{"id":26490,"date":"2021-04-25T19:32:12","date_gmt":"2021-04-25T19:32:12","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26490"},"modified":"2021-12-30T05:56:56","modified_gmt":"2021-12-30T05:56:56","slug":"kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/","title":{"rendered":"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Kirikou yarawuciye ati ubureta ntibukwibagize abo mwarikumwe mu Mbeho, uwo mugani nawe ubwiwe arawukurikiza kuko ibarabara yavuyemwo haraheze imisi, yarigumijemwo ukuguru kuko akatari gake aboneka ariko agarukira kubari mu magorwa yahonjeje nawe.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Uwo mwanditsi wa Binua, My Story, Washa canke Soma Number mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya Jimbere Magazine yagarutse ku buzima bw\u2019abana bo mw\u2019ibarabara uburyo butoroshe, ariko kandi\u00a0 avuga ko hari inguvu zitari nke zikiri mw\u2019ibarabara zofasha kugira igihugu cacu gitere imbere gusumba.<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro yanagize ibakwe ryo kugira ubutumwa bukomeye arungikira umukuru w\u2019igihugu cacu, S.E Evariste Ndayishimiriye, aho yamusavye ibitari bike birimwo gushiraho amashure y\u2019imyuga ku bana bo mw\u2019ibarabara.<\/p>\n<figure id=\"attachment_26493\" aria-describedby=\"caption-attachment-26493\" style=\"width: 844px\" class=\"wp-caption aligncenter\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"size-full wp-image-26493\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akilii.jpg\" alt=\"\" width=\"844\" height=\"541\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akilii.jpg 844w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akilii-600x385.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akilii-300x192.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akilii-768x492.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akilii-696x446.jpg 696w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akilii-655x420.jpg 655w\" sizes=\"auto, (max-width: 844px) 100vw, 844px\" \/><figcaption id=\"caption-attachment-26493\" class=\"wp-caption-text\">foto ishobora kuba ari Kirikou akili arikumwe na Channy Queen co kimwe na R Flow<\/figcaption><\/figure>\n<p>Yagize ati : <span style=\"background-color: #ccffcc\"><em>\u201cNomusaba kuzana amashure y\u2019imyuga ku bana bo mw\u2019ibarabara, gushigikira, gukura no gufasha abo bana bo mw\u2019ibarabara, kubera ko abarundi dufise ahantu twipfuza ko igihugu cacu kigera, ariko harihi inguvu nyinshi ziri mw\u2019ibarabara zodufasha kukigeza aho dushaka ko kigera.\u00a0 Jewe nahoze mba mw\u2019ibarabara, ariko uyu musi ndi ngaha ndiko ndavugira abo bana, hari uwundi nasize mw\u2019ibarabara afise ico yokora kugira igihugu cacu kigere aho dushaka ko gishika\u201d.<\/em><\/span><\/p>\n<p>Muri ubwo butumwa uwo muririmvyi yaramenyesheje ko ashaka abamufata mu mugongo ngo arabe ko itongo umuvyeyi wiwe aheruka gusezera isi y\u2019abazima yamusigiye yoryubakamwo ikigo c\u2019impfuvyi. Kubwiwe ngo nubwo hojamwo icumba kimwe gusa kikakira umwe gusa akava mu buzima bubi bwo kwitwa Ikidoma nkuko yabivuze mu gicuba yanditse yise IKIDOMA, ngo vyomuhimbara cane.<\/p>\n<p>Yagize ati :<span style=\"background-color: #ccffcc\"> \u201c<em>Nkaba mfise n\u2019agatondo nasigiwe na mama wanje, nipfuza kuronka abantu banshigikira\u00a0 kugashiramwo ikigo c\u2019impfuvyi. Vyoba vyiza ndonse abamfata ukuboko,\u00a0 kuko jewe jenyene sinovyishoboza. Nubwo hojamwo icumba kimwe nkabona\u00a0 harimwo umwana umwe wo mw\u2019ibarabara yavuyeyo kubera jewe ayirimwo nobiryohererwa.\u201d<\/em><\/span><\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-26492\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akili.jpg\" alt=\"\" width=\"842\" height=\"445\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akili.jpg 842w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akili-600x317.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akili-300x159.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akili-768x406.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akili-696x368.jpg 696w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/Kirikou-akili-795x420.jpg 795w\" sizes=\"auto, (max-width: 842px) 100vw, 842px\" \/><\/p>\n<p>Uwo muririmvyi ataho arishikana nkuko nawe nyene avyiyemerera, ntivyamuteye kubona ko ata buryo afise bwo gufashisha bamwe mubo bahoranye mu magorwa. Kuko muri bike aronka yahisemwo gufatira bamwe mubo babana mw\u2019ibarabara inzu kugira baronke aho bikinga imbeho.<\/p>\n<p>Mwomenya ko amazina y\u2019ukuri ya Kirikou Akili ari \u00a0Niyonkuru Youssuf Akbar. Akaba abarizwa mu minwe ya Label ya Big Fizzo, aho yaronkeye uburyo bwo gukorera umuziki wiwe wari wubitswe umubehe n\u2019ubuzima buzura inzara yarabayemwo mw\u2019ibarabara.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Kirikou Itongo yasigiwe na Mama wiwe ararigavye kubatishoboye|n&#039;marira menshi asavye baryubakemwo\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/WQtmaXoJaK0?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kirikou yarawuciye ati ubureta ntibukwibagize abo mwarikumwe mu Mbeho, uwo mugani nawe ubwiwe arawukurikiza kuko ibarabara yavuyemwo haraheze imisi, yarigumijemwo ukuguru kuko akatari gake aboneka ariko agarukira kubari mu magorwa yahonjeje nawe. Uwo mwanditsi wa Binua, My Story, Washa canke Soma Number mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya Jimbere Magazine yagarutse ku buzima bw\u2019abana bo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26495,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26490","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Kirikou yarawuciye ati ubureta ntibukwibagize abo mwarikumwe mu Mbeho, uwo mugani nawe ubwiwe arawukurikiza kuko ibarabara yavuyemwo haraheze imisi, yarigumijemwo ukuguru kuko akatari gake aboneka ariko agarukira kubari mu magorwa yahonjeje nawe. Uwo mwanditsi wa Binua, My Story, Washa canke Soma Number mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya Jimbere Magazine yagarutse ku buzima bw\u2019abana bo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-25T19:32:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:56:56+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1619378966324.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/\",\"name\":\"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-25T19:32:12+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:56:56+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Kirikou yarawuciye ati ubureta ntibukwibagize abo mwarikumwe mu Mbeho, uwo mugani nawe ubwiwe arawukurikiza kuko ibarabara yavuyemwo haraheze imisi, yarigumijemwo ukuguru kuko akatari gake aboneka ariko agarukira kubari mu magorwa yahonjeje nawe. Uwo mwanditsi wa Binua, My Story, Washa canke Soma Number mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya Jimbere Magazine yagarutse ku buzima bw\u2019abana bo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-25T19:32:12+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:56:56+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1619378966324.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/","name":"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-25T19:32:12+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:56:56+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-yawuciye-ngo-ubureta-ntibuzokwibagize-uwo-mwabanye-mu-mbeho\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kirikou yawuciye ngo \u201cUbureta ntibuzokwibagize uwo mwabanye mu mbeho\u201d"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26490","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26490"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26490\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26496,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26490\/revisions\/26496"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26495"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26490"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26490"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26490"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}