{"id":27533,"date":"2021-06-03T01:36:22","date_gmt":"2021-06-03T01:36:22","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=27533"},"modified":"2021-12-30T05:56:08","modified_gmt":"2021-12-30T05:56:08","slug":"rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/","title":{"rendered":"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>\u00a0Mu gihe abaririmvyi batari bake baterekana izindi ngabire Imana yabahaye, Rallye Joe we avuga ko hari izitari nke Imana yamuhaye, kandi zimutungiye umuryango, naho zimwe batazimumenyemwo cane nko kuririmba<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Mu kiyago yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure nshasha za hano iwacu, uwo mwanditsi w\u2019indirimbo \u201cNzokumangararako\u201d, avuga ko atavyurwa na kamwe mu gitondo, kuko utamusanze ariko aririmba, ngo aba ariko arashushanya canke akina amarere. \u201cJewe simba ndi mu kantu kamwe, kurya Imana yamfashije ingabire zitandukanye, ingabire yo kuririmba, gushushanya, gukina amareresi, ni vyinshi. Ntari muri kimwe mba ndi mu kindi, mugabo muri ivyo vyose harimwo kimwe nkunda gusumba ikindi n\u2019ukuririmba. Ariko vyose ndabironkamwo ifaranga.\u201d<\/p>\n<p>Ndayahoze bariko baganira, yamubwiye ko abafana bavuga ko abaririmvyi b\u2019aho hambere basa n\u2019abarekeye ikibanza abashasha. Ivyo kubera ugutinya,noneho arabibeshuza, avuga ko we atari mu gitigiri c\u2019abiruka inyuma y\u2019amasigise. Ahubwo ico agerageza gukora naho bitoroha Imisi yose ngo n\u2019ukurondera guha abakunzi b\u2019umuziki wiwe, n\u2019uw\u2019abarundi muri rusangi indirimbo buri gihe. \u201cJewe ndi wawundi ndiko ngwanira amasigise? Jewe ivyo narabirenganye kuko narazoke, kandi imana yaramfashije izina ndaryubaka. Igisigaye nuko noguma ngaragaza ibikorwa ku mwanya.\u201d<\/p>\n<p>Akanovera k\u2019indirimbo za Rallye ngo ntikahindutse, kandi n\u2019umwete w\u2019ugukora ngo ntiyawugabanije, kuko gushika n\u2019ubu abandanya akora ukuri kwamya. Ariko ngo igitandukanye n\u2019uko ubu ari wenyene, yipfuza gusohora indirimbo uburyo butandukanye n\u2019uko yahora abikora akiri musi y\u2019uburongozi. \u201cAgacerere mazemwo igihe, s\u2019akagacerere bucerere. Indirimbo ndazifise kandi kurya nyene nsanzwe nandika niko bimeze\u2026 Gusa hari ukuntu nshaka ko zisohoka, gutandukanye nuko naho nkora kare. Nahora muri management,ubu ndigenga, ndi jenyene. Ifaranga ndiko ndaryegeranya,muri ubwo butunzi arizo mpano Imana yampaye.\u201d<\/p>\n<p>Yanaboneyeho akaryo ko kumenyesha ko afise indirimbo zitari nke ziri mu bubiko yakoze kuva mu kwezi kwa kabiri kw\u2019umwaka uheze [2020], arizo atoramwo iyoba ibereye gusohoka canke kuyifuta kuko aba abona ko itabereye. \u201cNdi mu myiteguro yo gukora [indirimbo] kandi vuba, ivyo kuvuga gutakara, ntibihari. Mfise indirimbo[nyishi] nagiye ndasohora [kuva mu kwezi kwa kabiri kw\u2019umwaka uheze], gushika n\u2019uno musi ndacariko ndakora. Ndazibika ahantu, ni vyindi nshobora kuraba nkavuga nti iyo ndirimbo irabereye ko ndayisohora, iyi ntibereye, iyo itabereye ndafuta nkaheba.\u201d<\/p>\n<p>Nayo ku kibazo c\u2019abibaza ko yoba ubu atakiboneka mu muziki kuko ataco akiwukuramwo, ngo barihenze cane kuko ahubwo ubu niho aronka ayakwiye ugereranije n\u2019aho hambere. \u201cKirya gihe ntafaranga ninjiza rikwiye [mu muziki], ahubwo ubu niho novuga ko ririko ririnjira. Kirya gihe nahamagarwa cane, mu bikorwa usanga agafaranga kari [hasi], sindiko ndagaya. Ariko ubu, nubwo ntariko ndasohora, muga hariho ibikorwa nakoze bituma mpamagarwa mu biteramo bitandukanye.\u201d<\/p>\n<p>Mwomenya ko akaririmbo ka nyuma aheruka gusohora ari akaririmbo Nzokumangararako kamaze amezi 8 gasohotse, kakaba kari gakurikiye Forever nako kasohotse amezi 2 gusa imbere yuko ako kanyuma gashirwa ku rubuga rwiwe rwa Youtube.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Indundi Tv  Rally joe na b face badusigura ibijanye na management yabo\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/4T7yRrwAM9M?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>\u00a0Mu gihe abaririmvyi batari bake baterekana izindi ngabire Imana yabahaye, Rallye Joe we avuga ko hari izitari nke Imana yamuhaye, kandi zimutungiye umuryango, naho zimwe batazimumenyemwo cane nko kuririmba. Mu kiyago yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure nshasha za hano iwacu, uwo mwanditsi w\u2019indirimbo \u201cNzokumangararako\u201d, avuga ko atavyurwa na kamwe mu gitondo, kuko utamusanze ariko aririmba, ngo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":27534,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-27533","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"\u00a0Mu gihe abaririmvyi batari bake baterekana izindi ngabire Imana yabahaye, Rallye Joe we avuga ko hari izitari nke Imana yamuhaye, kandi zimutungiye umuryango, naho zimwe batazimumenyemwo cane nko kuririmba. Mu kiyago yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure nshasha za hano iwacu, uwo mwanditsi w\u2019indirimbo \u201cNzokumangararako\u201d, avuga ko atavyurwa na kamwe mu gitondo, kuko utamusanze ariko aririmba, ngo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-06-03T01:36:22+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:56:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1622677662347.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/\",\"name\":\"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-06-03T01:36:22+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:56:08+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza - Indundi Culture | Magazine","og_description":"\u00a0Mu gihe abaririmvyi batari bake baterekana izindi ngabire Imana yabahaye, Rallye Joe we avuga ko hari izitari nke Imana yamuhaye, kandi zimutungiye umuryango, naho zimwe batazimumenyemwo cane nko kuririmba. Mu kiyago yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure nshasha za hano iwacu, uwo mwanditsi w\u2019indirimbo \u201cNzokumangararako\u201d, avuga ko atavyurwa na kamwe mu gitondo, kuko utamusanze ariko aririmba, ngo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-06-03T01:36:22+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:56:08+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1622677662347.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/","name":"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-06-03T01:36:22+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:56:08+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/rallye-joe-ngwagacerere-yagirizwa-sagacerere-nkuko-bavyibaza\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Rallye Joe ngw\u2019agacerere yagirizwa, s\u2019agacerere nkuko bavyibaza"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27533","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=27533"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27533\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":27535,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27533\/revisions\/27535"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/27534"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=27533"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=27533"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=27533"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}