{"id":25201,"date":"2021-02-25T16:28:24","date_gmt":"2021-02-25T16:28:24","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25201"},"modified":"2021-02-26T12:05:33","modified_gmt":"2021-02-26T12:05:33","slug":"agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/","title":{"rendered":"Agashavu n&#8217;imyidogo kuri Kidumu  n&#8217;abaririmvyi  bagenziwe vyoba biriko biva kuki?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Ntawubiyobewe ko hariho ikiza kibica bigacika mw&#8217;isi nzima kizwi kwizina rya Corona.<\/strong><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone wp-image-25207 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/images-5.jpeg\" alt=\"\" width=\"300\" height=\"168\" \/><\/p>\n<p>Mu bihugu bitandukanye ubuzi nka bwose ntibugikorwa ku mpamvu zico kiza.<br \/>\nAmasengero ,amashure ububare&#8230;..n&#8217;ibindi vyarugawe aho bituma abantu benshi bidoga ko basigaye bugarijwe n&#8217;ubukene bwokora amakara bugata<\/p>\n<p>Kutegerana ,gukaraba amaboko kenshi gashoboka,kwambara udufukamunwa, nivyo na Leta y&#8217;Uburundi ihamagarira uwuba ku butaka bwayo wese.<\/p>\n<p>Ivyo bikaba bitabuza ko imirimo ya misi yose iranguka bitandukanye nkuko mu bindi bihugu vyifashe.<\/p>\n<p>Hakaba harafashwe yuko Ahantu hose hahurira abantu benshi nkahakorerwa ama karaoke, inzu z&#8217;ubutambiro hugarwa.<\/p>\n<p><strong>Ivyo bikaba bitaryoheye abaririmvyi nka<\/strong> <strong>Kidumu aho bigaragarira mu majambo yashoboye gushikiriza biboneka ko yatwawe n&#8217;agashavu, aho avuga ko abaririmvyi boba bagereranywa n&#8217;Imbwa.<\/strong><br \/>\n<strong>Uwusanzwe arongoye ishirahamwe ry&#8217;abaririmvyi wewe yaratakamvye asaba\u00a0 babugururire ibiteramo.&#8221; Kaka Boney nawe nyene arataka atakamba basubizwe ku murimo wabo wa misi yose. Akaba atari abo gusa kuko no mu bandi baririmvyi harangwa imyidogo myinshi muri kino gihe.<\/strong><\/p>\n<p>Bamwe bati: Mbega ni twebwe gusa twofatirwa ingingo<br \/>\nKo ikibazo cokwegerana atari mu ba ririmvyi n&#8217;abakunzi b&#8217;umuziki gusa?<br \/>\nMu masoko baregerana, mumasengero baregerana, mu bibuga vy&#8217;inkino nikwo kwukwo.<br \/>\nNo mu bundi buzi nka bwose abantu baba begeranye.<\/p>\n<p>Bakaba bariko bitakambira ko ubukene bubarembeje nabo botunganirizwa bagasubira ku kivi.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p><em>Bandanya mukurikirana Indundi Magazine, iriho kubwanyu inyishu y&#8217;ibibazo vyabo muzoyimenyera ngaha mugire ahomuba mubahwe.<\/em><\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Amahanga aragoye cane kubaho ni intambara| Olga ngo umuntu atigurishije ntawuzomugurisha\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/jOKaxxhvkjE?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ntawubiyobewe ko hariho ikiza kibica bigacika mw&#8217;isi nzima kizwi kwizina rya Corona. Mu bihugu bitandukanye ubuzi nka bwose ntibugikorwa ku mpamvu zico kiza. Amasengero ,amashure ububare&#8230;..n&#8217;ibindi vyarugawe aho bituma abantu benshi bidoga ko basigaye bugarijwe n&#8217;ubukene bwokora amakara bugata Kutegerana ,gukaraba amaboko kenshi gashoboka,kwambara udufukamunwa, nivyo na Leta y&#8217;Uburundi ihamagarira uwuba ku butaka bwayo wese. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":25231,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,519],"tags":[],"class_list":["post-25201","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Agashavu n&#039;imyidogo kuri Kidumu n&#039;abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Agashavu n&#039;imyidogo kuri Kidumu n&#039;abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ntawubiyobewe ko hariho ikiza kibica bigacika mw&#8217;isi nzima kizwi kwizina rya Corona. Mu bihugu bitandukanye ubuzi nka bwose ntibugikorwa ku mpamvu zico kiza. Amasengero ,amashure ububare&#8230;..n&#8217;ibindi vyarugawe aho bituma abantu benshi bidoga ko basigaye bugarijwe n&#8217;ubukene bwokora amakara bugata Kutegerana ,gukaraba amaboko kenshi gashoboka,kwambara udufukamunwa, nivyo na Leta y&#8217;Uburundi ihamagarira uwuba ku butaka bwayo wese. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-25T16:28:24+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-02-26T12:05:33+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/FB_IMG_16143408634165206.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"405\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/\",\"name\":\"Agashavu n'imyidogo kuri Kidumu n'abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-25T16:28:24+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-26T12:05:33+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Agashavu n&#8217;imyidogo kuri Kidumu n&#8217;abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Agashavu n'imyidogo kuri Kidumu n'abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Agashavu n'imyidogo kuri Kidumu n'abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ntawubiyobewe ko hariho ikiza kibica bigacika mw&#8217;isi nzima kizwi kwizina rya Corona. Mu bihugu bitandukanye ubuzi nka bwose ntibugikorwa ku mpamvu zico kiza. Amasengero ,amashure ububare&#8230;..n&#8217;ibindi vyarugawe aho bituma abantu benshi bidoga ko basigaye bugarijwe n&#8217;ubukene bwokora amakara bugata Kutegerana ,gukaraba amaboko kenshi gashoboka,kwambara udufukamunwa, nivyo na Leta y&#8217;Uburundi ihamagarira uwuba ku butaka bwayo wese. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-25T16:28:24+00:00","article_modified_time":"2021-02-26T12:05:33+00:00","og_image":[{"width":720,"height":405,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/FB_IMG_16143408634165206.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/","name":"Agashavu n'imyidogo kuri Kidumu n'abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-25T16:28:24+00:00","dateModified":"2021-02-26T12:05:33+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/agashavu-nimyidogo-kuri-kidumu-nabaririmvyi-bagenziwe-vyoba-biriko-biva-kuki\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Agashavu n&#8217;imyidogo kuri Kidumu n&#8217;abaririmvyi bagenziwe vyoba biriko biva kuki?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25201","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25201"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25201\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25211,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25201\/revisions\/25211"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25231"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25201"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25201"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25201"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}