{"id":26837,"date":"2021-05-06T17:04:09","date_gmt":"2021-05-06T17:04:09","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=26837"},"modified":"2021-12-30T05:56:41","modified_gmt":"2021-12-30T05:56:41","slug":"kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/","title":{"rendered":"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Ab\u2019aho hambere barayamaze ngo uwambaye ikirezi ntabona ko cera, abaririmvyi bariko bakora umuziki muri kino gihe ngo ntibabona ibirezi bambaye bahawe n\u2019iterambere nkuko bishikirizwa na Yoya Jamal. Kubwiwe ngo ivyo abubu barirana n\u2019ivyo igihe ciwe baririra.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu gihe tumaze igihe abaririmvyi batari bake bidogera abamenyeshamakuru ngo ntibabafasha kumenyekanisha ibikorwa vyabo, n\u2019umuziki ndundi muri rusangi, abakurikiranira hafi umuziki ndundi nabo bakidoga ko umuziki uriko urakorwa muri ino misi ngo ata kanovera ugira, umwe mu baririmvyi bemewe hano iwacu yatanze umuco.<\/p>\n<figure id=\"attachment_26840\" aria-describedby=\"caption-attachment-26840\" style=\"width: 726px\" class=\"wp-caption aligncenter\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"size-full wp-image-26840\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-Sibomana.jpg\" alt=\"\" width=\"726\" height=\"364\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-Sibomana.jpg 726w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-Sibomana-600x301.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-Sibomana-300x150.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-Sibomana-696x349.jpg 696w\" sizes=\"auto, (max-width: 726px) 100vw, 726px\" \/><figcaption id=\"caption-attachment-26840\" class=\"wp-caption-text\">Amwe mu mashusho aboneka mu ndirimbo SIBO MANA<\/figcaption><\/figure>\n<p>Mu kiyago yagiranye na Siren Vibe Tv, Yoya Jamal asa n\u2019uwaciye umugani w\u2019ikirundi avuga ngo uwo vyanse avuga ngw\u2019ibirago biranyerera. Kubwiwe ngo ubu hari inzira nyinshi zo kumenyekanisha ibikorwa vy\u2019umuririmvyi, kuko hari n\u2019abamenyekana kandi batanaririmba.<\/p>\n<p>Zimwe muri izo nzira ni nk\u2019uko hari ama radio menshi, n\u2019ibiganiro bitari bike bivuga ku muziki kandi buri musi, bitandukanye n\u2019igihe cabo, nukuvuga mu myaka ya za 2012, aho yaba ama radio co kimwe n\u2019ibiganiro vyaharurwa ku ntoke.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi yanavuze ko ubu hari n\u2019imbugahwaniro (Social Media) zisigaye zaroroheje ibintu, kuko ico gihe utarenza abantu 5000 kuri Facebook, kuko atama Page yari bwaze.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-26839\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-mot-de-pass.jpg\" alt=\"\" width=\"731\" height=\"494\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-mot-de-pass.jpg 731w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-mot-de-pass-600x405.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-mot-de-pass-300x203.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-mot-de-pass-696x470.jpg 696w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-mot-de-pass-621x420.jpg 621w\" sizes=\"auto, (max-width: 731px) 100vw, 731px\" \/><\/p>\n<p>Uwo mwanditsi w\u2019indirimbo \u201cMot de Pass\u201d yanagarutse kwitandukaniro ry\u2019uburyohe bw\u2019indirimbo z\u2019ubu n\u2019iz\u2019aho hambere, aho yavuze ko kubera ubu imiryango y\u2019inzu z\u2019ubuhinyanyuriro (Studio) zuguruye nk\u2019amasengero, arico gituma bitoroha kuronka indirimbo zikundwa igihe kirekire.<\/p>\n<p>Jamal ntiyaretse kubacira agace aho yavuze ko igihe batangura kwinjira Studio vyasa n\u2019ukwinjiza ingamiya mu jisho ry\u2019urushinge, arico gituma vyasaba kwitonda kugira utware imbere y\u2019uwo muhinyanyuzi ibituma bimeze neza cane.<\/p>\n<p><a href=\"https:\/\/www.youtube.com\/watch?v=sDVgNf4YNtQ&amp;t=354s\"><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter wp-image-26838 size-full\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal.jpg\" alt=\"\" width=\"838\" height=\"414\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal.jpg 838w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal-600x296.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal-300x148.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal-768x379.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal-696x344.jpg 696w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal-324x160.jpg 324w\" sizes=\"auto, (max-width: 838px) 100vw, 838px\" \/><\/a><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi yagarutse ku bitari bike bijanye n\u2019ubuzima bw\u2019umuziki, anavuga ko vuba cane agiye gushira ahabona indirimbo nshasha zine zizoba zigize EP, izo ndirimbo nyene zikaba zizosohona n\u2019amasanamu yazo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo, Sat-B bagiye kwatsa umuriro udasanzwe ng\u2019iki igituma| Channy Q. yakuye inkoni\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/1F7qxSPboAA?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ab\u2019aho hambere barayamaze ngo uwambaye ikirezi ntabona ko cera, abaririmvyi bariko bakora umuziki muri kino gihe ngo ntibabona ibirezi bambaye bahawe n\u2019iterambere nkuko bishikirizwa na Yoya Jamal. Kubwiwe ngo ivyo abubu barirana n\u2019ivyo igihe ciwe baririra. Mu gihe tumaze igihe abaririmvyi batari bake bidogera abamenyeshamakuru ngo ntibabafasha kumenyekanisha ibikorwa vyabo, n\u2019umuziki ndundi muri rusangi, abakurikiranira [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":26838,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-26837","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ab\u2019aho hambere barayamaze ngo uwambaye ikirezi ntabona ko cera, abaririmvyi bariko bakora umuziki muri kino gihe ngo ntibabona ibirezi bambaye bahawe n\u2019iterambere nkuko bishikirizwa na Yoya Jamal. Kubwiwe ngo ivyo abubu barirana n\u2019ivyo igihe ciwe baririra. Mu gihe tumaze igihe abaririmvyi batari bake bidogera abamenyeshamakuru ngo ntibabafasha kumenyekanisha ibikorwa vyabo, n\u2019umuziki ndundi muri rusangi, abakurikiranira [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-05-06T17:04:09+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:56:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"838\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"414\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/\",\"name\":\"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-05-06T17:04:09+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:56:41+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ab\u2019aho hambere barayamaze ngo uwambaye ikirezi ntabona ko cera, abaririmvyi bariko bakora umuziki muri kino gihe ngo ntibabona ibirezi bambaye bahawe n\u2019iterambere nkuko bishikirizwa na Yoya Jamal. Kubwiwe ngo ivyo abubu barirana n\u2019ivyo igihe ciwe baririra. Mu gihe tumaze igihe abaririmvyi batari bake bidogera abamenyeshamakuru ngo ntibabafasha kumenyekanisha ibikorwa vyabo, n\u2019umuziki ndundi muri rusangi, abakurikiranira [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-05-06T17:04:09+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:56:41+00:00","og_image":[{"width":838,"height":414,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/yoya-jamal.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/","name":"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-05-06T17:04:09+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:56:41+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kubwa-yoya-jamal-ngo-abaririmvyi-bamwe-bamwe-vyaranse-bavuga-ngo-ibirago-biranyerera\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kubwa Yoya Jamal ngo abaririmvyi bamwe bamwe vyaranse bavuga ngo ibirago biranyerera"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26837","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=26837"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26837\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":26842,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/26837\/revisions\/26842"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/26838"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=26837"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=26837"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=26837"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}