{"id":25142,"date":"2021-02-23T03:01:08","date_gmt":"2021-02-23T03:01:08","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25142"},"modified":"2021-02-23T03:01:08","modified_gmt":"2021-02-23T03:01:08","slug":"yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/","title":{"rendered":"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba \u00a0ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo rubuga rwiwe rwa Instagram kugira bikunde akwize abantu 15,000.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Urwo rubuga asabira gukwiza abo bantu, uno musi rukaba rufise abantu 11,000 barukurikira, Jamal akaba ari mu baririmvyi ndundi badakunze gusangiza abantu amashusho yabo, kuko foto yiwe ya nyuma aheruka gushira ahabona kuri urwo rubuga ari ishusho yashizweko igenekerezo rya 23\/8\/2019. Ico gihe kikaba gihurirana neza neza n\u2019igihe yashira ahabona akaririmbo Mutima abantu baheruka kumwumvamwo.<\/p>\n<p>Abantu bamwe bamwe bakaba bitabiriye ako kamo ko kumufasha kurondera abantu bamukurikirana, kuko hari abatanguye kubishira muma Storie yabo, kuko kuva batangura kubikwirakwiza abashika 100 bamaze kwitaba ako kamo, \u00a0nayo Uwo twabashije kubona ni nk\u2019uwukoresha urubuga rwa Best of 257.<\/p>\n<p>Urubuga rwa Instagram rwa Yoya rukaba rufise amashusho n\u2019amasanamu 3 gusa amaze gushirwako, iya kera ari nayo ishobora kuba ariyo yatanguye kuri urwo rubuga ikaba ari iyo mu mwaka wa 2015, ikaba ari isanamu riboneka mu karirimbo kayitesi yasubiyemwo. Irindi shusho rikurikira rikaba ryayishizweko haheze imyaka 3, akaba abonekako akora umuziki muri Studio, aho hari mu mwaka wa 2018, nayo iya nyuma nkuko twabibabwiye akaba yayishizeko asohora indirimbo Mutima.<\/p>\n<p>Ico bikoze Profile yo akaba aheruka kuyihindura kuko aheruka gushirako agafoto aho aboneka ariko avuza igitari, iyahorako nayo hakaba hahorako Cover y\u2019iyo ndirimbo Mutima. Ihindurwa ry\u2019iyo Profile rikaba ryashitse inyuma yaho yishuriye ibibazo bitari bike yabajijwe n\u2019abakurikirana urubuga rwiwe rwa Instagram, aho ahanini vyagarutse ku ndirimbo adaheruka gusohora, hamwe n\u2019ama Foto nayo yabuze kuri urwo rubuga.<\/p>\n<p>Gushika ubu Yoya akaba aza mu bibanza vya nyuma mu baririmvyi bafise ababakurikirana benshi, kuko bamwe bamwe gushika bariko begereza 100,0000 kuri Instagram.<\/p>\n<p>None Mbe burya hoba hari akarusho gahari kw\u2019iboneka rya cane ku mbuga hwaniro canke kugira abagukurikirana batari bake, ubona ko hari n\u2019abaguze abarenga 1,000,000 hano iwacu?<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#Indundi Tv| Yoya Jamal asabwa imiriyoni zitanu kundirimbo yasubiyemwo yabandi\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/h75J4rZIkMs?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba \u00a0ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo rubuga rwiwe rwa Instagram kugira bikunde akwize abantu 15,000. Urwo rubuga asabira gukwiza abo bantu, uno musi rukaba rufise abantu 11,000 barukurikira, Jamal akaba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25148,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-25142","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba \u00a0ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo rubuga rwiwe rwa Instagram kugira bikunde akwize abantu 15,000. Urwo rubuga asabira gukwiza abo bantu, uno musi rukaba rufise abantu 11,000 barukurikira, Jamal akaba [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-23T03:01:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614049103672.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/\",\"name\":\"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-23T03:01:08+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-23T03:01:08+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu gihe yitegurira gushira ahabona indirimbo nshasha mu misi iza naho ataramenyesha neza umusi uwariwo, Issa Jamal benshi bazi nka Yoya yatanguye gusaba \u00a0ngo abamukurikira bamufashe kurondera abandi bomukurikira kuri urwo rubuga rwiwe rwa Instagram kugira bikunde akwize abantu 15,000. Urwo rubuga asabira gukwiza abo bantu, uno musi rukaba rufise abantu 11,000 barukurikira, Jamal akaba [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-23T03:01:08+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614049103672.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/","name":"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-23T03:01:08+00:00","dateModified":"2021-02-23T03:01:08+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-asaba-abantu-kumukwiriza-abamukurikira-15000-kuri-instagram\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Yoya Jamal asaba abantu kumukwiriza abamukurikira 15,000 kuri Instagram"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25142","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25142"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25142\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25143,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25142\/revisions\/25143"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25148"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25142"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25142"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25142"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}