{"id":26626,"date":"2021-04-30T18:50:40","date_gmt":"2021-04-30T18:50:40","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26626"},"modified":"2021-12-30T05:56:51","modified_gmt":"2021-12-30T05:56:51","slug":"indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/","title":{"rendered":"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Igitigiri kinini c\u2019abaririmvyi baririmvye indirimbo zikunzwe, canke abaririmba neza kw\u2019isi mbere, birazwi cane ko abenshi bavuye mu gitigiri c\u2019abaririmvyi baririmba mu masengero, canke bafashijwe n\u2019abaririmba indirimbo zihayagiza Umukama, ariko ubu basa n\u2019abahindukiye bagatangura kuririmba ivy\u2019ubuzima bwa misi yose, abakirisu bakunze kwita Indirimbo z\u2019ab\u2019isi.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Na hano iwacu barahari, umwe muribo ni Pechie B Nation asanzwe ari umuririmvyi muri iyi misi yaheruka kumenyesha ko akaririmbo kiwe gashasha yise \u201cAJUGU\u201d gaheruka gukurwa ku rubuga rwa Youtube aho vyavugwa ko kagirizwa kuba karimwo ibintu bitari vyiza.<\/p>\n<p>Ako karirimbo kari kamaze imisi hafi 3 karakuwe ku rubuga rwiwe rwa Youtube, kahavuye gasubizwako uno musi nkuko amakuru dukesha uwo muririmvyi abimenyesha. Kakaba kasubiyeko inyuma yaho yikozeko umuhinga amufasha kubitunganya.<\/p>\n<p>Intandaro y\u2019ugukurwako kw\u2019indirimbo kuri Youtube, n\u2019abantu baba bamenyesheje urwo rubuga ko irimwo \u00a0ibintu bitabereye. Abo bantu nabo nkuko uwo muririmvyi Pechie yabituyagiye mu kiganiro twakoranye, ngo ni bamwe mu bakirisu batashimishijwe ko afata inzira y\u2019ukuririmba indirimbo zitari iz\u2019uguhimbaza Imana.<\/p>\n<p>Abo bantu nkuko yabandanije abituyagira ngo bakaba bakabuwe n\u2019inkuru yanditswe kuri imwe muma blog asanzwe avuga ibijanye n\u2019ijambo ry\u2019Imana aho yamwagiriza ko yakoze indirimbo iza mu bibanza vy\u2019imbere mu zirimwo ibintu bibi cane muri ino myaka. \u00a0Ariko kandi nkuko twabashije kubisoma, uwo muririmvyi ngo bikaba bidatomoye neza nimba yoba yarigeze kwakira yezu muriwe.<\/p>\n<p>Pechie akaba inyuma yako kari kahuye n\u2019uruvuye guhiga, yaheruka gushira ahabona akandi haraheze amezi 2 yari yise Cancer. Ubu ako karirimbo Ajugu kakaba kagarukanye n\u2019ama Views kari kakuweko gafise, ayo nayo akaba ari 3,400 mu misi 11 gusa.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Umurundi kwinjira Muri Konde Gang  ya HARMONIZE|Kirikou; AlvinSmith; B-Face..|Pechie B-Nation Cancer\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/HOyIMFejIGg?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Igitigiri kinini c\u2019abaririmvyi baririmvye indirimbo zikunzwe, canke abaririmba neza kw\u2019isi mbere, birazwi cane ko abenshi bavuye mu gitigiri c\u2019abaririmvyi baririmba mu masengero, canke bafashijwe n\u2019abaririmba indirimbo zihayagiza Umukama, ariko ubu basa n\u2019abahindukiye bagatangura kuririmba ivy\u2019ubuzima bwa misi yose, abakirisu bakunze kwita Indirimbo z\u2019ab\u2019isi. Na hano iwacu barahari, umwe muribo ni Pechie B Nation asanzwe ari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26625,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26626","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Igitigiri kinini c\u2019abaririmvyi baririmvye indirimbo zikunzwe, canke abaririmba neza kw\u2019isi mbere, birazwi cane ko abenshi bavuye mu gitigiri c\u2019abaririmvyi baririmba mu masengero, canke bafashijwe n\u2019abaririmba indirimbo zihayagiza Umukama, ariko ubu basa n\u2019abahindukiye bagatangura kuririmba ivy\u2019ubuzima bwa misi yose, abakirisu bakunze kwita Indirimbo z\u2019ab\u2019isi. Na hano iwacu barahari, umwe muribo ni Pechie B Nation asanzwe ari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-04-30T18:50:40+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:56:51+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1619804886236.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/\",\"name\":\"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-04-30T18:50:40+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:56:51+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Igitigiri kinini c\u2019abaririmvyi baririmvye indirimbo zikunzwe, canke abaririmba neza kw\u2019isi mbere, birazwi cane ko abenshi bavuye mu gitigiri c\u2019abaririmvyi baririmba mu masengero, canke bafashijwe n\u2019abaririmba indirimbo zihayagiza Umukama, ariko ubu basa n\u2019abahindukiye bagatangura kuririmba ivy\u2019ubuzima bwa misi yose, abakirisu bakunze kwita Indirimbo z\u2019ab\u2019isi. Na hano iwacu barahari, umwe muribo ni Pechie B Nation asanzwe ari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-04-30T18:50:40+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:56:51+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/04\/PhotoGrid_Plus_1619804886236.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/","name":"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-04-30T18:50:40+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:56:51+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indirimbo-ajugu-ngo-yoba-yahowe-ubukirisu-bwa-pechie-b-nation\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Indirimbo Ajugu ngo yoba yahowe ubukirisu bwa Pechie B Nation"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26626","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26626"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26626\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26628,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26626\/revisions\/26628"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26625"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26626"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26626"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26626"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}