ahubwo ngo bazogira kuco abaganga bavuga, na cane cane uwabo kuko bazoba bifitiye umuganga wabo bazoshira impapuro zatanzwe n\u2019umuryango kugira bikunde ababwire ico gukora.\u00a0 Ivyo ngo babifashe uko kubera basanze hari abashobora kwipfuza ibihugu vya kure kandi hafi yiwe bashobora kumuvura kandi agakira neza.<\/p>\n<p>Iyo Fondation itarabasha kumenyekana izina ryayo, avuga ko ishobora kutazokwandikwa I Burundi , ahubwo ikandikwa muri Canada kubera basanze ibisabwa kugira babashe kwandikwa I Bujumbura biremereye nk\u2019amabuye.<\/p>\n<p>Boris muri ico kiyago kandi yamenyesheje ko atazoba ari wenyene, akaba yashimye gufatanya na bamwe mu bakize basabiwe ubufasha biciye muri iyo nzira nyene, barimwo Yousla. Boris kandi akaba avuga ko atazosubira kwitaba urugamba rwo guterereza amafaranga mu gihe ico gikorwa kitazoba kiriko gikorwa n\u2019iyo Fondation azoba arimwo.<\/p>\n<p>Mwokwibuka ko umuhisi Karim Babel yari afise ikibazo c\u2019amafyigo aheruka kwitaba Imana mu gihe yari yabashije kwegeranirizwa ayarenga Imiliyoni 90 z\u2019amafaranga ya hano iwacu, kugira aje kwivuza mu gihugu ca Kenya, ariko bikaza guhinduka bamenyesheje ko bipfuza kumutwara ku mugabane wa buraya.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Stand up for Karim Babel\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/rtyXuvrUn8I?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ubwo ibiheruka kuba ku muhisi Karim Babel vyoba arivyo bitumye akagozi gacika noneho hagakenerwa ko igikorwa kijanye n\u2019ugufasha abagwaye gifata umurongo mwiza? Ico n\u2019ikibazo wokwibaza inyuma y\u2019ukuraba ikiyago Boris Mucowintore aheruka kugirana na mugenziwe Joelle ku rubuga rwa Instagram. Ibikorwa bijanye n\u2019ugufasha abantu bagwaye ngo baje kwivuza mu mahanga ngo birimwo akajagari kenshi cane, ivyo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":24964,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519],"tags":[],"class_list":["post-24965","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ubwo ibiheruka kuba ku muhisi Karim Babel vyoba arivyo bitumye akagozi gacika noneho hagakenerwa ko igikorwa kijanye n\u2019ugufasha abagwaye gifata umurongo mwiza? Ico n\u2019ikibazo wokwibaza inyuma y\u2019ukuraba ikiyago Boris Mucowintore aheruka kugirana na mugenziwe Joelle ku rubuga rwa Instagram. Ibikorwa bijanye n\u2019ugufasha abantu bagwaye ngo baje kwivuza mu mahanga ngo birimwo akajagari kenshi cane, ivyo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-15T16:32:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613404063917.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/\",\"name\":\"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-15T16:32:38+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-15T16:32:38+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ubwo ibiheruka kuba ku muhisi Karim Babel vyoba arivyo bitumye akagozi gacika noneho hagakenerwa ko igikorwa kijanye n\u2019ugufasha abagwaye gifata umurongo mwiza? Ico n\u2019ikibazo wokwibaza inyuma y\u2019ukuraba ikiyago Boris Mucowintore aheruka kugirana na mugenziwe Joelle ku rubuga rwa Instagram. Ibikorwa bijanye n\u2019ugufasha abantu bagwaye ngo baje kwivuza mu mahanga ngo birimwo akajagari kenshi cane, ivyo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-15T16:32:38+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613404063917.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/","name":"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-15T16:32:38+00:00","dateModified":"2021-02-15T16:32:38+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyashikiye-umuhisi-karim-babel-yoba-ariyo-mbarutso-yishingwa-rya-fondation-ya-boris-mucowintore\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ivyashikiye umuhisi Karim Babel yoba ariyo mbarutso y\u2019ishingwa rya Fondation ya Boris Mucowintore?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24965","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=24965"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24965\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":24966,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24965\/revisions\/24966"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/24964"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=24965"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=24965"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=24965"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}