{"id":25991,"date":"2021-04-08T03:38:35","date_gmt":"2021-04-08T03:38:35","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=25991"},"modified":"2021-12-30T05:57:25","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:25","slug":"imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/","title":{"rendered":"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Agahengwe koba kagiye kuboneka? Canke noneho Impari zigiye kuba nyinshi gusumba izahora zihari? Ivyo n\u2019ibibazo umuntu aca yibaza inyuma y\u2019ukubona ibikorwa bitandukanye Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo aheruak gukora aho abarizwa muri Tanzania.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu misi iheze akigenda abantu bariko bidoga cane ko uwo muririmvyi bakunda asa nkaho ari mu gacerer ataco ariko arabereka, bamwe bo bakaba banavuga ko basa nkaho baterwa n\u2019isoni ryo kwitwa Umufana wiwe.<\/p>\n<p>Big Fizzo muri iyi misi ibiri canke itatu iheze, yahinduye isura abantu bahora bamubonako. Uhereye ku rugendo yagize kwa Jux umwe mu baririmvyi bakunzwe, kandi bemewe muri Tanzania, vyanavuzwe ko bafitanye indirimbo, mbere bikananuganugwa ko bashobora kuba barakoranye indirimbo muri urwo rugendo nkuko ikinyamakuru SNS co muri Tanzania cabishikirije aho kivuga ko ikibanza Big Fizzo yabonetse afatiramwo amasanamu yari Studio iri muhira kwa Jux.<\/p>\n<p>Ikindi cabonetse kuri Big Fizzo ni uburyo yabonetse ashira ahabona ishusho ry\u2019uburyo akurwa mu rugo aho asanzwe aba muri Tanzania, noneho agatwarwa mu kibanza baba bari bukoreramwo uwo musi, aho aboneka yunguruzwa n\u2019imodoka iri mu bwoko bwa Land Cruiser V8, iri mu modoka zubashwe cane kw\u2019isi.<\/p>\n<p>Ikindi catumye uwo muririmvyi ashirako akaburungu kw\u2019ihinduka ry\u2019uburyo abantu bariko bamubona, n\u2019amashusho yashize ahabona arikumwe na Sky asanzwe ari umurongozi wa SNS akaba kandi n\u2019umumenyeshamakuru w\u2019ico kinyamakuru gikorera muri Tanzania. Ico kinyamakuru akaba yakoranye ikiganiro nabo, bishoboka ko kiri bunasohotse uno musi, aho yanagiriyeko abashimira kuba bamuhaye akaryo ko gutumirwa.<\/p>\n<p>Ivyo bikaba bibaye mu gihe abantu baguma bamwidogera ko adakorana n\u2019abaririmvyi bakomeye muri kano karere, mu gihe babona ko ariyo nzira izotuma uwo muririmvyi abasha gushika kure cane gusumba. Ariko akaba yamenyesha ko yipfuza gukorana indirimbo n\u2019umuririmvyi bazofashanya kumenyekanisha iyo ndirimbo, atari uwuzomutana ibikorwa kuko yishakira amafaranga gusa.<\/p>\n<p>Mwomenya ko mu bintu duheruka kubona muri ino misi nuko umuririmvyi Big Fizzo asa n\u2019uwijukiye gukora cane imbuga nguruanabumenyi asanzwe akoresha nka Instagram, Facebook na Likee aho aboneka ashirako amashusho atari make, mu gihe bizwi ko ari mu baririmvyi bakoresha izo mbuga gake gashoboka, kuko avuga ko we ashima kudapfa gushirako, ariko ngo ashima gushirako ivyubaka gusa.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Collabo muri EastAfrica|Project ikomeye na Big Fizzo muri Tz|Bruce Melody vyarabaye naho..|Don B\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/3lXEX7x0kLU?start=125&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Agahengwe koba kagiye kuboneka? Canke noneho Impari zigiye kuba nyinshi gusumba izahora zihari? Ivyo n\u2019ibibazo umuntu aca yibaza inyuma y\u2019ukubona ibikorwa bitandukanye Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo aheruak gukora aho abarizwa muri Tanzania. Mu misi iheze akigenda abantu bariko bidoga cane ko uwo muririmvyi bakunda asa nkaho ari mu gacerer ataco ariko arabereka, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":25993,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-25991","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Agahengwe koba kagiye kuboneka? Canke noneho Impari zigiye kuba nyinshi gusumba izahora zihari? Ivyo n\u2019ibibazo umuntu aca yibaza inyuma y\u2019ukubona ibikorwa bitandukanye Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo aheruak gukora aho abarizwa muri Tanzania. Mu misi iheze akigenda abantu bariko bidoga cane ko uwo muririmvyi bakunda asa nkaho ari mu gacerer ataco ariko arabereka, [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-08T03:38:35+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:25+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1617852922501.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/\",\"name\":\"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-08T03:38:35+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:25+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Agahengwe koba kagiye kuboneka? Canke noneho Impari zigiye kuba nyinshi gusumba izahora zihari? Ivyo n\u2019ibibazo umuntu aca yibaza inyuma y\u2019ukubona ibikorwa bitandukanye Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo aheruak gukora aho abarizwa muri Tanzania. Mu misi iheze akigenda abantu bariko bidoga cane ko uwo muririmvyi bakunda asa nkaho ari mu gacerer ataco ariko arabereka, [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-08T03:38:35+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:25+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1617852922501.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/","name":"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-08T03:38:35+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:25+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/imvura-yoba-igiye-kugwira-abafana-canke-turacari-mu-gicugu-mu-bwami-bwa-big-fizzo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Imvura yoba igiye kugwira abafana, canke turacari mu gicugu mu bwami bwa Big Fizzo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25991","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=25991"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25991\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":25994,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/25991\/revisions\/25994"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/25993"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=25991"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=25991"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=25991"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}