{"id":25140,"date":"2021-02-23T03:04:22","date_gmt":"2021-02-23T03:04:22","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25140"},"modified":"2021-02-23T03:04:22","modified_gmt":"2021-02-23T03:04:22","slug":"dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/","title":{"rendered":"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n\u2019ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Dj Ira mu kiganiro yagiranye na The Choice I Kigali.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro bagarutse ku mukunzi wa DJ Ira baheruka gutandukana, uwo musore akaba muri kino gihe atabarizwa I Kigali, ariko abarizwa I Dubai nkuko amakuru dukesha abegereye uwo muhungu abivuga.<\/p>\n<p>Uwo musore hamwe na Dj Ira bakunze kuboneka ku rubuga rwa Instagram haba kuzabo canke k\u2019uz\u2019abandi bantu baba bariko bavuga ivyabo. Bakaba baboneka vyukuri ko urukundo rubaranga ari urukomeye cane.<\/p>\n<p>Budakeye kabiri umuhungu ngo agiye kurondera ubuzima I mahanga, aho bivugwa ko yaramaze no kuza aja ariko akagaruka I Kigali, ariko ubu ngo yari agiye kurondera ubuzima abayo, ataza aragaruka uko bukeye n\u2019uko bwije.<\/p>\n<p>Uwo mwigeme Ira mu nzira baja ku kibuga c\u2019indege yabonetse ashira ku rubuga rwa Instagram amajambo akomeye aho yamwipfurije urugendo rwiza, anamwipfuriza kurondera aronka, anamubwira ko azomukumbura cane.<\/p>\n<p>Uwavuze ko urukundo rwa kure na kure ari ibibazo ntiyabeshe, Dj Ira nawe yaramaze guhonja kuri uwo mururazi kuko muri ino misi nawe yatandukanye n\u2019umukunzi wiwe ari kure yiwe. Ariko gushika ino saha ntawuramenya neza intandaro y\u2019ugutandukana kwabo.<\/p>\n<p>Ku musi wa mungu ku rubuga rwa Youtube rw\u2019ikiganiro The Choice Live gica ku mboneshakure Isibo TV, haciyeho ikiganiro aho uwo mwigeme yumvikana avuga ku bijanye n\u2019uwo mukunzi wiwe batandukanye.<\/p>\n<p>Yabajijwe nimba azongera gusubira kubikora amusangiza n\u2019abandi hirya no hino ku mbuga hwaniro, Ira ararahira arengwa ko atazongera kuboneka asangiza abantu umukunzi wiwe. S\u2019ico gusa ngo nta n\u2019uwuzosubira kumenya uwo bazoba basohokana.<\/p>\n<p>Dj Ira akaba yashize ahabona umukunzi wiwe muri ico gihe bamaranye mu gihe imbere yahoo vyavugwa ko uwo murundikazi wo mu ntara ya Gitega asigaye ari muri bamwe baryamana basangiye ibitsina, naho we yavyamirira kure.<\/p>\n<p>Hampande y\u2019uko Ira ari mu bigeme b\u2019aba Dj bubashwe I Kigali muri kino gihe, kandi binjiza amafaranga atari make bivanye n\u2019ukumenyekanisha ibintu biciye ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, \u00a0uwo mwigeme ari no mu bakobwa 3 bambere b\u2019abarundikazi basanzwe bakurikirwa n\u2019abantu benshi ku rubuga rwa Instagram, ubu akaba ageze ku barenga 139,000 kuri Instagram. Ishusho yiwe ashize kuri urwo rubuga ikaba ikundwa n\u2019abashika 5000 mu masaha 24 aba akurikira, ibishitswa na bake mu bakobwa b\u2019abarundi bakoresha izo mbuga.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo na Sat-B amafaranga binjiza|B-Face na Masterland n&#039;uburenganzira bwabo|Mfise Business\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/jKn3hw5-GnA?start=107&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n\u2019ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Dj Ira mu kiganiro yagiranye na The Choice I Kigali. Muri ico kiganiro bagarutse ku mukunzi wa DJ Ira baheruka gutandukana, uwo musore akaba muri [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25149,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-25140","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n\u2019ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Dj Ira mu kiganiro yagiranye na The Choice I Kigali. Muri ico kiganiro bagarutse ku mukunzi wa DJ Ira baheruka gutandukana, uwo musore akaba muri [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-23T03:04:22+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614048962348.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/\",\"name\":\"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-23T03:04:22+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-23T03:04:22+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abarundi barayamaze ngo igiti kigukora mu gisho rimwe irya kabiri kiba gishaka kurimena, ivyamubayeko ashira ahabona kuri za Instagram n\u2019ahandi umukunzi wiwe ngo ntazongera gusubira kubikora. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Dj Ira mu kiganiro yagiranye na The Choice I Kigali. Muri ico kiganiro bagarutse ku mukunzi wa DJ Ira baheruka gutandukana, uwo musore akaba muri [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-23T03:04:22+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614048962348.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/","name":"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-23T03:04:22+00:00","dateModified":"2021-02-23T03:04:22+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-ira-ararahiye-ko-atazosubira-gukora-ivyo-yakoreye-umuhungu-bahorana-mu-rukundo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Dj Ira ararahiye ko atazosubira gukora ivyo yakoreye umuhungu bahorana mu rukundo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25140","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25140"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25140\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25141,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25140\/revisions\/25141"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25149"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25140"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25140"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25140"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}