{"id":25372,"date":"2021-03-05T20:26:55","date_gmt":"2021-03-05T20:26:55","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25372"},"modified":"2021-03-05T20:26:55","modified_gmt":"2021-03-05T20:26:55","slug":"mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/","title":{"rendered":"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)?"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Mark Zukerberg yaronse umurundi agiye guhangana nawe mu bijanye n\u2019uguhuza abantu ku mbuga hwaniro (Social Media), uwo nawe s\u2019uyundi ni Dr. Ir. Perry Saxe Gateka. Iyo mvukira yo mu ntara ya gitega yasohoye urubuga yise GASAPE (<a href=\"http:\/\/www.gasape.com\">www.gasape.com<\/a>) aho avuga ko urwo rubuga rugiye gufasha mu bintu bitandukaney birimwo no guha akazi abakiri bato bagera ku 1000 mu myaka 5 iri imbere.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu kiganiro yagiranye n\u2019ibinyamakuru bitandukanye hano iwacu mu nyubakwa za Hotel Ville mu gisagara ca Bujumbura, Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yavuze ko urwo rubuga rusa n\u2019izindi mbuga hwaniro zitandukanye nka Facebook, ariko rukaba rufise ico rurushije izo zindi.<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro nyene, Ir. Dr. Saxe akaba avuga ko hampande y\u2019ivyo abatari bake babona kuri Facebook, ngo hiyongereyemwo uburyo bwo kwinjiza amafaranga kuri urwo rubuga bivanye n\u2019inkuru ushira kurirwo, canke abantu utumira kwiyandikisha no kurukoresha . Agahembo umuntu akaronka amaze kugeza amafaranga ya amerika 50 (50$), ayo akaba angana n\u2019abantu 500 uba watumiye gukoresha urwo rubuga.<\/p>\n<p>Urwo rubuga GASAPE rukaba gushika kuri ino saha rumaze guhindurwa mu ndimi 10, ariko mu misi mike ruzoba ruri mu ndimi zababa 100 kugira n\u2019abandi bari mu bindi bihugu bitandukanye nabo babashe kurukoresha ata kibazo, nkuko uwo mutware yabandanije abishikiriza.<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro camaze ikiringo c\u2019isaha imwe uwo mutware yarahaye akanya abamenyeshamakuru ngo bamubaze, aho hari abamubajije ko urwo rubuga rufise uburyo bwo kubikira abantu ivyo bazoba barushizeko igihe kirekire nkuko biboneka ku zindi mbuga. Dr. Ir. Saxe akaba atahigimanze\u00a0 mu guhumuriza abantu ko ubwo buryo buhari kuko bafise ububiko bunini, kandi uko abantu bazobandanya biyongera, ngo niko nabo bazobandanya bagwiza uko bungana.<\/p>\n<p>Ku kibazo c\u2019iyo GASAPE izokura amafaranga yo kuriha abarukoresha kuko ariho rugitangura, Dr. Ir. Peris Saxe Gateka, avuga ko ubwo ari uburyo bwo kumenyekanisha urwo rubuga, kuko abatanguza ibikorwa bitandukanye misi yose bategekanya amafaranga yo kumenyekanisha ivyo bikorwa vyabo.<\/p>\n<p>Dr. Ir. Gateka Peris Saxe hampande y\u2019urwo rubuga rwa Gasape yashize ahabona, akaba afise n\u2019ibindi bikorwa bitandukanye amaze gushiramwo amafaranga birimwo imboneshakure n\u2019insamirizi Humuriza(TV&amp;radio) bisanzwe bikorera ku mugwa mukuru wa Politique w\u2019Uburundi, Gitega.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Collabo Big Fizzo na Ado Josan\ud83d\ude33\ud83d\udd25|Inyuma Ya Mr Blue Tz|N&#039;Umuganga akaba Umuririmvyi|Ado Josan i Buja\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/RApHs5Gi0Os?start=448&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mark Zukerberg yaronse umurundi agiye guhangana nawe mu bijanye n\u2019uguhuza abantu ku mbuga hwaniro (Social Media), uwo nawe s\u2019uyundi ni Dr. Ir. Perry Saxe Gateka. Iyo mvukira yo mu ntara ya gitega yasohoye urubuga yise GASAPE (www.gasape.com) aho avuga ko urwo rubuga rugiye gufasha mu bintu bitandukaney birimwo no guha akazi abakiri bato bagera ku [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25386,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519,920],"tags":[],"class_list":["post-25372","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-technology"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mark Zukerberg yaronse umurundi agiye guhangana nawe mu bijanye n\u2019uguhuza abantu ku mbuga hwaniro (Social Media), uwo nawe s\u2019uyundi ni Dr. Ir. Perry Saxe Gateka. Iyo mvukira yo mu ntara ya gitega yasohoye urubuga yise GASAPE (www.gasape.com) aho avuga ko urwo rubuga rugiye gufasha mu bintu bitandukaney birimwo no guha akazi abakiri bato bagera ku [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-05T20:26:55+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614975105627.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/\",\"name\":\"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-05T20:26:55+00:00\",\"dateModified\":\"2021-03-05T20:26:55+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mark Zukerberg yaronse umurundi agiye guhangana nawe mu bijanye n\u2019uguhuza abantu ku mbuga hwaniro (Social Media), uwo nawe s\u2019uyundi ni Dr. Ir. Perry Saxe Gateka. Iyo mvukira yo mu ntara ya gitega yasohoye urubuga yise GASAPE (www.gasape.com) aho avuga ko urwo rubuga rugiye gufasha mu bintu bitandukaney birimwo no guha akazi abakiri bato bagera ku [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-05T20:26:55+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614975105627.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/","name":"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-05T20:26:55+00:00","dateModified":"2021-03-05T20:26:55+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/mark-zukerberg-wa-facebook-yarakwiye-guhinda-umushitsi-ko-dr-ir-peris-saxe-gateka-yatanguje-gasape-social-media\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Mark Zukerberg wa Facebook yarakwiye guhinda umushitsi ko Dr. Ir. Peris Saxe Gateka yatanguje GASAPE (Social Media)?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25372","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25372"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25372\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25389,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25372\/revisions\/25389"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25386"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25372"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25372"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25372"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}