{"id":27785,"date":"2021-06-15T17:17:25","date_gmt":"2021-06-15T17:17:25","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=27785"},"modified":"2022-03-01T02:08:54","modified_gmt":"2022-03-01T02:08:54","slug":"abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/","title":{"rendered":"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abanegihugu bo mu ntara ya Cibitoke barasaba abakuru b\u2019ibihugu H.E Evariste Ndayishimiye hamwe na H.E Paul Kagame ngo bicare hamwe batora umuti w\u2019ikibazo kiri ku rubibe ivyo bihugu bihana. \u00a0\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Abo banyagihugu basaba ko umupaka Uburundi \u00a0buhana n\u2019Urwanda ku ruzi ruhwa, nawo wokugururwa nkuko vyakozwe ku zindi mbibe Uburundi buhana n\u2019ibihugu vya Congo na Tanzania.<\/p>\n<p>Abo banyagihugu bakaba bavuga ko umunezero wari wose kuva bumvise ko imipaka yindi yuguruwe, bari bazi ko nabo bagiye gushikirwa. None ubu umunezero waraheze, kuko bararindiriye ko nabo bashikirwa barahebura. <em>\u201cTumaze kuvyumva ko buguruye umupaka wa Gatumba n\u2019imipaka \u00a0ku ruhande rwa Tanzania, vyaratuguye nezacane, twibaza ko bizoca bibandanya n\u2019ino iwacu ku ruhande rw\u2019urwanda hariya ku ruhwa, ko nabo bazoca bugurura umupaka none twararindiriye turabura.\u201d <\/em><\/p>\n<p>Abo banyagihugu bakaba badatahura igituma uwo mupaka utugururwa nkuko iyindi ibandanya kwugururwa, bakaba basaba abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda ko bokwicara bakaganira ku kijanye n\u2019ukwugurura imipaka. \u00a0<em>\u201cIco twosaba nuko abarongoye ibihugu vyacu uko ari 2, ko bokwicara hamwe bakayaga bakugurura imbibe abantu bagasubira bakagenderanira.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Abo banyagihugu bakaba bavuga ko ari nka hamwe uwo mupaka wuguruwe boba babukuye mu cibo kuko abakoresha imiduga itwara ibintu boba basubiye kuronka udufaranga noneho bakaronka ico bagaburira imiryango. S\u2019ico gusa ngo n\u2019abenegihugu nabo boshikirwa kuko yaba abarundi canke abanyarwanda ico badafise bahora bikora ku rundi ruhande.<\/p>\n<p>Ariko rero naho abo banyagihugu basaba ko uwo mupaka wugururwa, mwomenya ko ku ruhande rw\u2019Urwanda nabo imipaka yugaye nka yose kuva ikiza ca COVID-19 kiboneka irya mbere muri ico gihugu. Abinjira muri ico gihugu bo nyene n\u2019abagiye n\u2019indege, co kimwe n\u2019imiduga yinjiza ibidandazwa muri ico gihugu.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"#IndundiNews| Impanuro umukuru w\u2019igihugu Evariste Ndayishimiye yatekereye intwazangabo mu giporisi\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/AuxpujqmOIo?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abanegihugu bo mu ntara ya Cibitoke barasaba abakuru b\u2019ibihugu H.E Evariste Ndayishimiye hamwe na H.E Paul Kagame ngo bicare hamwe batora umuti w\u2019ikibazo kiri ku rubibe ivyo bihugu bihana. \u00a0\u00a0 Abo banyagihugu basaba ko umupaka Uburundi \u00a0buhana n\u2019Urwanda ku ruzi ruhwa, nawo wokugururwa nkuko vyakozwe ku zindi mbibe Uburundi buhana n\u2019ibihugu vya Congo na Tanzania. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":27790,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,971],"tags":[],"class_list":["post-27785","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abanegihugu bo mu ntara ya Cibitoke barasaba abakuru b\u2019ibihugu H.E Evariste Ndayishimiye hamwe na H.E Paul Kagame ngo bicare hamwe batora umuti w\u2019ikibazo kiri ku rubibe ivyo bihugu bihana. \u00a0\u00a0 Abo banyagihugu basaba ko umupaka Uburundi \u00a0buhana n\u2019Urwanda ku ruzi ruhwa, nawo wokugururwa nkuko vyakozwe ku zindi mbibe Uburundi buhana n\u2019ibihugu vya Congo na Tanzania. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-06-15T17:17:25+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:08:54+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1623776142098.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/\",\"name\":\"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-06-15T17:17:25+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:08:54+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abanegihugu bo mu ntara ya Cibitoke barasaba abakuru b\u2019ibihugu H.E Evariste Ndayishimiye hamwe na H.E Paul Kagame ngo bicare hamwe batora umuti w\u2019ikibazo kiri ku rubibe ivyo bihugu bihana. \u00a0\u00a0 Abo banyagihugu basaba ko umupaka Uburundi \u00a0buhana n\u2019Urwanda ku ruzi ruhwa, nawo wokugururwa nkuko vyakozwe ku zindi mbibe Uburundi buhana n\u2019ibihugu vya Congo na Tanzania. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-06-15T17:17:25+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:08:54+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1623776142098.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/","name":"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-06-15T17:17:25+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:08:54+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abanyagihugu-basaba-abakuru-bibihugu-vyuburundi-nurwanda-kwicara-hamwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abanyagihugu basaba Abakuru b\u2019ibihugu vy\u2019Uburundi n\u2019Urwanda kwicara hamwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27785","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=27785"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27785\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":27791,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27785\/revisions\/27791"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/27790"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=27785"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=27785"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=27785"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}