{"id":25787,"date":"2021-03-24T17:04:13","date_gmt":"2021-03-24T17:04:13","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25787"},"modified":"2021-12-30T05:57:38","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:38","slug":"christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/","title":{"rendered":"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Nyakubwahwa Evariste Ndayishimiye ntahengeshanya gusemerera abwira abantu ko bakwiye kwijukira kurondera uburyo bwo kwiyungunganya, kuko Leta ubwabo idashobora gufasha abarundi bose ngo ibahe akazi, na cane cane Urwaruka.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu rwaruka, hari abamaze guca ubwenge, bagatangura kugira ivyo bakoze ngo bikunde ejo habo hazobe heza, na rirya bavuga ko Urwaruka arirwo Burundi bw&#8217;ejo. Muribo harimwo uwitwa Christiana Laly Gomez yamenyekanye cane kubera ama video atwenza agize igihe akora, we yaramaze gutahura ko imbugahwaniro (Sociaux Media) zishobora kumwinjiriza amafaranga kandi atari make.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-25795\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n.jpg\" alt=\"\" width=\"1080\" height=\"1080\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n.jpg 1080w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-300x300.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-100x100.jpg 100w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-600x600.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-1024x1024.jpg 1024w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-150x150.jpg 150w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-768x768.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-696x696.jpg 696w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-1068x1068.jpg 1068w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/129532417_3597810653672440_6295907173618303170_n-420x420.jpg 420w\" sizes=\"auto, (max-width: 1080px) 100vw, 1080px\" \/><\/p>\n<p>Mu mezi aheze, yabonetse ashira ahabona urupapuro (Cover) aho yamenyesha abantu ko hari ikiganiro (Show) agiye kuza arashira ahabona. Ico gikino ciswe A Nous La Maison, cabonetsemwo umukinyi w\u2019amareresi akaba n\u2019umuririmvyi Alvin Smith basanzwe ari n\u2019incuti za hafi, gihagaze ku muryango w\u2019abana bibana batarikumwe n\u2019umuvyeyi wabo kuko ari mu mahanga mu kazi.<\/p>\n<p>Aganira n\u2019ikinyamakuru Siren Vibe, uwo mwigeme yabwiye umumenyeshamakuru Hosy Irakoze ko imvo nyezina yatumye ashima gushinga ico gikorwa kwari ukugira yerekane uburyo abana bamwe bamwe hano mu gisagara babayeho, ariko kandi ngo yanashaka ko anagira ico aronse kija ku mufuko.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019ico gikino \u00abA Nous La Maison\u00bb gisigaye kirabwa n\u2019abatari bake kuri urwo rubuga rwa Youtube rufise izina \u02baChrislamezshow\u02ba, ubu naho azanye ikindi kiganiro yise &#8220;Dans la Cuisine&#8221;. Ico kiganiro naho naco kizoca kuri urwo rubuga rwa Youtube asanzwe acishako ico gikino ca &#8220;A nous la Maison&#8221;, ngo bizoba bitandukanye nkuko yabandanije avyerekana.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-25794\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n.jpg\" alt=\"\" width=\"1080\" height=\"1080\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n.jpg 1080w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-300x300.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-100x100.jpg 100w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-600x600.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-1024x1024.jpg 1024w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-150x150.jpg 150w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-768x768.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-696x696.jpg 696w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-1068x1068.jpg 1068w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/164040998_365614641256122_3643252909826182052_n-420x420.jpg 420w\" sizes=\"auto, (max-width: 1080px) 100vw, 1080px\" \/><\/p>\n<p>Acishije ku rubuga rwa Instagram rwiwe narwo ruharurwa mu zikunzwe ngaha iwacu, rugeze ku barenga 13 000, Christiana Lamez yavuze ko muri ico kiganiro \u02ba Dans la Cuisine\u02ba atazoba ariko yigisha gukinjika nkuko bamwe bamwe bovyibaza, ariko ngo igikoni azocitiza aganira n\u2019ibihangange hano iwacu ibibazo bitandukanye bibahanze. Muri ico kiganiro ariko ngo bazokinjika.<\/p>\n<p>Christiana akaba atari wenyene mu basore n\u2019inkumi bamaze gufata iya mbere mu guha ubuzi abandi kugira bakore ibi na biriya, kuko incuti ziwe za hafi nka Alvin Smith, yamaze nawe gutangura gukinisha acishije ku rubuga rwiwe rwa Youtube urukino rwa Comedy nawe abonekamwo, co kimwe na Mow kanzie we yamaze kubigira umwuga, kuko ageze ku rubuga rwa Youtube rugira 2 yise Mow kanzie Network narwo azocishako ikiganiro azogirana n\u2019abatari bake mu banyabuhinga hano iwacu, ngo bacire agace abantu ico bashitseko n\u2019inyigisho boshikiriza.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Masterland ati twinjiza make cane kuri Spotify ariko icizere kirahari ko bizogenda neza\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/gli_ZW96c1A?start=14&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Nyakubwahwa Evariste Ndayishimiye ntahengeshanya gusemerera abwira abantu ko bakwiye kwijukira kurondera uburyo bwo kwiyungunganya, kuko Leta ubwabo idashobora gufasha abarundi bose ngo ibahe akazi, na cane cane Urwaruka. Mu rwaruka, hari abamaze guca ubwenge, bagatangura kugira ivyo bakoze ngo bikunde ejo habo hazobe heza, na rirya bavuga ko Urwaruka arirwo Burundi bw&#8217;ejo. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25790,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-25787","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Nyakubwahwa Evariste Ndayishimiye ntahengeshanya gusemerera abwira abantu ko bakwiye kwijukira kurondera uburyo bwo kwiyungunganya, kuko Leta ubwabo idashobora gufasha abarundi bose ngo ibahe akazi, na cane cane Urwaruka. Mu rwaruka, hari abamaze guca ubwenge, bagatangura kugira ivyo bakoze ngo bikunde ejo habo hazobe heza, na rirya bavuga ko Urwaruka arirwo Burundi bw&#8217;ejo. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-24T17:04:13+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1616604329903.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/\",\"name\":\"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-24T17:04:13+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:38+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Nyakubwahwa Evariste Ndayishimiye ntahengeshanya gusemerera abwira abantu ko bakwiye kwijukira kurondera uburyo bwo kwiyungunganya, kuko Leta ubwabo idashobora gufasha abarundi bose ngo ibahe akazi, na cane cane Urwaruka. Mu rwaruka, hari abamaze guca ubwenge, bagatangura kugira ivyo bakoze ngo bikunde ejo habo hazobe heza, na rirya bavuga ko Urwaruka arirwo Burundi bw&#8217;ejo. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-24T17:04:13+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:38+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1616604329903.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/","name":"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-24T17:04:13+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:38+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/christiana-laly-gomez-yumvise-akamo-kumukuru-wigihugu-ahamvya-abandi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Christiana Laly Gomez yumvise akamo k\u2019umukuru w\u2019igihugu ahamvya abandi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25787","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25787"}],"version-history":[{"count":5,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25787\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25796,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25787\/revisions\/25796"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25790"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25787"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25787"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25787"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}