{"id":25188,"date":"2021-02-24T19:55:39","date_gmt":"2021-02-24T19:55:39","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25188"},"modified":"2021-02-24T19:55:39","modified_gmt":"2021-02-24T19:55:39","slug":"impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/","title":{"rendered":"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke"},"content":{"rendered":"<p class=\"MsoNormal\"><strong><em>Zimwe mu mpunzi z\u2019abarundi ziri mu gihugu c\u2019Ubuganda ziratakambira nyenicubahiro Evariste ndayishimiye ngo abafashe mu bijanye n\u2019ugutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro kuko bamaze kwumva ko I Burundi amahoro ari umusesekara. <\/em><\/strong><\/p>\n<p class=\"MsoNormal\">Izo mpunzi zikaba zahisemwo gutakambira umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi kuko zagiriza amashirahamwe nka HCR n\u2019ayo bafatanije ibikorwa kubankira gutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro. Ivyo bakaba babifatira ko umwaka wa 2021 wazananye n\u2019ihagarikwa ry\u2019umugambi wo kubatahukana.<\/p>\n<p class=\"MsoNormal\">Naho hari abahagurutse bagahimiriza abandi ngo batahuke mu gihugu, hari abandi nabo batavyerekwa kuko babona ko ivyo bahunze bitarahava nkuko vyashikirijwe na bamwe kuri Micro y\u2019ijwi ry\u2019abanyamerika VOA.<\/p>\n<p class=\"MsoNormal\">Ivyo bishikirizwa n\u2019impunzi z\u2019abarundi zibarizwa mw\u2019ikambi ya Nakival mu gihugu c\u2019Ubugande vyamirigwa kure n\u2019abasanzwe baserukira iryo shirahamwe rya HCR aho bavuga ko uwo mugambi wo gutahukana impunzi wahagaze kubera ikiza ca Corona Virus catumye ibikorwa bitari bike bihagarara.<\/p>\n<p class=\"MsoNormal\">Umuvugizi wa HCR mu karere k\u2019ibiyaga binini, muri afrika y\u2019ubuseruko no mw\u2019ihembe rya Afrika yabwiye ijwi rya amerika ko ugutahuka kw\u2019impunzi ari uburenganzira bwiwe kandi ko avyisabira akanasigura impamvu imuteye gutahuka. Uwo mupfasoni akaba yabandanije avuga ko kuva mu mwaka wa 2017 hatanguye umugambi wo gutahukana impunzi ziva mu bihugu nka Tanzania, Urwanda, Kenya, Uganda na Congo.<\/p>\n<p class=\"MsoNormal\">Abagera ku 200 niwo muce wa mbere w\u2019abatahutse muri Uganda, hari mu mwaka uheze wa 2020 mu kwezi kw\u201910, ariko ko ikiza ca Corona catumye ivyo bikorwa biba birahagaze.<\/p>\n<p class=\"MsoNormal\">Iryo shirahamwe nkuko uwo mupfasoni yabandanije abishikiriza ngo barakeneye ayarenga 220,000,000 z\u2019ama Dollards ya amerika, yababa Imliriyaridi 550 z\u2019amafaranga ya hano iwacu yo kugaburira impunzi z\u2019abarundi gusa, ariko aho hakaba harimwo n\u2019ayo gufashisha abarundi baba bashaka gutahuka.<\/p>\n<p class=\"MsoNormal\">Iryo shirahamwe rikaba rivuga ko ikibazo c\u2019impunzi z\u2019abarundi gisa n\u2019ikiriko kiribagirwa kuko nko mu mwaka uheze ku mafaranga bari bakeneye kugira bafashishe abarundi ngo habonetse ibice 40%. Ubwo bukene bw\u2019ayo mafaranga buca butuma impunzi zirenga gato 300,000 ziba ziriko zirasabirwa ubufasha zibona igabanuka ry\u2019ivyankenerwa harimwo n\u2019ibiribwa. Izo mpunzi zisabirwa ubufasha zikaba ziri mu makambi ari mu Rwanda, Uganda, Kenya, Tanzania no muri Congo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#Pierre Nkurikiye | Urugamba rurabandanya hatawe mu mvuto inkozi z&#039;ikibi z&#039;aba Police biba ibitoro\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/LYcJ9Ui_8HE?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Zimwe mu mpunzi z\u2019abarundi ziri mu gihugu c\u2019Ubuganda ziratakambira nyenicubahiro Evariste ndayishimiye ngo abafashe mu bijanye n\u2019ugutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro kuko bamaze kwumva ko I Burundi amahoro ari umusesekara. Izo mpunzi zikaba zahisemwo gutakambira umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi kuko zagiriza amashirahamwe nka HCR n\u2019ayo bafatanije ibikorwa kubankira gutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro. Ivyo bakaba babifatira [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25191,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,514,515,519],"tags":[],"class_list":["post-25188","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-east-africa-news","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Zimwe mu mpunzi z\u2019abarundi ziri mu gihugu c\u2019Ubuganda ziratakambira nyenicubahiro Evariste ndayishimiye ngo abafashe mu bijanye n\u2019ugutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro kuko bamaze kwumva ko I Burundi amahoro ari umusesekara. Izo mpunzi zikaba zahisemwo gutakambira umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi kuko zagiriza amashirahamwe nka HCR n\u2019ayo bafatanije ibikorwa kubankira gutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro. Ivyo bakaba babifatira [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-24T19:55:39+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614196101494.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/\",\"name\":\"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-24T19:55:39+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-24T19:55:39+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Zimwe mu mpunzi z\u2019abarundi ziri mu gihugu c\u2019Ubuganda ziratakambira nyenicubahiro Evariste ndayishimiye ngo abafashe mu bijanye n\u2019ugutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro kuko bamaze kwumva ko I Burundi amahoro ari umusesekara. Izo mpunzi zikaba zahisemwo gutakambira umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi kuko zagiriza amashirahamwe nka HCR n\u2019ayo bafatanije ibikorwa kubankira gutahuka mu gihugu cabo c\u2019amavukiro. Ivyo bakaba babifatira [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-24T19:55:39+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614196101494.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/","name":"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-24T19:55:39+00:00","dateModified":"2021-02-24T19:55:39+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impunzi-zabarundi-ziri-muri-uganda-zagiriza-hcr-kutazorohereza-ngo-zitahuke\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Impunzi z\u2019abarundi ziri muri Uganda zagiriza HCR kutazorohereza ngo zitahuke"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25188","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25188"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25188\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25190,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25188\/revisions\/25190"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25191"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25188"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25188"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25188"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}