{"id":27585,"date":"2021-06-04T09:41:34","date_gmt":"2021-06-04T09:41:34","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=27585"},"modified":"2022-03-01T02:09:03","modified_gmt":"2022-03-01T02:09:03","slug":"umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/","title":{"rendered":"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :&#8221;Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi&#8221;"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura inyifato y&#8217;abari bajejwe kwubaka urugomero rwa Kajeke i Bubanza, aho rwatanguye kwubakwa kuva mu mwaka wa 2010 gushika uwu mwaka wa 2021 rukaba rutarahera mbere n&#8217;ivyubatswe bimwebimwe bikaba bitanguye kubomoka bitarashikirizwa icese.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mw&#8217;ishirahamwe BETCO batsindiye isoko ryo kwubaka urwo rugomero rwo kuvomera imirima ya Gihanga na Mpanda, bamenyesha ko vyari bitegekanijwe ko rwubakwa mu mice itatu, umuce wa mbere wararangiye gushika mu mwaka wa 2016 ariko kuva uwo mwaka ntacasubiriye gukorwa ngo kuko ubushikiringanji bujejwe ibidukikije ari nabwo bwakurikirana ico gikorwa butasubiriye kubikurikirana, nk&#8217;uko bimenyeshwa na Egide Hamenyimana aserukira iryo shirahamwe imbere y\u2019amategeko.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye agira ati : &#8220;Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi &#8221; Arongera agatangazwa n&#8217;ukuntu ahatanguye kubomoka, hari hubakishijwe ivyuma bidashemeye.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Umukuru w&#8217;Igihugu akaba yamenyesheje ko agiye gushinga umugwi uzokurikirana ico kibazo hanyuma umushikirize icegeranyo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#ARNOLAC| Gukora i pili pili Sandrine nivyo vyatumye aja mu rwego rw&#039;abarwizatunga\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/kc2PRE7PmnE?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura inyifato y&#8217;abari bajejwe kwubaka urugomero rwa Kajeke i Bubanza, aho rwatanguye kwubakwa kuva mu mwaka wa 2010 gushika uwu mwaka wa 2021 rukaba rutarahera mbere n&#8217;ivyubatswe bimwebimwe bikaba bitanguye kubomoka bitarashikirizwa icese. Mw&#8217;ishirahamwe BETCO batsindiye isoko ryo kwubaka urwo rugomero rwo kuvomera imirima ya Gihanga na Mpanda, bamenyesha ko vyari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":27586,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,531,515,971],"tags":[],"class_list":["post-27585","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-development","category-homepage","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :&quot;Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi&quot; - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :&quot;Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi&quot; - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura inyifato y&#8217;abari bajejwe kwubaka urugomero rwa Kajeke i Bubanza, aho rwatanguye kwubakwa kuva mu mwaka wa 2010 gushika uwu mwaka wa 2021 rukaba rutarahera mbere n&#8217;ivyubatswe bimwebimwe bikaba bitanguye kubomoka bitarashikirizwa icese. Mw&#8217;ishirahamwe BETCO batsindiye isoko ryo kwubaka urwo rugomero rwo kuvomera imirima ya Gihanga na Mpanda, bamenyesha ko vyari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-06-04T09:41:34+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:09:03+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/President.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"505\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"505\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/\",\"name\":\"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :\\\"Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi\\\" - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-06-04T09:41:34+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:09:03+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :&#8221;Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi&#8221;\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :\"Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi\" - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :\"Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi\" - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura inyifato y&#8217;abari bajejwe kwubaka urugomero rwa Kajeke i Bubanza, aho rwatanguye kwubakwa kuva mu mwaka wa 2010 gushika uwu mwaka wa 2021 rukaba rutarahera mbere n&#8217;ivyubatswe bimwebimwe bikaba bitanguye kubomoka bitarashikirizwa icese. Mw&#8217;ishirahamwe BETCO batsindiye isoko ryo kwubaka urwo rugomero rwo kuvomera imirima ya Gihanga na Mpanda, bamenyesha ko vyari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-06-04T09:41:34+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:09:03+00:00","og_image":[{"width":505,"height":505,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/President.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/","name":"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :\"Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi\" - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-06-04T09:41:34+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:09:03+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-evariste-ndayishimiye-ati-jewe-ndibaza-ko-iryo-shirahamwe-ritazosubira-kuronka-isoko-mu-burundi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Umukuru w\u2019Igihugu Evariste Ndayishimiye ati :&#8221;Jewe ndibaza ko iryo shirahamwe ritazosubira kuronka isoko mu Burundi&#8221;"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27585","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=27585"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27585\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":27587,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27585\/revisions\/27587"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/27586"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=27585"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=27585"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=27585"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}