{"id":26327,"date":"2021-04-19T17:00:48","date_gmt":"2021-04-19T17:00:48","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26327"},"modified":"2021-12-30T05:57:07","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:07","slug":"come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/","title":{"rendered":"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abatari bake baba abaririmvyi n\u2019abakurikiranira hafi umuziki ndundi bagize igihe kitari gito bidogera abantu bafise imbuga ngurukanabumenyi zisanzwe zishirako indirimbo yose ku mbuga nka Facebook, ivyo bigaca bituma umuririmvyi ataco aheza ngo anobe muvyo aba yarabiriye akuya. <\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu gihe abandi bahora bidoga gusa, uwundi we nto ntagiye kubivugisha umunwa gusa, kuko ngo agiye kubishiramwo inguvu bikomeye mbere n\u2019amategeko ajemwo. Ivyo bikaba vyashikirijwe na Manager wa Esther Nish abicishije ku rubuga rwa Facebook asanzwe akoresha.<\/p>\n<p>Guhera indirimbo, Come and See Africa, ishirwa ahabona, uwo mutware akaba yabandanije gukebura abantu bariko bazishira ku mbuga za facebook iyo ndirimbo yose ko boraba bakayikurako, imbere yaho akaba yari yaranakebuye abandi ababwira ko vyoba vyiza izo ndirimbo zishizweko uduce gutyo umuntu agashirako \u00a0na Link.<\/p>\n<p>Uno musi uwo mutware wa Bukiv yahavuye akaza, aho yahaye gasopo imwe muri izo Facebook Page ikoresha n\u2019abantu bar I muri Africa y\u2019epfo. Aho yababwiye ko bategerezwa gukurako indirimbo Come and See yashizwe kuri urwo rubuga igenekerezo rya 17\/4 isaha imwe y\u2019ejoro, nukuvuga isaha imwe gusa ishizwe ahabona. Gushika ubu kuri iyo Facebook ikaba imaze kurabwa kuri urwo rubuga n\u2019abarenga 12,400, n\u2019ama Like 3900, nayo kuri Youtube ya Esther Nish ikaba imaze kurabwa incuro 10,000 n\u2019ama Like 1,600.<\/p>\n<p>Dj Jackson kuri urwo rubuga rwa Facebook yavuze ko ari nka hamwe ataco bakoze,ngo azoca akoresha ivy\u2019amategeko noneho. \u00a0Ivyo akaba yabishikirije biherekejwe na Screenshoot y\u2019ubutumwa yari yabarundikiye aho yabasaba gukurako iyo ndirimbo.<\/p>\n<p>Yagize ati : <strong><em>\u201cBurundi in South Africa gushika 18:00 mutarabikora. Duce dukina umukino w\u2019amategeko turabe ikivamwo. \u201d<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mwomenya ko hari indirimbo bidakunda ko ushira kuri Facebook kuko urwo rubuga ruca rukata ijwi ryayo kuko uba udafitiye uburenganzira igikorwa co gushirako izo ndirimbo. Bikaba arico gishobora guca gikorwa n\u2019uwo mutware asanzwe akorana na CD Babby mu kuvyaza umusarura indirimbo nkuko twabashije kubibona ku rubuga rwa Youtube rwa Esther Nish.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Dodi : Gutsinda Aigle Noir vyatwongereje amahirwe | Aim\u00e9 nawe ngo Musongati ntaco yabarushije\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/-f9dsG-62cM?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abatari bake baba abaririmvyi n\u2019abakurikiranira hafi umuziki ndundi bagize igihe kitari gito bidogera abantu bafise imbuga ngurukanabumenyi zisanzwe zishirako indirimbo yose ku mbuga nka Facebook, ivyo bigaca bituma umuririmvyi ataco aheza ngo anobe muvyo aba yarabiriye akuya. Mu gihe abandi bahora bidoga gusa, uwundi we nto ntagiye kubivugisha umunwa gusa, kuko ngo agiye kubishiramwo inguvu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26329,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26327","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abatari bake baba abaririmvyi n\u2019abakurikiranira hafi umuziki ndundi bagize igihe kitari gito bidogera abantu bafise imbuga ngurukanabumenyi zisanzwe zishirako indirimbo yose ku mbuga nka Facebook, ivyo bigaca bituma umuririmvyi ataco aheza ngo anobe muvyo aba yarabiriye akuya. Mu gihe abandi bahora bidoga gusa, uwundi we nto ntagiye kubivugisha umunwa gusa, kuko ngo agiye kubishiramwo inguvu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-19T17:00:48+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:07+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/162427544_759463634710006_3874173973106340439_n.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"608\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/\",\"name\":\"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-19T17:00:48+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:07+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abatari bake baba abaririmvyi n\u2019abakurikiranira hafi umuziki ndundi bagize igihe kitari gito bidogera abantu bafise imbuga ngurukanabumenyi zisanzwe zishirako indirimbo yose ku mbuga nka Facebook, ivyo bigaca bituma umuririmvyi ataco aheza ngo anobe muvyo aba yarabiriye akuya. Mu gihe abandi bahora bidoga gusa, uwundi we nto ntagiye kubivugisha umunwa gusa, kuko ngo agiye kubishiramwo inguvu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-19T17:00:48+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:07+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":608,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/162427544_759463634710006_3874173973106340439_n.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/","name":"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-19T17:00:48+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:07+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/come-and-see-igiye-gutuma-batoroherwa-abari-bafukamye-munda-abaririmvyi-bamwe-bamwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Come and See igiye gutuma batoroherwa abari bafukamye munda abaririmvyi bamwe bamwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26327","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26327"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26327\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26330,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26327\/revisions\/26330"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26329"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26327"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26327"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26327"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}