{"id":27536,"date":"2021-06-03T02:02:07","date_gmt":"2021-06-03T02:02:07","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=27536"},"modified":"2021-12-30T05:56:08","modified_gmt":"2021-12-30T05:56:08","slug":"impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/","title":{"rendered":"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe"},"content":{"rendered":"<p><em><strong>Iboneka rya Diamond muhira kwa Zari muri Afrika y\u2019epfo aho yari yajanywe muri ico gihugu n\u2019itegura ry\u2019indirimbo zitari nke zizoja mu rukurikirane ariko arakora, vyoba vyarahungaanije umugabo mushasha wa Zari? Ico nico kibazo aheruka kubazwa Zari mu kiyago yagiranye na Wasafi Tv,ashika muri Tanzania aho ajanywe n\u2019ibikorwa bitari vyiwe bwite.\u00a0<\/strong><\/em><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, uwo muvyeyi w\u2019abana 5, yavuze ko abantu bakwiye kumenya ko Diamond atigeze arara muri iyo nzu, kandi ko n\u2019umugabo barikumwe mu rukundo nayo atayiraramwo. S\u2019ico gusa, Zari yanamenyesheje ko Diamond yahaja gusa aruko agiye kuraba, canke bagiye gusangira imfungura z\u2019abari mu mafungo, kuko batari bafise uwubatekera.<\/p>\n<p>Ku kibazo c\u2019uko abo bagabo babiri bigeze bahurira muri iyo nzu n\u2019umusi n\u2019umwe, Zari yashikirije ko ata na rimwe bahahuriye. Ivyo akabivuga afatiye kuko uwo barikumwe ubuyatahuye neza ko abana bari bakeneye se kuko babonana gake.<\/p>\n<p>Ku kibazo c\u2019uko kuba Diamond yari yagiye muri South Afrika ataco vyoba vyarahungabanije mu migenderanire yiwe n\u2019uwo barikumwe mu rukundo, Zari yavuze ko ataco vyahungabanije, kuko barabiyaze hakiri kare, amubwira ko ari se w\u2019abana azobagendera.<\/p>\n<p>Nayo ku kibazo c\u2019ikibanza yashikiyemwo muri Tanzania, Zari yishuye ko ashobora gushikira haba muhira kwa Diamond canke akaja mwi hotel, ngo hose nta kibazo na kimwe hamutera. Aho akaba yongeyeko ko Diamond ata kibazo na kimwe vyigera bimutera ashikiye iwe, kuko ari muhira iwabo n\u2019abana biwe.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Imbonekarimwe, umurundi ashese 10,000,000 fbu | Nella Neth\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/Yb7yhMKgwzE?start=19&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Iboneka rya Diamond muhira kwa Zari muri Afrika y\u2019epfo aho yari yajanywe muri ico gihugu n\u2019itegura ry\u2019indirimbo zitari nke zizoja mu rukurikirane ariko arakora, vyoba vyarahungaanije umugabo mushasha wa Zari? Ico nico kibazo aheruka kubazwa Zari mu kiyago yagiranye na Wasafi Tv,ashika muri Tanzania aho ajanywe n\u2019ibikorwa bitari vyiwe bwite.\u00a0 Muri ico kiganiro, uwo muvyeyi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":27540,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-27536","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Iboneka rya Diamond muhira kwa Zari muri Afrika y\u2019epfo aho yari yajanywe muri ico gihugu n\u2019itegura ry\u2019indirimbo zitari nke zizoja mu rukurikirane ariko arakora, vyoba vyarahungaanije umugabo mushasha wa Zari? Ico nico kibazo aheruka kubazwa Zari mu kiyago yagiranye na Wasafi Tv,ashika muri Tanzania aho ajanywe n\u2019ibikorwa bitari vyiwe bwite.\u00a0 Muri ico kiganiro, uwo muvyeyi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-06-03T02:02:07+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:56:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1622684876914.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/\",\"name\":\"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-06-03T02:02:07+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:56:08+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Iboneka rya Diamond muhira kwa Zari muri Afrika y\u2019epfo aho yari yajanywe muri ico gihugu n\u2019itegura ry\u2019indirimbo zitari nke zizoja mu rukurikirane ariko arakora, vyoba vyarahungaanije umugabo mushasha wa Zari? Ico nico kibazo aheruka kubazwa Zari mu kiyago yagiranye na Wasafi Tv,ashika muri Tanzania aho ajanywe n\u2019ibikorwa bitari vyiwe bwite.\u00a0 Muri ico kiganiro, uwo muvyeyi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-06-03T02:02:07+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:56:08+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1622684876914.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/","name":"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-06-03T02:02:07+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:56:08+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-ni-zose-ku-cuka-kibi-urugendo-diamond-rwoba-rwarateye-mu-migenderanire-ya-zari-numukunzi-wiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Impari ni zose ku cuka kibi urugendo Diamond rwoba rwarateye mu migenderanire ya Zari n\u2019umukunzi wiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27536","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=27536"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27536\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":27542,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27536\/revisions\/27542"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/27540"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=27536"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=27536"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=27536"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}