{"id":27857,"date":"2021-06-21T00:45:57","date_gmt":"2021-06-21T00:45:57","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=27857"},"modified":"2021-12-30T05:55:54","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:54","slug":"ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/","title":{"rendered":"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Imbuga ngurukanabumenyi nka zose z\u2019umuririmvyikazi Miss Erica ngo ntizikibarizwa mu maboko yiwe, zibarizwa mu maboko ya Kent-p yigeze kuba Manager wiwe muri Empire Avenue ariko kandi akaba n\u2019umukunzi wiwe naho vyahishahishwe cane.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Imvo y\u2019ugufata mpiri izo mbuga, Miss Erica avuga ko ari ugushaka kumutera ubwoba ngo ntacire hafi ikibazo kiri hagati yabo. Ico kibazo naco Miss Erica avuga ko ari ibikorwa Kent-p atamukoreye kandi\u00a0 yategerezwa kubikora, kuko uburyo bwo kubikora bwari bwaramaze gutangwa na Management ifise mu maboko Miss Erica, ariyo We Entertaiment.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyikazi muri Live yakoze kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 20\/6 mw\u2019ijoro, yamenyesheje ko ubwo buryo bwatanzwe na We Entertaiment, buhabwa Kora Ent. ifise mu minwe na Kent-p, bwari ubwo gukora indirimbo zivuga(Audio) hamwe n\u2019amasanamu yazo(Video), hakorwe n\u2019ama Photoshoot, mbere inamenyekanishwe haba mu gihugu canke inyuma y\u2019igihugu.<\/p>\n<p>Ayo mafaranga avurwa akaba angana n\u20192000$ ashobora kuba angana n\u20196,000,000 z\u2019amafaranga y\u2019amarundi, ayo akaba yari aya mbere, kuko uburyo bwose bwari bwasabwe bwangana n\u20195,000$, nkuko amateke bandikiraniye yerekanywe kuri izo mbuga avyerekana.<\/p>\n<p>Imitahe ihamagazwa bamwe ikaba imaze gusohoka nkuko yabandanije abishikiriza, naho we kubwiwe ngo yipfuza ko bitorerwa umuti hagati yabo, muga ngo ivyari mu majambo bisa n\u2019ivyamazekuja mu ngumu.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyikazi yanacishijemwo ko yoba yaribwe bimwe biboneka mu gihe yari musi y\u2019uburongozi bw\u2019uwo musore, arabibona ariko ahitamwo kubihora.\u00a0 Yanamenyesheje ko Kent-p ariwe afise mu ntoke imbuga ngurukanabumenyi zose z\u2019abaririmvyi afise mu ntoke.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Bechou ngo ijwi ryiza ryiwe agiye kuridandaza nawe mu ndirimbo ziwe bwite\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/hMPSniRlguM?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Imbuga ngurukanabumenyi nka zose z\u2019umuririmvyikazi Miss Erica ngo ntizikibarizwa mu maboko yiwe, zibarizwa mu maboko ya Kent-p yigeze kuba Manager wiwe muri Empire Avenue ariko kandi akaba n\u2019umukunzi wiwe naho vyahishahishwe cane. Imvo y\u2019ugufata mpiri izo mbuga, Miss Erica avuga ko ari ugushaka kumutera ubwoba ngo ntacire hafi ikibazo kiri hagati yabo. Ico kibazo naco [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":27860,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-27857","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Imbuga ngurukanabumenyi nka zose z\u2019umuririmvyikazi Miss Erica ngo ntizikibarizwa mu maboko yiwe, zibarizwa mu maboko ya Kent-p yigeze kuba Manager wiwe muri Empire Avenue ariko kandi akaba n\u2019umukunzi wiwe naho vyahishahishwe cane. Imvo y\u2019ugufata mpiri izo mbuga, Miss Erica avuga ko ari ugushaka kumutera ubwoba ngo ntacire hafi ikibazo kiri hagati yabo. Ico kibazo naco [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-06-21T00:45:57+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:54+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1624235182613.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/\",\"name\":\"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-06-21T00:45:57+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:54+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Imbuga ngurukanabumenyi nka zose z\u2019umuririmvyikazi Miss Erica ngo ntizikibarizwa mu maboko yiwe, zibarizwa mu maboko ya Kent-p yigeze kuba Manager wiwe muri Empire Avenue ariko kandi akaba n\u2019umukunzi wiwe naho vyahishahishwe cane. Imvo y\u2019ugufata mpiri izo mbuga, Miss Erica avuga ko ari ugushaka kumutera ubwoba ngo ntacire hafi ikibazo kiri hagati yabo. Ico kibazo naco [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-06-21T00:45:57+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:54+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1624235182613.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/","name":"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-06-21T00:45:57+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:54+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivyari-urukundo-vyahindutse-ukwagirizanya-ubusuma-hagati-ya-miss-erica-na-kent-p\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ivyari Urukundo, vyahindutse ukwagirizanya Ubusuma hagati ya Miss Erica na Kent p"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27857","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=27857"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27857\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":27861,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/27857\/revisions\/27861"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/27860"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=27857"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=27857"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=27857"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}