{"id":28177,"date":"2021-07-03T00:16:47","date_gmt":"2021-07-03T00:16:47","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28177"},"modified":"2021-12-30T05:55:30","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:30","slug":"hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/","title":{"rendered":"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru bashira ahabona isabukuru ry\u2019ukwikukira \u201cFestival de l\u2019independance\u201d, mbere no muri Live yakoze ariko aganiriza abafana biwe, Big Fizzo yagarutse ku muririmvyi Kirikou aheruka gusezera muri Label asanzwe yarashinze, kandi akabera umurongozi.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri ivyo biyago vyose vyabaye muri uku kwezi kwa 6, uwo muririmvyi yavuze ko amakuru afise aruko uwo muririmvyi akiri muto, Kirikou, yahagaritse umuziki, ari naco gituma atanabonetse muri Festival iyo nzu y\u2019ubuhinyanyu yariko irategura, yatanguye kuri uyu wa 2 mukakaro, kuri Jardin Public.<\/p>\n<p>Mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru, Big Fizzo yagize ati : \u201c<em>Twarabarondeye, kirikou we yavuze ko n\u2019umuziki yawuhevye, yarabivuze, ntavyo mwumvise? Mugabo icantangaje ryari naciye ndamubona kuri Affiche. Ngira Kirikou na Double Jay bari mu bantu ba mbere bahamagawe, nkuko twabivuze ko naho bavuye muri Bantu bwoy tuzokwama tubashigikira, tuzokwama turi inyuma yabo. Baranse tout simplement.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Uno musi nyene iryo sabukuru ryatangura, abaririmvyi n\u2019abamwe mu bakorera ku mboneshakure zikorera ku rubuga rwa Youtube, berekeje mu ntara ya Ngozi baja kuganiriza uwo muririmvyi Kirikou, kugira bikunde bamusubize I Bujumbura, kugira abandanye umuziki.<\/p>\n<p>Mu kiyago yagiranye n\u2019abo bari bagiye kumurondera, uwo muririmvyi yamenyesheje ko atigeze aheba umuziki, kandi ko atawe yigeze abwira ko yahevye umuziki. Ahubwo ngo yari yabanje guhagarika gato kugira abashe kurangura umugambi wiwe wo gufasha abana batishoboye.<\/p>\n<p>\u201c<em>Ndabisubiyemwo nta hantu na hamwe nigeze nandika ko nahevye umuziki, nta muntu numwe nigeze mbwira ko je nahevye umuziki. Kiretse yuko navuze ko nahagaritse gatoya kuberako nje kurangura aka kagambi kanje nsanzwe mfise, kuko naronse umuntu ashaka kumfasha mu kintu namye nipfuza kuva kera.\u201d<\/em>Vyishuwe na Kirikou ubwiwe.<\/p>\n<p>Ivyo vyashikirijwe nabo baririmvyi 2, mu kiringo kitangana indwi 1 gusa, harimwo ukutavuga bimwe ku kintu cababayeko bose uko ari babiri. Ikibazo c\u2019ukumenya uwoba avugisha ukuri canke uwubesha muribo babiri kiguma kigaruka cane.<\/p>\n<p>Ariko kandi si nico gusa, kuko naho badashaka kubishira ahabona, birumvikana ko itandukana ryabo rishobora kuba ritagenze neza nkuko babishikiriza bose.<\/p>\n<p>Mwomenya ko gushika uwo muririmvyi yemeye kandi kugaruka I Bujumbura.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo avuze ivyo Kirikou na Double Jay bakoze inyuma yo kugenda|Sat-B na Empire twaratinye ko...\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/6zfgQA88IRU?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru bashira ahabona isabukuru ry\u2019ukwikukira \u201cFestival de l\u2019independance\u201d, mbere no muri Live yakoze ariko aganiriza abafana biwe, Big Fizzo yagarutse ku muririmvyi Kirikou aheruka gusezera muri Label asanzwe yarashinze, kandi akabera umurongozi.\u00a0 Muri ivyo biyago vyose vyabaye muri uku kwezi kwa 6, uwo muririmvyi yavuze ko amakuru afise aruko uwo muririmvyi akiri muto, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28162,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28177","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru bashira ahabona isabukuru ry\u2019ukwikukira \u201cFestival de l\u2019independance\u201d, mbere no muri Live yakoze ariko aganiriza abafana biwe, Big Fizzo yagarutse ku muririmvyi Kirikou aheruka gusezera muri Label asanzwe yarashinze, kandi akabera umurongozi.\u00a0 Muri ivyo biyago vyose vyabaye muri uku kwezi kwa 6, uwo muririmvyi yavuze ko amakuru afise aruko uwo muririmvyi akiri muto, [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-03T00:16:47+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:30+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1625269344952.png\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/png\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/\",\"name\":\"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-03T00:16:47+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:30+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru bashira ahabona isabukuru ry\u2019ukwikukira \u201cFestival de l\u2019independance\u201d, mbere no muri Live yakoze ariko aganiriza abafana biwe, Big Fizzo yagarutse ku muririmvyi Kirikou aheruka gusezera muri Label asanzwe yarashinze, kandi akabera umurongozi.\u00a0 Muri ivyo biyago vyose vyabaye muri uku kwezi kwa 6, uwo muririmvyi yavuze ko amakuru afise aruko uwo muririmvyi akiri muto, [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-03T00:16:47+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:30+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1625269344952.png","type":"image\/png"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/","name":"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-03T00:16:47+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:30+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/hagati-ya-big-fizzo-na-kirikou-uwuvuga-ukuri-numubeshi-ninde\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Hagati ya Big Fizzo na Kirikou uwuvuga ukuri n\u2019umubeshi ninde?\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28177","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28177"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28177\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28179,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28177\/revisions\/28179"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28162"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28177"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28177"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28177"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}