{"id":26274,"date":"2021-04-18T15:56:34","date_gmt":"2021-04-18T15:56:34","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26274"},"modified":"2021-12-30T05:57:08","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:08","slug":"daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/","title":{"rendered":"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abarundi barayamaze ngo umuhini mushasha utera amabavu, ubwo bushasha nibwo buheruka gukora ku muririmvyi w\u2019umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika, Daddy Face aho yahumiwe n\u2019umuririmvyi w\u2019umu Tanzaniyakazi, Nandy, mu kumutwara yaba amafaranga yiwe co kimwe n\u2019indirimbo bari bakoranye.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Indirimbo igisohoka ku rubuga rwa Youtube, abantu bose bari bafise ibibazo bitari bike kucoba catumye iyo ndirimbo yakozwe n\u2019abantu 2, Daddy Face na Nandy, imenyekanishwa na Face wenyene. Bamwe bakaba babona ko vyoba vyabaye nk\u2019ivyaheruka kuba ku baririmvyi Sat-b na Natacha aho batamvye birorera.<\/p>\n<p>Ku musi w\u2019ejo niho inkuru y\u2019incamugongo Daddy Face yayishira ahabona abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, aho yamenyesha ko yaraye akubiswe ku ntoke, n\u2019utwo yarirako twaraye dutumutse nk\u2019ifu y\u2019imijira.<\/p>\n<p>Mu butumwa butari buto yacishije kuri urwo rubuga, uwo muririmvyi avuga ko akorana indirimbo na Nandy ngo yamurishe umukagato w\u2019amafaranga ukwiriye umuntu ari mu rugezo nk\u2019urwiwe, ariko kubera akanya ngo ntiyabashije kuronka akanya ko gukorana nawe amasanamu gushika mu misi iheze aho yagerageza kurondera uburongozi(Managment) bwa Nandy ngo arabe ko bokorana Video clip, ariko bakigira nk\u2019abatamubona, bakirabira kwaba Yoya akavuze Mkombozi.<\/p>\n<p>Kubera uburyo yaramaze gushira muri iyo ndirimbo, ngo ntivyamuryoheye, ahitamwo kuyisohora. None uruhigi rurahindukira, Imbeba aba niyo yiruka ku kayabu, bamubwira ko yoyifuta, noneho agatanga ayandi mahera bagakora iyindi, kuko iyo ngo yari yaririmvye nabi. Nawe ababera ifuro ry\u2019igiti yanka kujana narwo, noneho nabo bamwereka ubugegito, ahari impene hasigara ikiziriko.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi avuga ko yamaze kubababarira kuco bamukoreye ngo kubera abasavye kumusubiza ngo ntibobikora, kandi ngo amaze kuyishirako ayandi mafaranga atari make kubera Promotion.<\/p>\n<p>Mu babashije kugira ico bavuga, abatari bake bamwihanganishije, abandi bamubwira ko atagerezwa gusubizwa utwiwe, ariko abandi nabo bamubwira ko ico yakoze ari amakosa cane, ngo ntiyari akwiye kugenda nk\u2019intama, kandi hari abarundi bari gushobora kubimufashamwo kandi bikagenda neza.<\/p>\n<p>S\u2019uwa mbere bivuzweko muri Tanzania, kuko hari abandi batari bake bamaze kuvugwako kunyanganya amafaranga, mugakorana ariko igikorwa ntigisohoke canke bakagukorera ivyo mutumvikanye .<\/p>\n<p>Mwomenya ko indirimbo yiwe ya nyuma, Marry You, yaheruka kuyishira ahabona haraheze amezi 5, ikaba imaze kurabwa incuro 2500, akaba yari yayikoze wenyene.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Collabo muri EastAfrica|Project ikomeye na Big Fizzo muri Tz|Bruce Melody vyarabaye naho..|Don B\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/3lXEX7x0kLU?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abarundi barayamaze ngo umuhini mushasha utera amabavu, ubwo bushasha nibwo buheruka gukora ku muririmvyi w\u2019umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika, Daddy Face aho yahumiwe n\u2019umuririmvyi w\u2019umu Tanzaniyakazi, Nandy, mu kumutwara yaba amafaranga yiwe co kimwe n\u2019indirimbo bari bakoranye. Indirimbo igisohoka ku rubuga rwa Youtube, abantu bose bari bafise ibibazo bitari bike kucoba catumye iyo ndirimbo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26276,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26274","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abarundi barayamaze ngo umuhini mushasha utera amabavu, ubwo bushasha nibwo buheruka gukora ku muririmvyi w\u2019umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika, Daddy Face aho yahumiwe n\u2019umuririmvyi w\u2019umu Tanzaniyakazi, Nandy, mu kumutwara yaba amafaranga yiwe co kimwe n\u2019indirimbo bari bakoranye. Indirimbo igisohoka ku rubuga rwa Youtube, abantu bose bari bafise ibibazo bitari bike kucoba catumye iyo ndirimbo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-18T15:56:34+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618760167296.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/\",\"name\":\"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-18T15:56:34+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:08+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abarundi barayamaze ngo umuhini mushasha utera amabavu, ubwo bushasha nibwo buheruka gukora ku muririmvyi w\u2019umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika, Daddy Face aho yahumiwe n\u2019umuririmvyi w\u2019umu Tanzaniyakazi, Nandy, mu kumutwara yaba amafaranga yiwe co kimwe n\u2019indirimbo bari bakoranye. Indirimbo igisohoka ku rubuga rwa Youtube, abantu bose bari bafise ibibazo bitari bike kucoba catumye iyo ndirimbo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-18T15:56:34+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:08+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618760167296.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/","name":"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-18T15:56:34+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:08+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/daddy-face-yafashwe-nkintama-akubitwa-ku-ntoke-none-atashe-nkuwaragiriye-inarume\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Daddy Face yafashwe nk\u2019intama, akubitwa ku ntoke, none atashe nk\u2019uwaragiriye inarume"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26274","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26274"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26274\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26279,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26274\/revisions\/26279"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26276"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26274"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26274"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26274"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}