{"id":25738,"date":"2021-03-20T03:18:48","date_gmt":"2021-03-20T03:18:48","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25738"},"modified":"2021-12-30T05:57:44","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:44","slug":"ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/","title":{"rendered":"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Mu misi iheze hamenyekanye ko Mugani Desire benshi bamenye nka Big Fizzo azi gukina amareresi, ico abatari bake batamwibazako, kuko nawe nyene yiyemereye ko atarazi ko yobishoboye. Ico gihe hari mu gihe hariko hategurwa ireresi ryiswe Nobela ryakiniwe hano iwacu.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Iyo ngabire ya Mugani ikaba itanguye kumwerera bitandukanye n\u2019ingabire y\u2019ukuririmba yabanje kumutwara igihe kitari gito ariko arirondeza, noneho inyuma y\u2019imyaka hafi 20 ikaza gutangura kugira ico imuhaye.<\/p>\n<p>Muri uku kwezi\u00a0 kwa 3 niho humvikana\u00a0 ko Big Fizzo agiye gukina mu rindi reresi ariko ritazotegurwa n\u2019abarundi canke ngo rikinirwe hano iwacu, nkuko amakuru amaze kumenyekana avyerekana. Iryo reresi bikaba bivurwa ko azorihuriramwo n\u2019ibihangange bitandukanye mu muziki hano muri Africa nka mugenziwe Awilo asanzwe akomoka mu gihugu ca Congo.<\/p>\n<p>Iryo reresi ryatanguye kuvugwa cane ritaranatangura gufatirwa amasanamu kubera abazoribonekamwo, niryo ngo ryatumye ico gihangange mu muziki ndundi afata urugendo kuri uyu wa 19\/3 rumushikana mu gihugu ca Tanzania giheruka kubura umukuru w\u2019igihugu, Nyakwigendera J.Pombe Magufuli.<\/p>\n<p>Ibimujanye neza neza ntibiramenyekana, kuko ashobora kuba agiye gukina, canke agiye kuganira ibijanye n\u2019agashahara canke ibindi vyose bizomufasha muri ico gihe azoba ariko arakina iryo reresi. Ariko kandi ntihanamenyekanye neza nimba yijanye canke yajanye n\u2019uwundi muntu, kuko amakuru dufise nuko Manager mukuru wa Bantu bwoy ari nawe mutambukanyi wiwe we ashobora kuba akiri I Bujumbura.<\/p>\n<p>Ku rubuga rwa Instagram co kimwe n\u2019Urwa Facebook yabashije gusangiza abantu ishusho 1 ari ku kibuga c\u2019indege agiye, uwo muririmvyi ntiyabashije kubona abaririmvyi bagenziwe bamwipfuriza urugendo rwiza, uretse abo asanzwe arereye muri Bantu Bwoy.<\/p>\n<p>Ikindi cabashije kuboneka kuri urwo rubuga n\u2019uko uwo muririmvyi yahawe umuco, abwirwa n\u2019umwe mu babashije kugira ico bashikiriza kuri Instagram ko iyo ari intango y\u2019imiryango myinshi Imana igiye kumwugururira muri uno mwaka wa 2021. Uwo muco yawuhawe n\u2019umuntu tutabashije kumenya neza, anamwibutsa ko yabimubwiye mu ntango z\u2019uno mwaka wa 2021.<\/p>\n<p>Nkuko tubimenyereye ko Big Fizzo ari mu bantu batazi kuvuga amajambo menshi ariko bashira ibikorwa imbere, uwo muririmvyi birashoboka azoca akorera muri Tanzania igikorwa co kumenyekanisha ibikorwa vyiwe ku nsamirizi zitandukanye bakunze kwita Media Tours mu kinyamazuru. Ariko naho biruko, uno wa 19 wo uraye ataho abonetse mu binyamakuru vyo muri ico gihugu ko yamaze guhonyoza ikirenge mu kiramutsa Nyakubahwa Samia Suruhu.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Ng&#039;Ibi ibidasanzwe Lolilo akoreye Big Fizzo Mu Rwanda Inyuma yo guterana amajambo|Chriss Mb na Berry\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/61_FcANyApg?start=239&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu misi iheze hamenyekanye ko Mugani Desire benshi bamenye nka Big Fizzo azi gukina amareresi, ico abatari bake batamwibazako, kuko nawe nyene yiyemereye ko atarazi ko yobishoboye. Ico gihe hari mu gihe hariko hategurwa ireresi ryiswe Nobela ryakiniwe hano iwacu. Iyo ngabire ya Mugani ikaba itanguye kumwerera bitandukanye n\u2019ingabire y\u2019ukuririmba yabanje kumutwara igihe kitari gito [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25742,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-25738","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu misi iheze hamenyekanye ko Mugani Desire benshi bamenye nka Big Fizzo azi gukina amareresi, ico abatari bake batamwibazako, kuko nawe nyene yiyemereye ko atarazi ko yobishoboye. Ico gihe hari mu gihe hariko hategurwa ireresi ryiswe Nobela ryakiniwe hano iwacu. Iyo ngabire ya Mugani ikaba itanguye kumwerera bitandukanye n\u2019ingabire y\u2019ukuririmba yabanje kumutwara igihe kitari gito [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-20T03:18:48+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:44+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1616209711015.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/\",\"name\":\"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-20T03:18:48+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:44+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu misi iheze hamenyekanye ko Mugani Desire benshi bamenye nka Big Fizzo azi gukina amareresi, ico abatari bake batamwibazako, kuko nawe nyene yiyemereye ko atarazi ko yobishoboye. Ico gihe hari mu gihe hariko hategurwa ireresi ryiswe Nobela ryakiniwe hano iwacu. Iyo ngabire ya Mugani ikaba itanguye kumwerera bitandukanye n\u2019ingabire y\u2019ukuririmba yabanje kumutwara igihe kitari gito [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-20T03:18:48+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:44+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1616209711015.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/","name":"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-20T03:18:48+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:44+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ingabire-ya-big-fizzo-yo-gukina-amareresi-imubereye-nziza-bugica\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ingabire ya big Fizzo yo gukina amareresi, imubereye nziza bugica \u00a0\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25738","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25738"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25738\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25743,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25738\/revisions\/25743"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25742"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25738"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25738"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25738"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}