{"id":26233,"date":"2021-04-16T12:56:19","date_gmt":"2021-04-16T12:56:19","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26233"},"modified":"2021-12-30T05:57:09","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:09","slug":"coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/","title":{"rendered":"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie?"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abarundi barayamaze ngo uwutazi ubwenge ashima rwiwe, ikiriko kiraba hagati ya Mow Kanzie na Wiz Designer kiracagoye gutora neza, kuko muri ino misi ivy\u2019abaririmvyi bisigaye bigoye, ushobora gusanga ivyo mwariko mwibaza ko biriko biraba atarivyo na gato.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Inyuma y\u2019imisi asa n\u2019uwingiga asaba urukundo, abatari bake babona ko Mow kanzie yoba yuguruye imiryango, none basigaye bari mu rukundo, kandi bahisemwo kurishira ahabona. Ivyo abo bakaba babovuga bisunze ko uwo muririmvyikazi, Mow Kanzie, yabonetse mu mashusho arikumwe n\u2019uwo musore Wiz Designer.<\/p>\n<p>Ariko naho biruko ibibazo biracari vyose, impamvu Mow yoba yemeye gusubira gushira ahabona umukunzi wiwe mu gihe yasa n\u2019uwabisezereye, ariko kandi tukibuka ko yaheruka kuvuga ko ari mu rukundo ivyo abwiwe ngo arivyo akora ata guhigimanga kubayemwo.<\/p>\n<p>Ikindi kibazo cibazwa ni nimba batoba bariko bategura akaririmbo bazokorana, noneho kugira bikunde kazorabwe cane bagaca bategura akantu kuko boba bari mu rukundo. Ivyo bikaba bishoboka kuko nimba mwibuka neza, abaririmvyi bo mu runganwe rushasha baheruka kwemeza ko ata nkeka bazokorana hagati yabo kugira baduge cane kuko abakuru babo ngo banse kubashigikira.<\/p>\n<p>Mwomenya ariko kandi ko mu rugendo rw\u2019ukurondera umukunzi mushasha wa Kanzie, harimwo n\u2019uwundi yasa n\u2019uwuri mw\u2019ihiganwa ariko ari kure, uwo nawe s\u2019uyundi ni Ado Josan aho yaheruka gusabwa n\u2019abakunzi biwe ko aja mu rukundo na Mow Kanzie, ivyo uwo mwigeme atemeje canke ngo ahakane.<\/p>\n<p>None vyukuri hariko hategurwa iki? Ubugeni bwa Monna ko yavuze ko ariko akora ibishoboka vyose ngo yiyumvemwo gushinga urugo? Indirimbo Hagati ya Wiz na Kanzie? Uwuzi ayo makuru aduhe umuco.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Prezida Domitien NDAYIZEYE: Gukorera ahabona, guhiganwa, guharura neza amatora nivyo vyaranze Uganda\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/kD2S741U2bg?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abarundi barayamaze ngo uwutazi ubwenge ashima rwiwe, ikiriko kiraba hagati ya Mow Kanzie na Wiz Designer kiracagoye gutora neza, kuko muri ino misi ivy\u2019abaririmvyi bisigaye bigoye, ushobora gusanga ivyo mwariko mwibaza ko biriko biraba atarivyo na gato. Inyuma y\u2019imisi asa n\u2019uwingiga asaba urukundo, abatari bake babona ko Mow kanzie yoba yuguruye imiryango, none basigaye bari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26235,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26233","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abarundi barayamaze ngo uwutazi ubwenge ashima rwiwe, ikiriko kiraba hagati ya Mow Kanzie na Wiz Designer kiracagoye gutora neza, kuko muri ino misi ivy\u2019abaririmvyi bisigaye bigoye, ushobora gusanga ivyo mwariko mwibaza ko biriko biraba atarivyo na gato. Inyuma y\u2019imisi asa n\u2019uwingiga asaba urukundo, abatari bake babona ko Mow kanzie yoba yuguruye imiryango, none basigaye bari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-16T12:56:19+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:09+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618577409105.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/\",\"name\":\"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-16T12:56:19+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:09+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abarundi barayamaze ngo uwutazi ubwenge ashima rwiwe, ikiriko kiraba hagati ya Mow Kanzie na Wiz Designer kiracagoye gutora neza, kuko muri ino misi ivy\u2019abaririmvyi bisigaye bigoye, ushobora gusanga ivyo mwariko mwibaza ko biriko biraba atarivyo na gato. Inyuma y\u2019imisi asa n\u2019uwingiga asaba urukundo, abatari bake babona ko Mow kanzie yoba yuguruye imiryango, none basigaye bari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-16T12:56:19+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:09+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618577409105.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/","name":"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-16T12:56:19+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:09+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/coba-ari-igiki-cinyegeje-mu-bivurwa-hagati-ya-wiz-design-na-mow-kanzie\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Coba ari igiki cinyegeje mu bivurwa hagati ya Wiz Design na Mow Kanzie?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26233","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26233"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26233\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26237,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26233\/revisions\/26237"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26235"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26233"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26233"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26233"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}