{"id":25062,"date":"2021-02-19T16:09:04","date_gmt":"2021-02-19T16:09:04","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25062"},"modified":"2021-02-19T16:20:12","modified_gmt":"2021-02-19T16:20:12","slug":"ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/","title":{"rendered":"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Inyuma y\u2019amezi 2 ya Ndirimbo\u00a0 Beautifull ya Sat-b na Meddy yahavuye ikwiza Views zirenga 1,000,000. Ikaba ikwije izo Views iri kuri Youtube ifise abantu bake cane kandi atari na Official Video, ariko ari Video bakoze irimwo amajambo ari mu ndirimbo gusa.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Iyo ndirimbo ikaba ishikanye izo Views inyuma y\u2019isekeza ryakozwe n\u2019abatari bake mu barundi mu guhimiriza abantu kugira babandanye kuyiraba no kugisangiza abandi (share) ku mbuga ngurukanabumenyi.<\/p>\n<p>Muri uku kwezi kwa 2 yarimaze ishizwe ku rubuga rwa Youtube, kandi imaze gukwiza views 500,000, niho twabonye bamwe mu bagize umugwi ukorera hafi ya Meddy batangura kuyishigikira, aho n\u2019inyuma yaho ibinyamakuru bitandukanye birimwo n\u2019ivyo mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda biboneye ko Sat-b ariko atamba yirorera.<\/p>\n<p>Mu kiganiro Sat-b yatanze ku kinyamakuru Igihe, yamenyesheje ko ibura ry\u2019amasanamu y\u2019indirimbo Beautifull ikosa ari irya Meddy. Insiguro yatanga ngo nuko Meddy yabuze akanya mu myaka 2 iheze kugira bikunde babashe gukorana Amasanamu.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi ntiyagarukiye ngaho yanavuze ko Meddy kuba atoboneka mu ndirimbo ngo ata kosa yakoze kuko ico yasabwa yaragishikanye nkuko tubikesha ikiyago yagiranye n&#8217;ikinyamakuru Igihe co mu Rwanda. Nayo Meddy n&#8217;ino Saha aracari mu gacerere.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019imyaka 2 ikozwe, iyo ndirimbo ikaba yahavuye ishirwa muri EP yashize ahabona muri uno mwaka wa 2020 yise Romantic Sound.<\/p>\n<p>Muri urwo rugendo rw&#8217;imyaka 2, Iyo ndirimbo yahuye n\u2019ibibazo bitari bike. bimwe bikaba ari nk&#8217;aho Manager bakorana igihe yakora iyo ndirimbo yigeze gukangisha Sat-b gusohora amajwi y\u2019iyo ndirimbo. Aho hakaba hari inyuma yaho batandukaniye bitameze neza, bagirizanya ubusuma ku mpande zose.<\/p>\n<p>Ico gihe nyene haravuzwe ko hari n\u2019amafaranga yatanzwe na DJ Paulin kugira bikunde aje gukorana na Meddy\u00a0 iyo ndirimbo yakozwe na Yogo Beat mu gihugu ca Tanzania, aho bahuriye uwo muririmvyi yagiye mu bikorwa vy\u2019umuziki, ariko kandi bikanavugwa ko DJ Paulin yaragiye muri Tanzania kuvuga na Meddy kuvy Concert itahavuye iba.<\/p>\n<p>Ico gihe nyene vyaravuzwe ko amajwi ya Meddy Ari mu ndirimbo yakoranye na Sat-b azokurwamwo agasubirizwa n&#8217;ay&#8217;uwundi muririmvyi, uwo nawe yavugwa akaba yari Mb Data, noneho ngo bakorane Indirimbo batanabanje gukorana mu ntoke.<\/p>\n<p>Naho wumva yahuye n\u2019ibibazo bitari bike, icizere co ngo kirahari ko iyo ndirimbo ishobora gukorerwa amasanamu nkuko abafana b\u2019uwo muririmvyi babandanije babisaba. Ayo masanamu kandi ngo ashobora gukorwa mu gihe kitari ica kure, kuko Management z\u2019abo baririmvyi bose uko ari 2, Sat-b na Meddy, ngo hari ibiyago barimwo kandi biriko bigenda neza nkuko yabiyagiye imwe mu mboneshakure za hano iwacu.<\/p>\n<p>Iyo Ndirimbo Beautifull\u00a0 ya Sat-b na Meddy ikaba ije ikurikira Umbamwo ya Esther Nish na Kidum nayo yaheruka gukwiza Umuliyoni kuri Youtube ya Kidum, co kimwe n&#8217;iya Hold me ya Iry tina.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Beautiful by Sat-B ft Meddy ikoze amateka 1M Views| Sat-B akoze ibidasanzwe kuri Wanda Boy na Abdoul\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/fkE7BrLbQ4A?start=34&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y\u2019amezi 2 ya Ndirimbo\u00a0 Beautifull ya Sat-b na Meddy yahavuye ikwiza Views zirenga 1,000,000. Ikaba ikwije izo Views iri kuri Youtube ifise abantu bake cane kandi atari na Official Video, ariko ari Video bakoze irimwo amajambo ari mu ndirimbo gusa. Iyo ndirimbo ikaba ishikanye izo Views inyuma y\u2019isekeza ryakozwe n\u2019abatari bake mu barundi mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25064,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-25062","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma y\u2019amezi 2 ya Ndirimbo\u00a0 Beautifull ya Sat-b na Meddy yahavuye ikwiza Views zirenga 1,000,000. Ikaba ikwije izo Views iri kuri Youtube ifise abantu bake cane kandi atari na Official Video, ariko ari Video bakoze irimwo amajambo ari mu ndirimbo gusa. Iyo ndirimbo ikaba ishikanye izo Views inyuma y\u2019isekeza ryakozwe n\u2019abatari bake mu barundi mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-19T16:09:04+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-02-19T16:20:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/InShot_20210219_180143099-scaled.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"2560\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1439\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/\",\"name\":\"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-19T16:09:04+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-19T16:20:12+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma y\u2019amezi 2 ya Ndirimbo\u00a0 Beautifull ya Sat-b na Meddy yahavuye ikwiza Views zirenga 1,000,000. Ikaba ikwije izo Views iri kuri Youtube ifise abantu bake cane kandi atari na Official Video, ariko ari Video bakoze irimwo amajambo ari mu ndirimbo gusa. Iyo ndirimbo ikaba ishikanye izo Views inyuma y\u2019isekeza ryakozwe n\u2019abatari bake mu barundi mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-19T16:09:04+00:00","article_modified_time":"2021-02-19T16:20:12+00:00","og_image":[{"width":2560,"height":1439,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/InShot_20210219_180143099-scaled.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/","name":"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-19T16:09:04+00:00","dateModified":"2021-02-19T16:20:12+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngaya-amakuba-beautifull-yaciyemwo-ngo-akwize-umuliyoni-kuri-youtube\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ngaya Amakuba Beautifull yaciyemwo ngo akwize Umuliyoni kuri Youtube"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25062","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25062"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25062\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25067,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25062\/revisions\/25067"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25064"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25062"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25062"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25062"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}