{"id":24969,"date":"2021-02-15T21:14:37","date_gmt":"2021-02-15T21:14:37","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=24969"},"modified":"2021-02-16T11:44:38","modified_gmt":"2021-02-16T11:44:38","slug":"steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/","title":{"rendered":"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi"},"content":{"rendered":"<p><em><strong>Insamirizi Africa for hope n\u2019insamirizi ivugira mu gihugu ca Sweden, ikaba isanzwe itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi. Iyo nsamirizi ikaba gushika ubu icishako ibiganiro vy\u2019imice 3, birimwo ic\u2019inkino (Sport), abanyafrika turahari kandi turashoboye \u00a0\u00a0n\u2019ic\u2019ubuntu n\u2019ubwisange. Iyo nsamirizi ikaba itarakwiza umwaka itanguye, kuko yatanguye mu mwaka wa 2020.<\/strong><\/em><\/p>\n<p>Muri Live ya Instagram yaciye ku rubuga rwa Tugumadori ku musi w\u2019ejo igenekerezo rya 14\/2. Umurongozi wayo ariwe Steve Derrick benshi bamenye muri Rema Sport mu myaka y\u2019imbere ya 2011, yavuze uburyo iyo nsamirizi yatanguye n\u2019intambamyi bahuye nazo.<\/p>\n<p>Muri ico kiyago yavuze ko intambamyi bahuye nazo nuko vyabaye ngombwa ko abanza gusubira ku ntebe y\u2019ishure kugira bikunde bamuhe uruhusha rwo gukora uwo mwuga muri ico gihugu. S\u2019ico gusa kuko ngo abo biganye bari bashimye gushingana iyo nsamirizi ngo ntivyakunze kubera batashotse babemerera, noneho bacike integer hakiri kare.<\/p>\n<p>Steve avuga ko inyuma y\u2019ukwankirwa akatari gake rimwe bakabahora ururimi, ikindi gihe bakabahora izina, eka ngo ntihabura ico bahogwa gushika bahinduye umugambi w\u2019iyo nsamirizi ikaza kwitirirwa iy\u2019abarundi n\u2019abanyarwanda.<\/p>\n<p>Steve Derrick avuga ko gushika ubu ata Studio n\u2019umurongo (Frequence) vyabo bwite bafise, ahubwo ngo barakotesha umurongo co kimwe na Studio bakorerako, kuko kugira babashe kubironka ngo bibasaba amafaranga atari musi y\u2019 25,000 $, nkuko yabandanije abivuga muri ico kiyago yarimwo.<\/p>\n<p>Imbere yuko ikiza ca Corona Virus gikomera muri ico gihugu ngo bari bamaze kuronka ababashigikira, akaba yavuze ko bashobora kuronka uburyo uwubarihira nk\u2019ico kibanza bakoreramwo mu kiringo nk\u2019ic\u2019umwaka wose canke imyaka 2.<\/p>\n<p>Steve Derrick akaba ahanura abandi bose boshima gushinga ibinyamakuru mu bihugu basuhukiyemwo ko bobanza bakabaza amategeko muri ivyo bihugu uko yifashe n\u2019ico avuga ku bashaka gushinga ibinyamakuru.<\/p>\n<p>Mwomenya ko Steve Derrick adakorera iyo nsamirizi gusa, kuko imbere yuko batangura ngo yarafise akandi kazi vybaye ngombwa ko agabaya amasaha yakora, kugira bikunde aronke umwanya wo kuja gukorera iyo nsamirizi.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#diaspora News Styves Derrick yoba agiye kugaruka mu burundi?\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/oG2SsahJRLQ?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Insamirizi Africa for hope n\u2019insamirizi ivugira mu gihugu ca Sweden, ikaba isanzwe itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi. Iyo nsamirizi ikaba gushika ubu icishako ibiganiro vy\u2019imice 3, birimwo ic\u2019inkino (Sport), abanyafrika turahari kandi turashoboye \u00a0\u00a0n\u2019ic\u2019ubuntu n\u2019ubwisange. Iyo nsamirizi ikaba itarakwiza umwaka itanguye, kuko yatanguye mu mwaka wa 2020. Muri Live ya Instagram yaciye ku rubuga rwa [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":24974,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,527,515,519],"tags":[],"class_list":["post-24969","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-diaspora","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Insamirizi Africa for hope n\u2019insamirizi ivugira mu gihugu ca Sweden, ikaba isanzwe itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi. Iyo nsamirizi ikaba gushika ubu icishako ibiganiro vy\u2019imice 3, birimwo ic\u2019inkino (Sport), abanyafrika turahari kandi turashoboye \u00a0\u00a0n\u2019ic\u2019ubuntu n\u2019ubwisange. Iyo nsamirizi ikaba itarakwiza umwaka itanguye, kuko yatanguye mu mwaka wa 2020. Muri Live ya Instagram yaciye ku rubuga rwa [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-15T21:14:37+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-02-16T11:44:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613424230892.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/\",\"name\":\"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-15T21:14:37+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-16T11:44:38+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Insamirizi Africa for hope n\u2019insamirizi ivugira mu gihugu ca Sweden, ikaba isanzwe itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi. Iyo nsamirizi ikaba gushika ubu icishako ibiganiro vy\u2019imice 3, birimwo ic\u2019inkino (Sport), abanyafrika turahari kandi turashoboye \u00a0\u00a0n\u2019ic\u2019ubuntu n\u2019ubwisange. Iyo nsamirizi ikaba itarakwiza umwaka itanguye, kuko yatanguye mu mwaka wa 2020. Muri Live ya Instagram yaciye ku rubuga rwa [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-15T21:14:37+00:00","article_modified_time":"2021-02-16T11:44:38+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613424230892.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/","name":"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-15T21:14:37+00:00","dateModified":"2021-02-16T11:44:38+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/steve-derrick-yashinze-insamirizi-muri-sweden-itanga-ibiganiro-mu-rurimi-rwikirundi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Steve Derrick yashinze insamirizi muri Sweden itanga ibiganiro mu rurimi rw\u2019ikirundi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24969","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=24969"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24969\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":24978,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/24969\/revisions\/24978"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/24974"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=24969"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=24969"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=24969"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}