{"id":28088,"date":"2021-06-30T13:04:50","date_gmt":"2021-06-30T13:04:50","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28088"},"modified":"2021-12-30T05:55:34","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:34","slug":"ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/","title":{"rendered":"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere"},"content":{"rendered":"<p><em>Abaririmvyi babiri Double jay hamwe na mugenziwe Kirikou, ngo bazokwama ari abo mu muryango, ivyo nivyo umuririmvyi Big Fizzo yashikirije muri uku kwezi kwak 6 aho yariko aganiriza abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram.<\/em><\/p>\n<p>Naho yavuze uko abantu batandukanye baribajije cane impamvu abo baririmvyi uko ari babiri batabashije kuboneka mu gitigiri c\u2019abaririmvyi bazoba bari mw\u2019isabukuru ry\u2019ukwigina isubizwa ry\u2019intahe y\u2019ukwikukira.<\/p>\n<p>Mu kiganiro Bantu Bwoy bahaye abandi n\u2019abamenyeshamakuru, Big Fizzo yabajijwe impamvu abo baririmvyi bataboneka muri ico gitigiri, noneho nawe asigura icateye kutaboneka kw\u2019abo baririmvyi muri iryo sabukuru.<\/p>\n<p>Kirikou we ivyiwe ngo biri ku murongo kuko ivy\u2019umuziki yabishize hasi, nayo izi mpapuro ndangabiteramo (Affiche) abonekako ngo n\u2019ububeshi ntibigeze babiganirako, nkuko Mugani yabivugiye imbere y\u2019abamenyeshamakuru. Ivyo akavuga ko yabibwiwe na Kirikou ubwiwe aho yaganira nawe.<\/p>\n<p><em>\u02baKirikou baramuhamagaye aravuga ati jewe n\u2019umuziki narawuhevye, ntiyanse ngo ngo urabona sinza, muga yavuze ko umuziki yawuhevye. Nanje nkibona Post yiwe naciye ndamwandikira eeh kumbe wa muziki waruwuhevye canke? Ngo ivyo bintu vy\u2019ama Post je ntavyo nzi ngo ndiko ndarondera aba bantu babigize.\u02ba<\/em><\/p>\n<p>Ku ruhande rwa Double Jay ngo yararondewe bikomeye n\u2019uburongozi bwa Bantu Bwoy, Manager, ariko ngo ntibarabasha kumutora, ngo bikaba binashoboka ko yoba yaranamushize ku rutonde rwirabura (Blacklist), gutyo ngo baba barababuze.<\/p>\n<p><em>\u02ba Double Jay we ngira yaramublotse Manager \u02ba<\/em><\/p>\n<p>Big Fizzo yamenyesheje ko abo baririmvyi 2 ari nabo baririmvyi 2 bashobora kuba bararondewe imbere y\u2019abandi bose kugira bashirwe ku rutonde rw\u2019abaja muri ivyo biteramo.<\/p>\n<p>Mwomenya ko abo baririmvyi uko ari 2 bahagaritse ubufatanye n\u2019iyo Label aho bamenyesha ko bashima kuja kwiyaranja ku ruhande rwabo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo avuze ivyo Kirikou na Double Jay bakoze inyuma yo kugenda|Sat-B na Empire twaratinye ko...\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/6zfgQA88IRU?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abaririmvyi babiri Double jay hamwe na mugenziwe Kirikou, ngo bazokwama ari abo mu muryango, ivyo nivyo umuririmvyi Big Fizzo yashikirije muri uku kwezi kwak 6 aho yariko aganiriza abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram. Naho yavuze uko abantu batandukanye baribajije cane impamvu abo baririmvyi uko ari babiri batabashije kuboneka mu gitigiri c\u2019abaririmvyi bazoba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28101,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28088","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abaririmvyi babiri Double jay hamwe na mugenziwe Kirikou, ngo bazokwama ari abo mu muryango, ivyo nivyo umuririmvyi Big Fizzo yashikirije muri uku kwezi kwak 6 aho yariko aganiriza abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram. Naho yavuze uko abantu batandukanye baribajije cane impamvu abo baririmvyi uko ari babiri batabashije kuboneka mu gitigiri c\u2019abaririmvyi bazoba [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-06-30T13:04:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:34+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1625057307052.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/\",\"name\":\"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-06-30T13:04:50+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:34+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abaririmvyi babiri Double jay hamwe na mugenziwe Kirikou, ngo bazokwama ari abo mu muryango, ivyo nivyo umuririmvyi Big Fizzo yashikirije muri uku kwezi kwak 6 aho yariko aganiriza abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram. Naho yavuze uko abantu batandukanye baribajije cane impamvu abo baririmvyi uko ari babiri batabashije kuboneka mu gitigiri c\u2019abaririmvyi bazoba [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-06-30T13:04:50+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:34+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/PhotoGrid_Plus_1625057307052.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/","name":"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-06-30T13:04:50+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:34+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ivya-bantu-bwoy-kiriko-na-double-jay-ngo-babiteye-akagere\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ivya Bantu Bwoy, Kirikou na Double Jay ngo babiteye akagere"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28088","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28088"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28088\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28121,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28088\/revisions\/28121"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28101"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28088"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28088"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28088"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}