{"id":25261,"date":"2021-02-28T01:09:00","date_gmt":"2021-02-28T01:09:00","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25261"},"modified":"2021-02-28T01:09:00","modified_gmt":"2021-02-28T01:09:00","slug":"yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/","title":{"rendered":"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Itangura gukora rya Spotify muri kano karere Uburundi burimwo ngo ni ikintu gikomeye cane ku baririmvyi b\u2019abarundi, Ivyo n\u2019ibishikirizwa na DJ Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Ico kigo gisanzwe kiza kw\u2019isonga ry\u2019ibidandaza umuziki kw\u2019isi, giheruka kwongera ibihugu birenga 80 mu gitigiri c\u2019ibihugu bigeye gukoresha urwo rubuga mu kwumviriza ibiganiro co kimwe n\u2019indirimbo zitandukanye.<\/p>\n<p>Twashatse kumenya akarusho abaririmvyi bazogira, noneho tuganira na bamwe mu baririmvyi twabashije kuronka. Yaba B Face yaba DJ Pro iciyumviro ni kimwe nuko ari iterambere ku muziki ndundi. DJ Pro we akaba yabandanije avuga ko ko ari ikintu ciza cane kuko abumviriza izo ndirimbo muri kano karere ngo bari bake cane ugerereranije n\u2019ahasigaye kw\u2019isi.<\/p>\n<p>Yagize ati:<em> \u201cIco nshobora kuvuga kuri Spotify gutangura gukora ngaha iwacu, nuko igihugu cacu kizoheza kikongereza abadukurikira, no gutuma Abaririmvyi bagira ico binjiza kirushirije.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Ku kibazo c\u2019uko abaririmvyi batari basanzwe bahurumbira izo mbuga bazohava baca bazihurumbira gusumba nkuko twagiye tubibona ku mbuga zitandukanye nka Youtube, Instagram n\u2019izindi. Abo baririmvyi bose bavuga ko ata kwingingwa ku muntu azi iyo ariko araja.<\/p>\n<p>B Face yagize ati : <em>\u201cBiravana kuko ku muntu atahura ko ari mu rudandazwa, ntarindira ko amubwira. Uwudakora umuziki wo kwiryohera, akora umuziki nk\u2019akazi ategerezwa gukurikira ikintu cose kimwinjiriza amahera. Nio gituma abazi ko ari urudandazwa batanguye ibi vyose bitaraza.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Nayo ku kibazo kijanye n\u2019uko abarundi bazohava baca bahurumbira izo mbuga ngo nuko zitanguye gukorera hano iwacu, B Face avuga hari abari baratanguye kuzikoresha imbere yuko banamenyesha ko itanguye gukorera hano iwacu, nayo DJ Pro we akaba abona ko batazoshoka bayitabira ngo bizosaba ko abaririmvyi bereka abakunzi b\u2019ibikorwa vyabo akamaro ko gukoresha iyo mihora, n\u2019ico bizoheza bigafasha abaririmvyi.<\/p>\n<p>DJ Pro yagize ati :<em> \u201c Uburundi n\u2019igihugu gikunda ko utegerezwa kubanza kubumvisha ikintu, ubereke uti iyi Spotify ikora uku, akamaro kayo n\u2019aka, ushaka gushigikira umuririmvyi ubigenza uku. Kubw\u2019ivyo sinibaza ko novuga ngo bazoca bayihurumbira, ahubwo n\u2019ahacu twebwe abaririmvyi ho guhaguruka tukabereka uko Spotify ikora, idufasha muri izi nzira. Nitwafata umwanya nk\u2019abaririmvyi kubibumvisha, bizotuma twebwe bitabira akamo tuzoba twabateye.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Muri ico kiyago cacu, twashatse kumenya nimba hari ico bizodufasha mu guteza imbere umuziki, Dj Pro avuga ko bizofasha cane kuko abarundi ubu bazoheza bakaronka akaryo ko gukurikirana kuri iyo mihora izo ndirimbo. Nayo B Face we avuga ko ari ngirakamaro cane, kuko abona ko ari akaryo keza kuko abumviriza abaririmvyi bakomakomeye kw\u2019isi bazoheza bagaca bahaguruka bakara n\u2019izo zabo.<\/p>\n<p>Nayo ku kijanye n\u2019agafaranga bahora binjiza mu gihe Uburundi n\u2019ibi bindi bihugu bitari bwinjire, B Face avuga ko akiri mushasha nawe, ariko Dj Pro we avuga ko uravye amahera binjiza buri kwezi, ngo izo mbuga zibinjiriza amahera make cane ngo ni n\u2019ibice 10 kw\u2019100 vyayo binjiza buri kwezi.<\/p>\n<p>Mwomenya ko urwo rubuga rwatanguye gukora ku mugaragaro aha iwacu guhera ku musi wa gatanu mu gihe ku musi wa mbere ariho bamenyesha ko bagiye gutangura gukurikiranwa mu bindi bihugu birenga 80 kw\u2019isi birimwo ibihugu vyo muri Africa y\u2019ubuseruko.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo; Sat-B; Lolilo; Natacha na B-Face; ..Muri BUS Imwe|B-Face yerekanye akababaro mumvugo yiwe\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/a8veuVChh7g?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Itangura gukora rya Spotify muri kano karere Uburundi burimwo ngo ni ikintu gikomeye cane ku baririmvyi b\u2019abarundi, Ivyo n\u2019ibishikirizwa na DJ Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine. Ico kigo gisanzwe kiza kw\u2019isonga ry\u2019ibidandaza umuziki kw\u2019isi, giheruka kwongera ibihugu birenga 80 mu gitigiri c\u2019ibihugu bigeye gukoresha urwo rubuga mu kwumviriza ibiganiro co kimwe n\u2019indirimbo zitandukanye. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25260,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-25261","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Itangura gukora rya Spotify muri kano karere Uburundi burimwo ngo ni ikintu gikomeye cane ku baririmvyi b\u2019abarundi, Ivyo n\u2019ibishikirizwa na DJ Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine. Ico kigo gisanzwe kiza kw\u2019isonga ry\u2019ibidandaza umuziki kw\u2019isi, giheruka kwongera ibihugu birenga 80 mu gitigiri c\u2019ibihugu bigeye gukoresha urwo rubuga mu kwumviriza ibiganiro co kimwe n\u2019indirimbo zitandukanye. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-02-28T01:09:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614474028428.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/\",\"name\":\"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-02-28T01:09:00+00:00\",\"dateModified\":\"2021-02-28T01:09:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Itangura gukora rya Spotify muri kano karere Uburundi burimwo ngo ni ikintu gikomeye cane ku baririmvyi b\u2019abarundi, Ivyo n\u2019ibishikirizwa na DJ Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine. Ico kigo gisanzwe kiza kw\u2019isonga ry\u2019ibidandaza umuziki kw\u2019isi, giheruka kwongera ibihugu birenga 80 mu gitigiri c\u2019ibihugu bigeye gukoresha urwo rubuga mu kwumviriza ibiganiro co kimwe n\u2019indirimbo zitandukanye. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-02-28T01:09:00+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/02\/PhotoGrid_Plus_1614474028428.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/","name":"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-02-28T01:09:00+00:00","dateModified":"2021-02-28T01:09:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yaba-b-face-ya-dj-pro-bahuriza-ko-uwuri-mu-rudandazwa-rwumuziki-atarindiriye-ko-spotify-itangura-gukora-aha-iwacu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Yaba B Face ya DJ Pro bahuriza ko uwuri mu rudandazwa rw\u2019umuziki atarindiriye ko Spotify itangura gukora aha iwacu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25261","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25261"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25261\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25262,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25261\/revisions\/25262"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25260"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25261"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25261"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25261"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}