{"id":25275,"date":"2021-03-01T23:22:52","date_gmt":"2021-03-01T23:22:52","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25275"},"modified":"2021-12-30T05:58:14","modified_gmt":"2021-12-30T05:58:14","slug":"kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/","title":{"rendered":"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Mugenzi Alfred Aubin ngo ibishirwa ku rubuga Kigingi Comedie abatari bake bari basanzwe bamenyereye ngo sivyo akunda, ariko n\u2019ivyago vyamuguyeko. Ivy\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro yahaye imboneshakure Jimbere Magazine kuri uyu wa mungu.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, uwo mukinyi wa Comedie yamenyesheje ko yamaze gukora urundi rubuga azoza ashirako ibintu. Urwo rubuga nkuko twabashije ku bibona ku rubuga Facebook rukaba rwitiranywa n\u2019urwo yarasanzwe akoresha, itandukaniro rihari n\u2019abamaze kurukurikirana co kimwe n\u2019ibimaze kujako.<\/p>\n<p>Urwo rubuga rwa Kigingi rwari rumaze igihe kitari gito rukora, rukaba rwahuye n\u2019ivyago vyo gutwarwa n\u2019umuntu, noneho agashirako amashusho y\u2019abigeme ajanisha mu busambanyi. Ayo mashusho nkuko bimaze kuboneka akaba afise intumbero yo gusunikira ababa babibonye kuja kuraba imbuga ziba ziriko zimenyekanishwa n\u2019abo bagizi ba nabi.<\/p>\n<p>Izo nkozi z\u2019ikibi zikaba ariko zitagira ico zihindura ku bigize imbuga bigarurira atari ugushira ayo mashusho mu gice citiriwe Storie gusa, nayo ibindi vyose ukaba ushobora kubikoresha ukuri kwamye. Ikindi kandi nuko bitoroshe gukuramwo uwo muntu kuri urwo rubuga rwawe kuko nkuko twabibonye akoresha uruhusha uba wamuhaye mu kuguhindurira ico ujejwe (roles) noneho ukaba wiswe umukozi, mu gihe ariwe nyene urubuga.<\/p>\n<p>Urwo rubuga nkuko twabashije kubibona hirya no hino ku mbuga z\u2019ibihangange ndundi, rukaba rutatewe rwonyene, kuko hari n\u2019abandi batandukanye barimwo nka Kabizi Boris nawe yatewe n\u2019abo bagizi ba nabi, co kimwe n\u2019abandi batandukanye bamaze guterwa.<\/p>\n<p>Urwo rubuga rwa kigingi rushasha rukaba rumaze gukurikiranwa n\u2019abantu badashika 5000, mu gihe urwo bamutwaye rwari rumaze gukurikiranwa n\u2019abarenga 168,000 (Fellows) hamwe n\u2019abarenga 68,000 (Likes).<\/p>\n<p>Tubamenyesha ko abantu batwara izo mbuga ari abantu bemerera bene izo mbuga amafaranga atari make buri ndwi, ariko bakabasaba kuzoza babacishirizako kuri izo mbuga zabo ibintu bitandukanye baba bariko baramenyekanisha. Bamwe bakaba banashirako amashirahamwe atandukanye nka Adidas, Puma n\u2019izindi ko bokorana. Abatari bake rero bagaca bagwa muri uwo mutego.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"KIGINGI Yicishije agatwengo abantu muri Ingo Bar|Fata imbavu zawe mukuraba iyi video\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/3Kl1QYgsRpA?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mugenzi Alfred Aubin ngo ibishirwa ku rubuga Kigingi Comedie abatari bake bari basanzwe bamenyereye ngo sivyo akunda, ariko n\u2019ivyago vyamuguyeko. Ivy\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro yahaye imboneshakure Jimbere Magazine kuri uyu wa mungu. Muri ico kiganiro, uwo mukinyi wa Comedie yamenyesheje ko yamaze gukora urundi rubuga azoza ashirako ibintu. Urwo rubuga nkuko twabashije ku bibona [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25277,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-25275","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mugenzi Alfred Aubin ngo ibishirwa ku rubuga Kigingi Comedie abatari bake bari basanzwe bamenyereye ngo sivyo akunda, ariko n\u2019ivyago vyamuguyeko. Ivy\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro yahaye imboneshakure Jimbere Magazine kuri uyu wa mungu. Muri ico kiganiro, uwo mukinyi wa Comedie yamenyesheje ko yamaze gukora urundi rubuga azoza ashirako ibintu. Urwo rubuga nkuko twabashije ku bibona [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-01T23:22:52+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:58:14+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614640267072.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/\",\"name\":\"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-01T23:22:52+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:58:14+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mugenzi Alfred Aubin ngo ibishirwa ku rubuga Kigingi Comedie abatari bake bari basanzwe bamenyereye ngo sivyo akunda, ariko n\u2019ivyago vyamuguyeko. Ivy\u2019ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro yahaye imboneshakure Jimbere Magazine kuri uyu wa mungu. Muri ico kiganiro, uwo mukinyi wa Comedie yamenyesheje ko yamaze gukora urundi rubuga azoza ashirako ibintu. Urwo rubuga nkuko twabashije ku bibona [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-01T23:22:52+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:58:14+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614640267072.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/","name":"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-01T23:22:52+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:58:14+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kigingi-yasezeye-rwa-rubuga-rujako-amashusho-yabigeme-bambaye-ubusa\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kigingi yasezeye rwa rubuga rujako amashusho y\u2019abigeme bambaye ubusa"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25275","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25275"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25275\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25278,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25275\/revisions\/25278"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25277"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25275"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25275"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25275"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}