{"id":25320,"date":"2021-03-03T02:47:19","date_gmt":"2021-03-03T02:47:19","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25320"},"modified":"2021-12-30T05:58:06","modified_gmt":"2021-12-30T05:58:06","slug":"olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/","title":{"rendered":"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Inyuma y\u2019indirimbo Korayo itavuzweko rumwe n\u2019abakurikiranira hafi amakuru y\u2019umuziki ndundi, Olegue ngo azanye iyindi ndirimbo nshasha iyo nayo ikazoba ije guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa batahuje nawe, bahamvye abandi bo bahavuye bemezwa n\u2019ivyakurikiye induru zitari nke. Ivyo nivyo yashikirije aho yaganira na SImbizi<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Muri ico kiyago, uwo muririmvyi avuga ko afise indirimbo nshasha yitwa Pasta agiye gushira ahabona. Iryo zina rikaba riri mu mazina yaheruka gushira ahabona kuri rumwe mu mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, aho yabaza abafana izina ry\u2019iyo ndirimbo.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi kandi ahakaba hari n\u2019amakuru avuga ko iyo ndirimbo yoba isa n\u2019iyarangiye canke iriko iraherahezwa neza, ariko noneho hasigaye ko umusi ugera ngo ishirwe ahabona. Ariko bikaba bigoye kwemeza ko izohava ikwiza abantu 100,000 mu misi 7 gusa nkuko Korayo yabikoze.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi Baraka Olegue akaba mu ndirimbo Korayo n\u2019izindi yasohoye imbere y\u2019izo yagirizwa kutaba afise amajambo mbabarira matwi, ahubwo adudurirako, ico abatari bake mu bahumure muri uwo muziki bavuga bitabereye, kandi ko bishobora kumukwegera akarambaraye.<\/p>\n<p>Mwomenya ko Korayo buca ikurikirwa imaze kurabwa incuro zirenga 296,638 kuva igenekerezo rya 20\/12\/2020 ishirwa ahabona, nayo Doctor yari yasohotse imbere yayo mu kwezi kw\u20198 ikaba imaze kurabwa incuro 340, 176, ku rubuga rwa Youtube rwa Olegue ruharurwako abari hagati 14,900 n\u201915,000.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Amahanga aragoye cane kubaho ni intambara| Olga ngo umuntu atigurishije ntawuzomugurisha\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/jOKaxxhvkjE?start=8&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y\u2019indirimbo Korayo itavuzweko rumwe n\u2019abakurikiranira hafi amakuru y\u2019umuziki ndundi, Olegue ngo azanye iyindi ndirimbo nshasha iyo nayo ikazoba ije guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa batahuje nawe, bahamvye abandi bo bahavuye bemezwa n\u2019ivyakurikiye induru zitari nke. Ivyo nivyo yashikirije aho yaganira na SImbizi. Muri ico kiyago, uwo muririmvyi avuga ko afise indirimbo nshasha yitwa Pasta agiye gushira [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25328,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-25320","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma y\u2019indirimbo Korayo itavuzweko rumwe n\u2019abakurikiranira hafi amakuru y\u2019umuziki ndundi, Olegue ngo azanye iyindi ndirimbo nshasha iyo nayo ikazoba ije guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa batahuje nawe, bahamvye abandi bo bahavuye bemezwa n\u2019ivyakurikiye induru zitari nke. Ivyo nivyo yashikirije aho yaganira na SImbizi. Muri ico kiyago, uwo muririmvyi avuga ko afise indirimbo nshasha yitwa Pasta agiye gushira [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-03T02:47:19+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:58:06+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614738487693.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/\",\"name\":\"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-03T02:47:19+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:58:06+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma y\u2019indirimbo Korayo itavuzweko rumwe n\u2019abakurikiranira hafi amakuru y\u2019umuziki ndundi, Olegue ngo azanye iyindi ndirimbo nshasha iyo nayo ikazoba ije guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa batahuje nawe, bahamvye abandi bo bahavuye bemezwa n\u2019ivyakurikiye induru zitari nke. Ivyo nivyo yashikirije aho yaganira na SImbizi. Muri ico kiyago, uwo muririmvyi avuga ko afise indirimbo nshasha yitwa Pasta agiye gushira [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-03T02:47:19+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:58:06+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614738487693.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/","name":"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-03T02:47:19+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:58:06+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/olegue-ngo-aje-guhoza-nukwiyegereza-abakizwa-mu-ndirimbo-nshasha-yise-pasta\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Olegue ngo aje guhoza n\u2019ukwiyegereza abakizwa mu ndirimbo nshasha yise Pasta \u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25320","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25320"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25320\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25330,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25320\/revisions\/25330"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25328"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25320"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25320"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25320"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}