{"id":27247,"date":"2021-05-22T03:37:02","date_gmt":"2021-05-22T03:37:02","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=27247"},"modified":"2021-12-30T05:56:19","modified_gmt":"2021-12-30T05:56:19","slug":"amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/","title":{"rendered":"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Umuririmvyi w\u2019umunya Nigeria azwi cane nka Mr Eazi, yatanguye gushira amafaranga mu bikorwa bitandukanye bimwungukira mu Rwanda, yerekanye ivyo agiye gushiramwo amafaranga hampande y\u2019ikiyaga Kivu<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Nkuko bishikirizwa n\u2019ikinyamakuru The New Times yo mu Rwanda ngo uwo muririmvyi aho yari mu rugendo muri ico gihugu yagiriraniye ibiganiro n\u2019abategetsi batari bake aho baganiriye cane cane ibijanye n\u2019ibisata bihagaze neza, yoshobora gushoramwo amafaranga.<\/p>\n<p>Nkuko ico kinyamakuru kibishikiriza,ikigo c\u2019igihugu kijejwe kworohereza abanyamitahe RDB (Rwanda Development Board), API ya hano iwacu, camenyesheje ko uwo muririmvyi yari yashimishijwe n\u2019ibijanye n\u2019ukuriha ukoresheje ubuhinga ngurukanabumenyi (Online Payment), co kimwe n\u2019ibijanye n\u2019inkino.<\/p>\n<p>Ibijanye n\u2019ukuriha ukoresheje ubuhinga ngurukanabumenyi vyo akaba yaranafashe akanya araja kubiganiro na kimwe mu bigo biheruka gushingwa, Mobile MoneyRw Ltd,\u00a0 cahora\u00a0 cegamiye ikigo c\u2019itumatumanako amakuru MTN Rwanda, Nkuko ico kinyamakuru kibandanya bishikiriza<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi yakoreye igiteramo ca mbere mu Rwanda mu mwaka wa 2017, ngo ni nawe ari inyuma y\u2019ishirahamwe ry\u2019imikino Forza Bet nkuko ikinyamakuru Weekender kibishikiriza.<\/p>\n<p>Mr Eazi akaba atariwe muririmvyi wenyene asa n\u2019uwuriko arashaka gushira amafaranga yiwe muri kano karere Uburundi burimwo, kuko na AKON nawe aheruka mu gihugu c\u2019ubuganda aho yamaze ikiringo c\u2019indwi 2. Amakuru dukesha ibinyamakuru vyaho avuga ko uwo muririmvyi yari yajanye n\u2019ukurondera ibibanza azubakamwo igisagara nkico yipfuza kwubaka iwacu muri Senegal, AKON CITY.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo na Mt Number One|Collabo|Sat-B na Big Fizzo ugushigikirana hagati yabo|Impinduka\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/C0HNvyzHBbc?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umuririmvyi w\u2019umunya Nigeria azwi cane nka Mr Eazi, yatanguye gushira amafaranga mu bikorwa bitandukanye bimwungukira mu Rwanda, yerekanye ivyo agiye gushiramwo amafaranga hampande y\u2019ikiyaga Kivu. Nkuko bishikirizwa n\u2019ikinyamakuru The New Times yo mu Rwanda ngo uwo muririmvyi aho yari mu rugendo muri ico gihugu yagiriraniye ibiganiro n\u2019abategetsi batari bake aho baganiriye cane cane ibijanye n\u2019ibisata [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":27249,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-27247","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umuririmvyi w\u2019umunya Nigeria azwi cane nka Mr Eazi, yatanguye gushira amafaranga mu bikorwa bitandukanye bimwungukira mu Rwanda, yerekanye ivyo agiye gushiramwo amafaranga hampande y\u2019ikiyaga Kivu. Nkuko bishikirizwa n\u2019ikinyamakuru The New Times yo mu Rwanda ngo uwo muririmvyi aho yari mu rugendo muri ico gihugu yagiriraniye ibiganiro n\u2019abategetsi batari bake aho baganiriye cane cane ibijanye n\u2019ibisata [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-05-22T03:37:02+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:56:19+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/PhotoGrid_Plus_1621654342447.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/\",\"name\":\"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-05-22T03:37:02+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:56:19+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umuririmvyi w\u2019umunya Nigeria azwi cane nka Mr Eazi, yatanguye gushira amafaranga mu bikorwa bitandukanye bimwungukira mu Rwanda, yerekanye ivyo agiye gushiramwo amafaranga hampande y\u2019ikiyaga Kivu. Nkuko bishikirizwa n\u2019ikinyamakuru The New Times yo mu Rwanda ngo uwo muririmvyi aho yari mu rugendo muri ico gihugu yagiriraniye ibiganiro n\u2019abategetsi batari bake aho baganiriye cane cane ibijanye n\u2019ibisata [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-05-22T03:37:02+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:56:19+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/05\/PhotoGrid_Plus_1621654342447.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/","name":"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-05-22T03:37:02+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:56:19+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amwe-muyo-akon-na-mr-eazi-bakuye-mu-muziki-bagiye-kuyashora-muri-africa-yubuseruko\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amwe muyo AKON na Mr. Eazi bakuye mu muziki, bagiye kuyashora muri Africa y\u2019ubuseruko\u00a0 \u00a0 \u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27247","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=27247"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27247\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":27250,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27247\/revisions\/27250"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/27249"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=27247"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=27247"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=27247"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}