{"id":25604,"date":"2021-03-13T08:42:01","date_gmt":"2021-03-13T08:42:01","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25604"},"modified":"2021-03-13T08:42:01","modified_gmt":"2021-03-13T08:42:01","slug":"diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/","title":{"rendered":"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho"},"content":{"rendered":"<p><strong>Inyuma yaho ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mugabane wa America BDUSA(Burundian Diaspora In Usa) rishoboye kwitunganya neza, rikarengera ibibazo bibugarije, rigatunganya amatora adakumira, ubuserukizi bwa Diaspora y&#8217;Uburundi kw&#8217;isi yose mu ku bakeza bwabakuyeko ibihano bari bashizweko vyo kubataramura muri uwo mu ryango wagutse.<\/strong><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Mw&#8217;ikete\u00a0 numero Ref.24\/PR-DB\/21 umukuru w&#8217;Abarundi baba mu mahanga<strong> Japhet Legentil Ndayishimiye<\/strong> yashize ahabona agira ati:&#8221;Twihweje ugukorana neza hagati y&#8217;abarundi baba muri America, na cane cane inyuma yaho hibonekeje ukutabona kumwe hagati y&#8217;abanywanyi n&#8217;abarundi bamwe bamwe,dufatiye kandi ko:<\/p>\n<p>Twabandikiye amakete menshi tubereka ingene mwotorera inyishu\u00a0 ingorane zariho, ko Ubuserukizi bwa leta y&#8217;Uburundi bwabafashije bikananirana, Ubucamanza bwa America bukabafasha bikanirana,Umurwi w&#8217;abahuza washizweho bikananirana, mu nyuma umukuru w&#8217;abarundi aragerageza ku bahuza ubwiwe,<\/p>\n<p>Vyibonekeje ko amatora yuguruwe kuri bose ariwo muti usigaye, ayo matora nayo akisunga ikete\u00a0 twabandikiye numero Ref. 189\/PR-DB\/2020ryo kuwa 11 kigarama 2020,<\/p>\n<p>turavye ko amatora yatunganijwe kandi yitabwe n&#8217;abarundi 626 kandi hakaba hitoje abava ku mpande zose ku rugero rushimishije, n&#8217;itariki ikigizwa inyuma kugira hatagira urwitwazo,<\/p>\n<p>Twisunze ingingo ya 17 agace a. k&#8217;amategeko Diaspora igenderako, n&#8217;iya 9 aga sitari kanyuma aha umukuru w&#8217;abarundi uburenganzira bwo guserukira abarundi baba mu mahanga,<\/p>\n<p>Twisunze kandi ko abavyifuza bitoreye indongozi,<\/p>\n<p><em>Dufashe ingingo zikurikira:<\/em><\/p>\n<p><strong><em>Ingingo ya1<\/em> <\/strong>Dusubije BDUSA uburenganzira bwo guserukira abarundi baba muri Amerika.<\/p>\n<p><em><strong>Ingingo ya2<\/strong><\/em> <strong>Samuel Ndayiragije<\/strong> aragenywe guserukira BDUSA nkuko yitorewe n&#8217;abarundi baba muri America,<\/p>\n<p><em><strong>Ingingo ya3<\/strong><\/em>\u00a0<strong>Samuel Ndayiragije <\/strong>asabwe gushiraha komite imufasha yisunze amatora yabaye hamwe n&#8217;amategeko abagenga.<\/p>\n<p><em><strong>Ingingo ya3<\/strong><\/em><\/p>\n<p>a)<strong>Samuel Ndayiragije:\u00a0<\/strong> asabwe kworohereza no gukorana n&#8217;Ubuserukizi bw&#8217;Uburundi mu migambi ya Leta Mvyeyi, Leta Nkozi mu kuva mu majambo bakaja mu bikorwa bihesha icubahiro igihugu c&#8217;amavukiro.<\/p>\n<p>b)Gukora mu ntumbero yo gukomeza ubumwe n&#8217;Urukundo kuri bose,abamutoye n&#8217;abatamutoye mu kurindira amatora akurikira.<\/p>\n<p>Ayandi mategeko yose yari yashizweho asubirijwe n&#8217;iyi ngingo kuva kuri iyi talike ashiriweko igikumu,<\/p>\n<p>Bikorewe mu bwami bwa Norveje,11 Ntwarante 2021, vyatweko igikumu n&#8217;uwuserukira abarundi baba mu mahanga umushingatahe <strong> Japhet Legentil Ndayishimiye.<\/strong><\/p>\n<p><em>\u00a0Bikaba bishikirijwe na Indundi Magazine mu gisata cayo ca Diaspora News.<\/em><\/p>\n<p>Mwomenya ko atari mu buserukizi bw&#8217;abarundi kw&#8217;isi yose bakeje BDUSA na Samuel Ndayiragije gusa, kuko n&#8217;ubuserukizi bw&#8217;abarundi baba muri Australia bahurikiye mw&#8217;ishirahamwe BDA(Burundian Diaspora in Australia) barungitse ubutumwa bwo ku bakeza.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Sokweee!! Tube turajajura n&#039;ibibondo vy&#039;i Muramvya\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/TCdnzvQjFCY?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma yaho ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mugabane wa America BDUSA(Burundian Diaspora In Usa) rishoboye kwitunganya neza, rikarengera ibibazo bibugarije, rigatunganya amatora adakumira, ubuserukizi bwa Diaspora y&#8217;Uburundi kw&#8217;isi yose mu ku bakeza bwabakuyeko ibihano bari bashizweko vyo kubataramura muri uwo mu ryango wagutse. &nbsp; Mw&#8217;ikete\u00a0 numero Ref.24\/PR-DB\/21 umukuru w&#8217;Abarundi baba mu mahanga Japhet Legentil [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":25605,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[727,588,601,625,519,805],"tags":[],"class_list":["post-25604","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-bdusa","category-diaspora-organizations","category-diaspora-promoted","category-diplomacy","category-kirundi","category-usa"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma yaho ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mugabane wa America BDUSA(Burundian Diaspora In Usa) rishoboye kwitunganya neza, rikarengera ibibazo bibugarije, rigatunganya amatora adakumira, ubuserukizi bwa Diaspora y&#8217;Uburundi kw&#8217;isi yose mu ku bakeza bwabakuyeko ibihano bari bashizweko vyo kubataramura muri uwo mu ryango wagutse. &nbsp; Mw&#8217;ikete\u00a0 numero Ref.24\/PR-DB\/21 umukuru w&#8217;Abarundi baba mu mahanga Japhet Legentil [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-13T08:42:01+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/samuel-ndayiragije.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"2100\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1500\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/\",\"name\":\"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-13T08:42:01+00:00\",\"dateModified\":\"2021-03-13T08:42:01+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma yaho ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi benshi baba ku mugabane wa America BDUSA(Burundian Diaspora In Usa) rishoboye kwitunganya neza, rikarengera ibibazo bibugarije, rigatunganya amatora adakumira, ubuserukizi bwa Diaspora y&#8217;Uburundi kw&#8217;isi yose mu ku bakeza bwabakuyeko ibihano bari bashizweko vyo kubataramura muri uwo mu ryango wagutse. &nbsp; Mw&#8217;ikete\u00a0 numero Ref.24\/PR-DB\/21 umukuru w&#8217;Abarundi baba mu mahanga Japhet Legentil [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-13T08:42:01+00:00","og_image":[{"width":2100,"height":1500,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/samuel-ndayiragije.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/","name":"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-13T08:42:01+00:00","dateModified":"2021-03-13T08:42:01+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/diaspora-ibihano-vyari-vyafatiwe-samuel-ndayiragije-na-bdusa-vyakuweho\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#Diaspora| Ibihano vyari vyafatiwe Samuel Ndayiragije na BDUSA vyakuweho"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25604","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25604"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25604\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25612,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25604\/revisions\/25612"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25605"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25604"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25604"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25604"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}