{"id":26066,"date":"2021-04-12T02:30:00","date_gmt":"2021-04-12T02:30:00","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26066"},"modified":"2021-12-30T05:57:19","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:19","slug":"ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/","title":{"rendered":"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Monna walda niwe aheruka gutsindira ikibanza ca mbere mu bandi batari bake bariko bavugwa n\u2019abafana ba Ado Josan mu kibanza c\u2019ama Storie muri ino ndwi twaraye turangije.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Uwo mwigeme azwi cane nka Mow Kanzie akaba yahiswemwo ngo abe ariwe azoba umukunzi wa Ado Josan nkuko uwo musore yari yasavye abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe ngo bamubwire umwigeme babona boberana.<\/p>\n<p>Ivyo bikaba vyabaye inyuma yaho umwe mubo twari twabashikirije mu misi iheze ko ariko ashaka gutsindira urukundo rwa Monna akinjuriye mu kuvuga ko yariko arikinira mu kubivuga. Uwo nawe s\u2019uyundi ni Marembo abarizwa ku mugabane wa Buraya.<\/p>\n<p>Ariko uwundi we, Wiz Designer, akaba urugamba arurembeje, mu kubandanya yegenyeza n\u2019amajambo aryohera ugutwi abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram.<\/p>\n<p>Monna we akaba gushika ubu ataco arabivugako, uretse ico aheruka gushikiriza kuri Storie y\u2019urubuga rwa Instagram asanzwe akoresha, aho yishuye uwitwa Bestof257 ko atazi n\u2019ico yategerezwa kwishura ku kibazo c\u2019ugusohokana n\u2019uwo muririmvyi Ado Josan asanzwe abarizwa ku mugabane wa Buraya.<\/p>\n<p>Ariko naho biruko, uwo muririmvyi Ado Josan we ngo akaba yanditse ku rubuga rwa Instagram ko uwo muririmvyikazi nubwo atomusubiza kuco abafana basavye, ngo azotuma akoresha amajambo yiwe, ngo vyanse aririmbe HMM, imwe yakorana na Big Fizzo.<\/p>\n<p>Mwomenya ko abo bose batanguye kugira ico bashikiriza ku gushaka ko basohokana inyuma yaho bimenyekaniye ko uwari umukunzi wiwe yamweretse ubworo bw\u2019ikirenge, aho hari mu kiganiro na Siren Vibe.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#NCDP|Imigani , Ntugakengere Nyogokuru wawe ngo ni uko ashaje\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/Jv01LDWpqX8?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Monna walda niwe aheruka gutsindira ikibanza ca mbere mu bandi batari bake bariko bavugwa n\u2019abafana ba Ado Josan mu kibanza c\u2019ama Storie muri ino ndwi twaraye turangije. Uwo mwigeme azwi cane nka Mow Kanzie akaba yahiswemwo ngo abe ariwe azoba umukunzi wa Ado Josan nkuko uwo musore yari yasavye abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe ngo bamubwire umwigeme [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26067,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26066","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Monna walda niwe aheruka gutsindira ikibanza ca mbere mu bandi batari bake bariko bavugwa n\u2019abafana ba Ado Josan mu kibanza c\u2019ama Storie muri ino ndwi twaraye turangije. Uwo mwigeme azwi cane nka Mow Kanzie akaba yahiswemwo ngo abe ariwe azoba umukunzi wa Ado Josan nkuko uwo musore yari yasavye abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe ngo bamubwire umwigeme [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-12T02:30:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:19+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618192490591.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/\",\"name\":\"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-12T02:30:00+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:19+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Monna walda niwe aheruka gutsindira ikibanza ca mbere mu bandi batari bake bariko bavugwa n\u2019abafana ba Ado Josan mu kibanza c\u2019ama Storie muri ino ndwi twaraye turangije. Uwo mwigeme azwi cane nka Mow Kanzie akaba yahiswemwo ngo abe ariwe azoba umukunzi wa Ado Josan nkuko uwo musore yari yasavye abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe ngo bamubwire umwigeme [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-12T02:30:00+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:19+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618192490591.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/","name":"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-12T02:30:00+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:19+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibitigiri-vyabarondera-monna-walda-bibandanya-vyiyongera\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ibitigiri vy\u2019abarondera Monna Walda bibandanya vyiyongera"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26066","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26066"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26066\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26068,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26066\/revisions\/26068"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26067"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26066"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26066"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26066"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}