{"id":25814,"date":"2021-03-26T16:53:30","date_gmt":"2021-03-26T16:53:30","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25814"},"modified":"2021-12-30T05:57:36","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:36","slug":"big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/","title":{"rendered":"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate?"},"content":{"rendered":"<p><em><strong>Agahengwe ngira karaheza kaboneka mu basanzwe bakurikiranira hafi urugendo rw\u2019umuririmvyi Big Fizzo mu gihugu ca Tanzania, aho amaze imisi abarizwa kubera ikorwa ry\u2019ireresi A LIFE TO REGRET. \u00a0Bamwe bakaba bariko bibaza ico uwo muririmvyi ariko arakora mu gihe amazeyo imisi kandi ata gikorwa na kimwe ariko yerekana ko amaze gushikako.<\/strong><\/em><\/p>\n<p>Mu masaha y\u2019umuhingamo ashira umugoroba w\u2019uyu musi wa gatanu, mu gihe Tanzania yari ihanze amaso ifubwa ry\u2019uwahoze ari umukuru w\u2019ico gihugu, Umuhisi Dr. J.P. Magufuli, Uburundi nabwo imitima iri mu kirere kubera urukino rwahuje Intamba mu rugamba na Centre Afrique, urubuga rwa Facebook rwa BJB Films iriko irategura ireresi Mugani yajanywe n\u2019ugukina muri Tanzania, rwashizweko amashusho abonekamwo Big Fizzo hamwe n\u2019abandi bantu bashobora kuzoboneka muri iryo reresi.<\/p>\n<p>Ayo mashusho yaherekejwe n\u2019amajambo aho bamenyesha ko Mugani n\u2019abandi bariko barakora imyimenyerezo y\u2019iryo reresi azohuriramwo n\u2019inararibonye muri uno muziki wa Africa, Awilo longomba. Bikaba vyabonetse ko bariko barasoma banafatwa amajwi.<\/p>\n<p>Ayo mashusho akaba asohotse inyuma yaho hasohokeye amashusho atandukanye yerekana Big Fizzo ari mu bibanza bitandukanye, aho yabonetse yakiriwe n\u2019abantu batandukanye barimwo ibihangange mu muziki muri kano karere nka Jose Chameleon, yari yajanywe muri Tanzania n\u2019ugusezera umuhisi J.P. Magufuli, Pallasso, TID, Mkombozi co kimwe n\u2019abandi batandukanye.<\/p>\n<p>Bamwe mu bafana b\u2019uwo muririmvyi bakaba babona ko ugukorana n\u2019abandi baririmvyi b\u2019ibihangange \u00a0muri kano karere ari kimwe mu bintu vyobanezera cane, kuko kanatsinda aho hambere ngo bari musi yiwe none ubu baramusize cane. Bamwe bo bakaba banavuze muri commentaire ku rubuga rwa Facebook rw\u2019uwo muririmvyi ko bari mu bandi bumva isoni ry\u2019ukwitwa abafana biwe.<\/p>\n<p>Ariko naho imyidogo ari yose muribo, uwo muririmvyi ntahengeshanya kubivuga mu biganiro bitandukanye aho aciye ko adashima gukora indirimbo zitagira iyo zizomushikana, kuko ashima gukorana n\u2019uwo abona ko bazofashanya kumenyekanisha indirimbo bazoba bakoranye.<\/p>\n<p>None umenyera azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira, atera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate kugira hampande y\u2019iryo reresi ajanywe n\u2019ugukina muri Tanzania azoce aza atuzaniye igikorwa gishasha? Reka tubihe akanya turabe ikizovamwo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#HMM|  Big Fizzo  ariko abikora nkana?  Ado Josan asaba ko atawokwongerako inzindi nsiguro atatanze\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/ADXx-6bt08g?start=71&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Agahengwe ngira karaheza kaboneka mu basanzwe bakurikiranira hafi urugendo rw\u2019umuririmvyi Big Fizzo mu gihugu ca Tanzania, aho amaze imisi abarizwa kubera ikorwa ry\u2019ireresi A LIFE TO REGRET. \u00a0Bamwe bakaba bariko bibaza ico uwo muririmvyi ariko arakora mu gihe amazeyo imisi kandi ata gikorwa na kimwe ariko yerekana ko amaze gushikako. Mu masaha y\u2019umuhingamo ashira umugoroba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25815,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-25814","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Agahengwe ngira karaheza kaboneka mu basanzwe bakurikiranira hafi urugendo rw\u2019umuririmvyi Big Fizzo mu gihugu ca Tanzania, aho amaze imisi abarizwa kubera ikorwa ry\u2019ireresi A LIFE TO REGRET. \u00a0Bamwe bakaba bariko bibaza ico uwo muririmvyi ariko arakora mu gihe amazeyo imisi kandi ata gikorwa na kimwe ariko yerekana ko amaze gushikako. Mu masaha y\u2019umuhingamo ashira umugoroba [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-03-26T16:53:30+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:36+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1616776952652.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/\",\"name\":\"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-03-26T16:53:30+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:36+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Agahengwe ngira karaheza kaboneka mu basanzwe bakurikiranira hafi urugendo rw\u2019umuririmvyi Big Fizzo mu gihugu ca Tanzania, aho amaze imisi abarizwa kubera ikorwa ry\u2019ireresi A LIFE TO REGRET. \u00a0Bamwe bakaba bariko bibaza ico uwo muririmvyi ariko arakora mu gihe amazeyo imisi kandi ata gikorwa na kimwe ariko yerekana ko amaze gushikako. Mu masaha y\u2019umuhingamo ashira umugoroba [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-03-26T16:53:30+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:36+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/03\/PhotoGrid_Plus_1616776952652.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/","name":"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-03-26T16:53:30+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:36+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-azohava-agirako-nkumuryi-wigisahira-mu-gutera-imigere-ibiri-nkabakinyi-ba-karate\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Big Fizzo azohava agirako nk\u2019umuryi w\u2019igisahira mu gutera imigere ibiri nk\u2019abakinyi ba Karate?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25814","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25814"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25814\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25816,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25814\/revisions\/25816"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25815"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25814"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25814"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25814"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}