{"id":25412,"date":"2021-03-08T15:37:39","date_gmt":"2021-03-08T15:37:39","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25412"},"modified":"2021-12-30T05:57:55","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:55","slug":"ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/","title":{"rendered":"ivy&#8217;ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Icizere ni cose kuri Ado josan ko ata muririmvyi azosubira gukomakomwa ku bijanye n\u2019indirimbo zisa n\u2019izitavurwako rumwe n\u2019abatari bake ku bijanye n\u2019amajambo, intambo canke inyambaro ziba ziboneka mu ndirimbo.\u00a0 Ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwa Instagram aho yari kuri Live.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Ado Josan akaba yavuze ko yahamagawe na rumwe mu rwego atashikirije urwarirwo ngo asigure ibivurwa mu ndirimbo Hmm, ariko imbere yaho akaba yari yasabwe ko yobanza gukura iyo ndirimbo ku rubuga.<\/p>\n<p>Urwo rwego nkuko uwo muririmvyi yabishikirije kuri iyo Live ngo rwari rwahawe ikirego barubwira ko amajambo ari muri iyo ndirimbo adahumuriza nkuko yabandanije abishikiriza kuri iyo Live. Ado Josan ariko akavuga ko inyuma y\u2019ukuganira nabo ngo basanze ataco vyishe, noneho bamuha uruhusha rwo kuyisubizako.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi w\u2019umurundi asanzwe akorera ibikorwa vya misi yose mu gihugu ca Finland akaba yavugiye kuri iyo Live ko yizeye ko ata wundi muririmvyi azosubira guhamagarwa kubw\u2019ibivurwa mu ndirimbo.<\/p>\n<p>Ado Josan akaba amenyesha ko aho bukera azoshira ahabona iyindi ndirimbo naho atavuga umusi ngo kuko Hmmm ikiri nshasha ata misi iramara. Akaba avuga ko afise izindi zitari nke mu bubiko, akavuga ko nawe yari yamaze kubona ko yari yaranyoteje abamukurikirana.<\/p>\n<p>Mwomenya ko hampande ya Ado Josan, na Olegue nawe indirimbo yiwe Korayo yavuzweko amajambo atari make, bamwe bamwe bakaba bari bibajije ko bashobora no gusubira kumufunga nkuko bari babikoze ku ndirimbo Delegue General yari yasohoye imbere ya Doctor.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#HMM|  Big Fizzo  ariko abikora nkana?  Ado Josan asaba ko atawokwongerako inzindi nsiguro atatanze\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/ADXx-6bt08g?start=71&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Icizere ni cose kuri Ado josan ko ata muririmvyi azosubira gukomakomwa ku bijanye n\u2019indirimbo zisa n\u2019izitavurwako rumwe n\u2019abatari bake ku bijanye n\u2019amajambo, intambo canke inyambaro ziba ziboneka mu ndirimbo.\u00a0 Ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwa Instagram aho yari kuri Live. Ado Josan akaba yavuze ko yahamagawe na rumwe mu rwego atashikirije urwarirwo ngo asigure ibivurwa [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25379,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-25412","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>ivy&#039;ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"ivy&#039;ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Icizere ni cose kuri Ado josan ko ata muririmvyi azosubira gukomakomwa ku bijanye n\u2019indirimbo zisa n\u2019izitavurwako rumwe n\u2019abatari bake ku bijanye n\u2019amajambo, intambo canke inyambaro ziba ziboneka mu ndirimbo.\u00a0 Ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwa Instagram aho yari kuri Live. Ado Josan akaba yavuze ko yahamagawe na rumwe mu rwego atashikirije urwarirwo ngo asigure ibivurwa [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-08T15:37:39+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:55+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614779238104.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/\",\"name\":\"ivy'ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-08T15:37:39+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:55+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"ivy&#8217;ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"ivy'ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"ivy'ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Icizere ni cose kuri Ado josan ko ata muririmvyi azosubira gukomakomwa ku bijanye n\u2019indirimbo zisa n\u2019izitavurwako rumwe n\u2019abatari bake ku bijanye n\u2019amajambo, intambo canke inyambaro ziba ziboneka mu ndirimbo.\u00a0 Ivyo akaba yabishikirije ku rubuga rwa Instagram aho yari kuri Live. Ado Josan akaba yavuze ko yahamagawe na rumwe mu rwego atashikirije urwarirwo ngo asigure ibivurwa [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-08T15:37:39+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:55+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1614779238104.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/","name":"ivy'ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-08T15:37:39+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:55+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyugukurwa-ku-murongo-kwa-hmmm-ya-ado-josan-na-big-fizzo-vyamenyekanye\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"ivy&#8217;ugukurwa ku murongo kwa Hmmm ya Ado Josan na Big Fizzo vyamenyekanye"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25412","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25412"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25412\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25415,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25412\/revisions\/25415"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25379"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25412"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25412"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25412"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}