{"id":25194,"date":"2021-02-24T22:06:46","date_gmt":"2021-02-24T22:06:46","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25194"},"modified":"2021-02-24T22:06:46","modified_gmt":"2021-02-24T22:06:46","slug":"meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/","title":{"rendered":"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Bamwe bati Meddy arikanguye inyuma yuko Sat-b aronse Views zirenga 1,000,000 ku ndirimbo bari bakoranye ariko ntagire ico amufasha mu kuyimenyekanisha. Ivyo bakaba babivuze muri commentaire aho muri rino joro Meddy ashoboye gushira kuri iyo Instagram kaka Video kerekana ko ya Ndirimbo Beautifull ko ikwije Views 1,000,000.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mw\u2019ijoro ryo kuri uyu wa gatatu niho Ngabo Medard benshi bazi nka Meddy yashikiriza ubutumwa nyezina aho yavuga ivyashitse kugira ntabashe gushigikira Sat-b mu gikorwa bakoranye haraheze imyaka hafi 3.<\/p>\n<p>Meddy yagize ati : <em>\u201c Hari benshi bakomeje kwibaza byinshi kuri iyi ndirimbo\u2026 Reka ntange umuco\u2026 Ntitwabashije kwumvikana neza n\u2019uwakoze iyo ndirimbo kubera uburyo twifuza gukora, ariko hampande yivyo nta kindi kibazo cabayeho&#8230;. Ariko kandi nashaka mvuge ko Sat-b ari umwe mu baririmvyi bihangana kandi baciye bugufi nabashije kubona, kandi narabimukundiye\u2026 Genda mukore Subscribe kuri Chanel yiwe ya Youtube kandi munasangize abandi indirimbo ziwe, kandi n\u2019abatarayibona barabe\u2026.Sat-b bandanya ukora ibikorwa vyiza muvukanyi\u2026 Kaze muri Milli Gang.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Inyuma y\u2019ubwo butumwa bwatanzwe na Account ya Meddy iri Official, izindi zitandukanye zisanzwe zikoreshwa n\u2019abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe binashoboka ko harimwo n\u2019izo wenyene ubwiwe akoresha, yamenyesheje ko iyo ndirimbo itakozwe neza, habuzemwo Mastering nziza.<\/p>\n<p>Compte iri muri zimwe twavuga hejuru yitwa @meddy_inkoramutima yanditse mu congereza igira iti: <em>\u201cThat Song Needs a Better Mastering and Remake.\u201d<\/em> Ubwo butumwa ntibwakiriwe neza na bamwe kuko hari abishuye ko ico ciyumviro cari gutangwa mu mezi 2 ari inyuma apana ubu yamaze gukwiza 1,000,000 Views.<\/p>\n<p>Muri izo Compte za Instagram zikoreshwa n\u2019abayoboke ba Meddy, hakaba hari n\u2019iyavuze ko ibura rya Meddy muri iyo Promotion y\u2019iyo ndirimbo ngo ari kubera iyo ndirimbo itari bwakwize 1M Views, noneho ngo sat-b aje muri Milli Gang, ariko ubu kuko yamaze kwinjira mu gitigiti c\u2019abakwije izo Views ngo ashobora kumuposta incuro zitari nke ku musi.<\/p>\n<p>Iyindi Commentaire twabashije kubona n\u2019iy\u2019iyo Compte Official ya Meddy aho yavuze ko mu bantu bariko baravuga ata numwe yaririmvye muri iyo ndirimbo. Mu Yandi majambo akaba yashatse kubabwira ko ata jambo bafise mu kiyago cabaye hagati yiwe na Sat-b.<\/p>\n<p>Naho Meddy yagerageje kwisigura, abatari bake mu bagize ico bashikiriza twabashije kubona ntibashima izo nsiguro Meddy yatanze kuko babona ko harengeranye gutanga insiguro ku nyifato yamubonetseko.<\/p>\n<p>Bamwe mubon twabashije kubona bagize bati : \u201cMeddy mu mezi 2 aheze niho wari gutanga ico ciyumviro.\u201d\u00a0 Uwundi nawe ati : \u201cNibwo wibutse ko Imana ibaho kandi ikora?? Ubonye yujuje Millioni nta mbaraga zawe ziriho uhita uca bugufi.\u201d S\u2019uwo gusa kuko hari n\u2019uwamukoze mu nkovu amubaza niba ubu ako kabazo uwayikoze yagakosoye ko abashije kuyishigikira, yagize ati : \u201cMeddy usibye ko uri im***a ubuse uyi postinze producer ako kabazo yagakosoye ra\u2026 Kwigira uwahatari gusa.\u201d Naho bamwe bamuteye amabuye hari n\u2019uwagiye hagati ati igikomeye nuko mwakoranye ivyakurikiye birashobora ko tutabitahura.<\/p>\n<p>Iyo ndirimbo akaba ayishigikiye kandi inyuma yaho uwitwa Thecatbabalao nawe amenyeshereje ku rubuga rwiwe rwa Instagram ko ariwe yakoze ibishobora vyose ngo iyo ndirimbo ya Sat-b na Meddy ikwize 1Million, kuko ngo Meddy yari yamuteye akagere.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Sat-B arivugiye Collabo zigiye gusohoka Tutari tuzi|Raba Ikintu nyamukuru Yosaba Leta Y\u2019Uburundi\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/hi2tEgc5ZO8?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Bamwe bati Meddy arikanguye inyuma yuko Sat-b aronse Views zirenga 1,000,000 ku ndirimbo bari bakoranye ariko ntagire ico amufasha mu kuyimenyekanisha. Ivyo bakaba babivuze muri commentaire aho muri rino joro Meddy ashoboye gushira kuri iyo Instagram kaka Video kerekana ko ya Ndirimbo Beautifull ko ikwije Views 1,000,000. Mw\u2019ijoro ryo kuri uyu wa gatatu niho Ngabo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25193,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-25194","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Bamwe bati Meddy arikanguye inyuma yuko Sat-b aronse Views zirenga 1,000,000 ku ndirimbo bari bakoranye ariko ntagire ico amufasha mu kuyimenyekanisha. Ivyo bakaba babivuze muri commentaire aho muri rino joro Meddy ashoboye gushira kuri iyo Instagram kaka Video kerekana ko ya Ndirimbo Beautifull ko ikwije Views 1,000,000. Mw\u2019ijoro ryo kuri uyu wa gatatu niho Ngabo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-24T22:06:46+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614204070698.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/\",\"name\":\"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-24T22:06:46+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-24T22:06:46+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Bamwe bati Meddy arikanguye inyuma yuko Sat-b aronse Views zirenga 1,000,000 ku ndirimbo bari bakoranye ariko ntagire ico amufasha mu kuyimenyekanisha. Ivyo bakaba babivuze muri commentaire aho muri rino joro Meddy ashoboye gushira kuri iyo Instagram kaka Video kerekana ko ya Ndirimbo Beautifull ko ikwije Views 1,000,000. Mw\u2019ijoro ryo kuri uyu wa gatatu niho Ngabo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-24T22:06:46+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614204070698.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/","name":"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-24T22:06:46+00:00","dateModified":"2021-02-24T22:06:46+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/meddy-baramwiyamye-ngo-ntaco-afise-asigura-ku-nyifato-yifashe-imbere-ya-sat-b\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Meddy baramwiyamye ngo ntaco afise asigura ku nyifato yifashe imbere ya Sat-b"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25194","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25194"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25194\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25195,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25194\/revisions\/25195"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25193"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25194"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25194"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25194"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}