{"id":25079,"date":"2021-02-20T18:57:28","date_gmt":"2021-02-20T18:57:28","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25079"},"modified":"2021-02-20T18:57:28","modified_gmt":"2021-02-20T18:57:28","slug":"wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/","title":{"rendered":"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV"},"content":{"rendered":"<p><em><strong>Umuririmvyi Wiz Designer ngo ntiyari muri management ya Fanny Nyamurangwa, ahubwo abo muri DFTV ngo bari mu bamushigikiye bikomeye. \u00a0Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n\u2019imboneshakure\u00a0 ya hano iwacu<\/strong>.<\/em><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko yasanze ukugirana imigenderanire ya hagufi na DFTV ngo cari ikibazo gikomeye kubera hari abantu batari bake batarabana ryiza n\u2019uwo mumenyeshamakuru akaba n\u2019umuyobozi mukuru wa DFTV.<\/p>\n<p><em>\u201cKwa Fanny kuri DFTV sinari muri Management, n\u2019abantu banshigikira bivanye n\u2019ingabire mfise, bakavuga bati ubuze iki reka tugufashe iki,reka tuguserukire kuri iki kugira nawe utere imbere. Ico ndamushimira, yaramfashije ibintu vya Video n\u2019ibindi vy\u2019ubuzima busanzwe.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Wiz designer yabandanije agira ati : <em>\u201cNabaye bugire kurya kuko nasanze yarafise ukutumvikana hagati y\u2019abandi bamenyeshamakuru, je ndi umuririmvyi sinshaka kugira beef n\u2019umumenyeshamakuru, ndondera kuba ndi mwiza ku muntu uwariwe wese, kugira umuziki wanje ubashe gushikira buri muntu biciye ku muntu wese amenyekanisha umuziki. \u201d<\/em><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro uwo muririmvyi yabandanije avuga ko hamaze kubamwo umuntu avuga ko badashobora kumushigikira kubera hari ico badahurizako n\u2019uwo bakorana. Ngo nico gituma yaciye ashima gushira ahabona ubucuti bwabo uko bwari bumeze.<\/p>\n<p><em>\u201cHamaze kuba aba bantu bavuga bati uyu muntu ntidushobora kumushigikira kubera ari musi y\u2019uburongozi y\u2019uyu muntu, kandi uwo muntu ntitwumvikana, urumva uyu musore wiwe ntidushobora kumushigikira. Nagomba ndabishire ahabona nti jewe nshaka munshigikire kuko ibiri hagati yawe n\u2019urya, jewe \u00a0ntavyo nzi sinzi ingene vyatanguye. Nashaka kubishira ahabona ko ntari muri management ya DJ Fanny. \u201d<\/em><\/p>\n<p>Uyo musore mushasha mu muziki ndundi\u00a0 yabandanije avuga ko yikorana muri bino bihe, ariko afise abo barikumwe bafashanya mu gutunganya ibikorwa yiwe.<\/p>\n<p>Mwokwibuka ko aheruka gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yise Valentine yanashiriwe ahabona amasanamu inyuma y\u2019ukwezi hashizwe ahabona amajwi yayo ku rubuga rwa Youtube yiwe.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Dj Fanny arashize ukuri ahabona kunkuru yuko yivye Ivyuma, Biragutangaza cane, NTUCIKWE\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/7zBRuHHFexw?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umuririmvyi Wiz Designer ngo ntiyari muri management ya Fanny Nyamurangwa, ahubwo abo muri DFTV ngo bari mu bamushigikiye bikomeye. \u00a0Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n\u2019imboneshakure\u00a0 ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko yasanze ukugirana imigenderanire ya hagufi na DFTV ngo cari ikibazo gikomeye kubera hari abantu batari bake batarabana ryiza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25082,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-25079","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umuririmvyi Wiz Designer ngo ntiyari muri management ya Fanny Nyamurangwa, ahubwo abo muri DFTV ngo bari mu bamushigikiye bikomeye. \u00a0Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n\u2019imboneshakure\u00a0 ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko yasanze ukugirana imigenderanire ya hagufi na DFTV ngo cari ikibazo gikomeye kubera hari abantu batari bake batarabana ryiza [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-20T18:57:28+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613844136461.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/\",\"name\":\"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-20T18:57:28+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-20T18:57:28+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umuririmvyi Wiz Designer ngo ntiyari muri management ya Fanny Nyamurangwa, ahubwo abo muri DFTV ngo bari mu bamushigikiye bikomeye. \u00a0Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n\u2019imboneshakure\u00a0 ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yavuze ko yasanze ukugirana imigenderanire ya hagufi na DFTV ngo cari ikibazo gikomeye kubera hari abantu batari bake batarabana ryiza [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-20T18:57:28+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1613844136461.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/","name":"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-20T18:57:28+00:00","dateModified":"2021-02-20T18:57:28+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wiz-designer-yagarutse-ku-mpamvu-nyezina-yatumye-ahagarika-ubucuti-bwa-hafi-cane-na-dftv\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Wiz designer yagarutse ku mpamvu nyezina yatumye ahagarika ubucuti bwa hafi cane na DFTV"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25079","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25079"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25079\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25085,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25079\/revisions\/25085"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25082"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25079"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25079"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25079"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}