{"id":26342,"date":"2021-04-20T10:56:23","date_gmt":"2021-04-20T10:56:23","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26342"},"modified":"2021-04-20T10:56:23","modified_gmt":"2021-04-20T10:56:23","slug":"abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/","title":{"rendered":"Abakiri bato ngo ntibemezwe n&#8217;abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy&#8217;ingabire zabo"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Iyo uganiriye n\u2019abatari bake mu bakora utwabo, ukababaza icoba carabagoye mu gutangura ivyo baba bariko bakora, kimwe muvyo abatari bake bahurirako n\u2019ukubura uburyo bwo butanguza iyo migambi baba bafise, ico nyene nico cabaye kuri Steve Berger Nzitonda asanzwe yikorera utwiwe mu gutegura ibifungurwa, Cuisinier Patissier.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Uwo muhinga mu guhingura ibiribwa iyo ataronse amajambo y\u2019ukumunegura ibitagenze neza ngo ntibimuryohera. Impamvu ngo nuko iyo bamubwiye ikitagenze neza, aheza agaca yikosora kugira hanyuma ntibizosubira kuba.<\/p>\n<p>Mu kiganiro The Pushers gica ku mboneshakure Isanamu Media Tv yavuze uburyo yatanguye gukora uwo mwuga uno musi umutunze ukamutungira umwana n\u2019umutambukanyi. Berger avuga ko akiri muto yahora akora udu cake two kurya mu rugo.<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro nyene, uwo muhinga yavuze ko ivyo akora vyose abikunda cane, akanibaza ko urwo rukundo ashobora kuba yarurahuye kuri nyina, kuko afise umuvyeyi akunda cane guteka.<\/p>\n<p>Naho uno musi ageze ahipfuzwa n\u2019abatari bake, ngo intango ntiyari yoroshe, kuko vyamusaba kugurana amafaranga iyo yaronse uwumugomwa ngo amukorere Gateau, naho atayaronka imisi yose kuko haraho yabura uwumwizera. Ariko ntivyamuciye intege kuko ukubika dukeduke n\u2019inguvu z\u2019amaboko yiwe vyamushikanye aho ageze uno musi.<\/p>\n<p>Nzitonda avuga ko \u00a0ikimuhimbara n\u2019ukubona ko uwamwizeye akamwitura amuryoheye akagenda anezerewe.<\/p>\n<p>Uwo muvyeyi yahavuye kandi anavunira akagohe abakiri bato, aho abasaba kutajana n\u2019uko abavyeyi bagize aho rimwe na rimwe babankira gukurikira ingabire Imana iba yabahaye. Akaba yabasavye gufata umwanya bagasigurira abavyeyi babo bakabereka ko izo ngabire zobashikana kure.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#IndundiComedy : Cisha-ado akorananije comit\u00e9 ya Marriage atamahera Afise yugukwa\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/hoGyYtn4pDo?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iyo uganiriye n\u2019abatari bake mu bakora utwabo, ukababaza icoba carabagoye mu gutangura ivyo baba bariko bakora, kimwe muvyo abatari bake bahurirako n\u2019ukubura uburyo bwo butanguza iyo migambi baba bafise, ico nyene nico cabaye kuri Steve Berger Nzitonda asanzwe yikorera utwiwe mu gutegura ibifungurwa, Cuisinier Patissier. Uwo muhinga mu guhingura ibiribwa iyo ataronse amajambo y\u2019ukumunegura ibitagenze [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26343,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519],"tags":[],"class_list":["post-26342","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abakiri bato ngo ntibemezwe n&#039;abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy&#039;ingabire zabo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abakiri bato ngo ntibemezwe n&#039;abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy&#039;ingabire zabo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Iyo uganiriye n\u2019abatari bake mu bakora utwabo, ukababaza icoba carabagoye mu gutangura ivyo baba bariko bakora, kimwe muvyo abatari bake bahurirako n\u2019ukubura uburyo bwo butanguza iyo migambi baba bafise, ico nyene nico cabaye kuri Steve Berger Nzitonda asanzwe yikorera utwiwe mu gutegura ibifungurwa, Cuisinier Patissier. Uwo muhinga mu guhingura ibiribwa iyo ataronse amajambo y\u2019ukumunegura ibitagenze [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-20T10:56:23+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618914191294.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/\",\"name\":\"Abakiri bato ngo ntibemezwe n'abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy'ingabire zabo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-20T10:56:23+00:00\",\"dateModified\":\"2021-04-20T10:56:23+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abakiri bato ngo ntibemezwe n&#8217;abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy&#8217;ingabire zabo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abakiri bato ngo ntibemezwe n'abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy'ingabire zabo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abakiri bato ngo ntibemezwe n'abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy'ingabire zabo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Iyo uganiriye n\u2019abatari bake mu bakora utwabo, ukababaza icoba carabagoye mu gutangura ivyo baba bariko bakora, kimwe muvyo abatari bake bahurirako n\u2019ukubura uburyo bwo butanguza iyo migambi baba bafise, ico nyene nico cabaye kuri Steve Berger Nzitonda asanzwe yikorera utwiwe mu gutegura ibifungurwa, Cuisinier Patissier. Uwo muhinga mu guhingura ibiribwa iyo ataronse amajambo y\u2019ukumunegura ibitagenze [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-20T10:56:23+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1618914191294.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/","name":"Abakiri bato ngo ntibemezwe n'abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy'ingabire zabo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-20T10:56:23+00:00","dateModified":"2021-04-20T10:56:23+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abakiri-bato-ngo-ntibemezwe-nabavyeyi-badashaka-ko-bakurikira-ivyingabire-zabo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abakiri bato ngo ntibemezwe n&#8217;abavyeyi badashaka ko bakurikira ivy&#8217;ingabire zabo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26342","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26342"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26342\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26345,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26342\/revisions\/26345"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26343"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26342"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26342"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26342"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}