{"id":26423,"date":"2021-04-23T01:33:32","date_gmt":"2021-04-23T01:33:32","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26423"},"modified":"2021-12-30T05:57:01","modified_gmt":"2021-12-30T05:57:01","slug":"urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/","title":{"rendered":"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Ubwo nta kindi cinyegeje inyuma y\u2019ikiringo umuririmvyi Diamond agiye kurama muri Afrika y\u2019epfo, aho avuga ko ajanywe n\u2019ukurangiza urukurikirane rw\u2019indirimbo ruzosohoka muri uno mwaka nyene?<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Ku musi w\u2019ejo niho hiriwe harazunguruka amasanamu ya Diamond aho yakiranywe n\u2019igishika cinshi n\u2019abana biwe hamwe n\u2019uwahoze ari umukunzi wiwe Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari the boss Lady. \u00a0Muri urwo rugendo nyene bakoze, hanabonetse ko uwo muvyeyi yabafunguriye imfungurwa zo ku mugoroba ku basiramu bakunze kwita ifutari.<\/p>\n<p>Uguhitamwo ico gihugu biracagoye gutora icoba carabiteye kubera biboneka neza ko yagiye ajanye ibikenewe vyose ngo ico gikorwa kibashe gukoreka neza, kuko mu bagiye harimwo abakozi biwe hafi nka bose bakora ibijanye n\u2019uguhinyanyura.<\/p>\n<p>Urwo rugendo rukaba rukozwe inyuma y\u2019amajambo yaheruka kuvugwa ko yoba yararyamanye n\u2019umwigeme w\u2019umunya Uganda Spice yari mu rugendo muri Tanzania, bikaba vyanavyuzwe ko ari Diamond ubwiwe yamurihiye amafaranga y\u2019indege ngo agende muri Tanzania. \u00a0Muri urwo rugendo rwavuzweko vyinshi, uwo mwigeme akaba yaciye anakora ico mu kinyamazuru bita Radio Tours.<\/p>\n<p>Ibiraba Diamond ni gake bidahitaniza Zari yahoze ari umukunzi wiwe, kuko ibinyamakuru bitari bike vyananditse bivuga ko Zari yasa n\u2019uwavuniye akagohe uwo muririmvyikazi ko yoraba neza, kuko uwo musore, Diamond, afise ubwenge bwinshi bumutera gukwegera abigeme batari bake mu gitanda ciwe.<\/p>\n<p>Urwo rugendo rwa Nasibu rero muri Africa y\u2019epfo rukaba rurimwo amakenga menshi, aho binashoboka ko yoba ajanywe n\u2019ugusubira kugerageza kwiyegereza uwo muvyeyi, ubona ko abatari bake bamaze kuvuga ko uwo ariwe mugore yari yaronse w\u2019incabwenge n\u2019ayo abandi ataco bari bamumariye. Ariko rero Ico ciyumviro kikaba gishobora kudakunda kubera \u00a0Zari nawe asa n\u2019uwusigaye ari mu maboko y\u2019uwundi musore.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#Monday_Super_Stars| Kidumu, Big Fizzo, John Chris,Esther Nish ,Thierry Kijanya na DJ Jackson\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/c9qM-h0Fg5I?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ubwo nta kindi cinyegeje inyuma y\u2019ikiringo umuririmvyi Diamond agiye kurama muri Afrika y\u2019epfo, aho avuga ko ajanywe n\u2019ukurangiza urukurikirane rw\u2019indirimbo ruzosohoka muri uno mwaka nyene? Ku musi w\u2019ejo niho hiriwe harazunguruka amasanamu ya Diamond aho yakiranywe n\u2019igishika cinshi n\u2019abana biwe hamwe n\u2019uwahoze ari umukunzi wiwe Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari the boss Lady. \u00a0Muri [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26425,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26423","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ubwo nta kindi cinyegeje inyuma y\u2019ikiringo umuririmvyi Diamond agiye kurama muri Afrika y\u2019epfo, aho avuga ko ajanywe n\u2019ukurangiza urukurikirane rw\u2019indirimbo ruzosohoka muri uno mwaka nyene? Ku musi w\u2019ejo niho hiriwe harazunguruka amasanamu ya Diamond aho yakiranywe n\u2019igishika cinshi n\u2019abana biwe hamwe n\u2019uwahoze ari umukunzi wiwe Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari the boss Lady. \u00a0Muri [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-23T01:33:32+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:57:01+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1619141220399.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/\",\"name\":\"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-23T01:33:32+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:57:01+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ubwo nta kindi cinyegeje inyuma y\u2019ikiringo umuririmvyi Diamond agiye kurama muri Afrika y\u2019epfo, aho avuga ko ajanywe n\u2019ukurangiza urukurikirane rw\u2019indirimbo ruzosohoka muri uno mwaka nyene? Ku musi w\u2019ejo niho hiriwe harazunguruka amasanamu ya Diamond aho yakiranywe n\u2019igishika cinshi n\u2019abana biwe hamwe n\u2019uwahoze ari umukunzi wiwe Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari the boss Lady. \u00a0Muri [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-23T01:33:32+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:57:01+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1619141220399.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/","name":"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-23T01:33:32+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:57:01+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urugendo-rwa-diamond-muri-afrika-yepfo-hampande-ya-zari-ruhatse-ibindi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Urugendo rwa Diamond muri Afrika y\u2019epfo hampande ya Zari ruhatse ibindi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26423","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26423"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26423\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26426,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26423\/revisions\/26426"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26425"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26423"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26423"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26423"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}