{"id":28153,"date":"2021-07-01T14:14:05","date_gmt":"2021-07-01T14:14:05","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28153"},"modified":"2022-03-01T02:08:39","modified_gmt":"2022-03-01T02:08:39","slug":"abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/","title":{"rendered":"Abubahwa bo hanze y&#8217;igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 1 Mukakaro umwaka w\u20192021, Uburundi n\u2019abarundi baramutse bahimbaza imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">I Bujumbura ku murwa mukuru w\u2019ubutunzi, ivyo birori vyatewe iteka n\u2019Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n\u2019umutambukanyi wiwe, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni, icegera c\u2019umukuru w\u2019igihugu Prosper Bazombanza, umukuru w\u2019inama nshingamateka n\u2019umutambukanyi wiwe, umukuru w\u2019inama nkenguzamateka n\u2019umutambukanyi wiwe n\u2019abandi bubahwa batandukanye bagize Reta y\u2019Uburundi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu bashitsi bateye iteka ibirori vyo kwigina imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira harimwo n&#8217;abategetsi bo mu bindi bihugu batandakunye.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Aha twovuga nk&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ca Centrafrique, Nyenicubahiro Faustin Ange Touad\u00e9ra, umushikiranganji wa mbere w&#8217;igihugu kibanyi c\u2019Urwanda Edouard Ngirente, umushikiranganji wa mbere w&#8217;igihugu ca Tanzania Kassim Majaliwa, umukuru w&#8217;inama nkenguzamateka ya Kenya Kenneth Lusaka, abaserukiye abakuru b&#8217;ibihugu vya Qatar, Uganda Misiri, abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi n&#8217;abandi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ivyo birori vyatanguriye ku ntatemwa y\u2019incungu y\u2019ukwikukira Umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore, vyaciye bibandaniriza kw\u2019ibarabara ryitiriwe ukwikukira hambavu y\u2019ikibuga c\u2019umupira w\u2019amaguru Stade Intwari.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 1 Mukakaro umwaka w\u20192021, Uburundi n\u2019abarundi baramutse bahimbaza imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira. I Bujumbura ku murwa mukuru w\u2019ubutunzi, ivyo birori vyatewe iteka n\u2019Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n\u2019umutambukanyi wiwe, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni, icegera c\u2019umukuru w\u2019igihugu Prosper Bazombanza, umukuru w\u2019inama nshingamateka [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":28155,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,574,625,515,971],"tags":[961,962],"class_list":["post-28153","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-cooperation","category-diplomacy","category-homepage","category-ikirundi_news","tag-burundiat59","tag-independanceday2021"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abubahwa bo hanze y&#039;igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abubahwa bo hanze y&#039;igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 1 Mukakaro umwaka w\u20192021, Uburundi n\u2019abarundi baramutse bahimbaza imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira. I Bujumbura ku murwa mukuru w\u2019ubutunzi, ivyo birori vyatewe iteka n\u2019Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n\u2019umutambukanyi wiwe, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni, icegera c\u2019umukuru w\u2019igihugu Prosper Bazombanza, umukuru w\u2019inama nshingamateka [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-01T14:14:05+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:08:39+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/1894911C-40D7-42A6-891B-AF7C712302AD.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"2048\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"2048\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/\",\"name\":\"Abubahwa bo hanze y'igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-01T14:14:05+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:08:39+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abubahwa bo hanze y&#8217;igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abubahwa bo hanze y'igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abubahwa bo hanze y'igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 1 Mukakaro umwaka w\u20192021, Uburundi n\u2019abarundi baramutse bahimbaza imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe y\u2019ukwikukira. I Bujumbura ku murwa mukuru w\u2019ubutunzi, ivyo birori vyatewe iteka n\u2019Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n\u2019umutambukanyi wiwe, umushikiranganji wa mbere CPG Alain Guillaume Bunyoni, icegera c\u2019umukuru w\u2019igihugu Prosper Bazombanza, umukuru w\u2019inama nshingamateka [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-01T14:14:05+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:08:39+00:00","og_image":[{"width":2048,"height":2048,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/06\/1894911C-40D7-42A6-891B-AF7C712302AD.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/","name":"Abubahwa bo hanze y'igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-01T14:14:05+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:08:39+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abubahwa-bo-hanze-yigihugu-ntibatanzwe-mu-birori-vyukwibuka-imyaka-59-iheze-uburundi-buhabuje-intahe-yo-kwikukira\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abubahwa bo hanze y&#8217;igihugu ntibatanzwe mu birori vy\u2019ukwibuka imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28153","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28153"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28153\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28156,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28153\/revisions\/28156"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28155"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28153"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28153"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28153"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}